Umugambi PAEEJ urasaba umu jeune wese afise umugambi kuwutwara kugira ngo aronke umutahe w'ibanze

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024
  • #Burundi Umugambi Paeej-Burundi urasaba umu jeune wese afise umugambi kuwutwara kugira ngo uwo mugambi umuhe umutahe w'ibanze. Bamwe mu rwaruka bati: "None ko mwebwe mwize muhejeje amashure mugaca muronka akazi, kubera iki uyu munsi muvuga ko twebwe bidakunda, mukadusaba kwikorera ivyacu?". Umuhuzabikorwa mu mugambi #PAEEJ Désiré MANIRAKIZA ati: "Mwibuke ko ibintu bihinduka. Ko kera umuhungu ashikanye imyaka 18 se wiwe yaca amukwera umugeni, none ubu niko bikimeze? Umuhungu siwe yironderera umugeni? Ibihe birahinduka"

КОМЕНТАРІ • 7