Ikizwi ni kimwe: Abo Bahungu barafise impano ikomeye. Si vyiza ko habaho abantu bashiramwo ibirungo par des commentaires zitibaka kahise keza k’abo baririmvyi. Akabazo: ko bataririmbira hamwe, ku bwawe ni Dispersion Strategique canke ni Debandade? Ni mubahe umwanya gusa. 👍👍👍
NtitwigeraTunanigwa 🎤 ayamakuru mwayakiriye gute?
@@hittoptv 5/5
Gus baduh ukintu kuko baraduhemukiy
Wapiii ntabirenzee,igikuru nukwo bakomanye birenze 😂😂😂😂😂 1:00
Wibagiye post ya melanin avuga collabo afise muruyumwaka: sat b, d one, dj frenando
Mutananirwa safii sanaaa😅😅😅😅😅😅👍🏾👍🏾👍🏾👍🏾👍🏾
Uru rufi rurazi kudusamaza 😂😂 anyway LandryPromoter, ur vibes zigendera peeeeee🇧🇮🙌😂
Nimwemer Fernando arayoboy umuzik
Barihe
❤❤❤❤❤❤❤
Komera natwe turagukund
Mr igifi kinini❤❤❤❤
Br tohoz ubandanye udutamwo turaz ko utigera unanigwa ❤
Ikizwi ni kimwe: Abo Bahungu barafise impano ikomeye.
Si vyiza ko habaho abantu bashiramwo ibirungo par des commentaires zitibaka kahise keza k’abo baririmvyi.
Akabazo: ko bataririmbira hamwe, ku bwawe ni Dispersion Strategique canke ni Debandade?
Ni mubahe umwanya gusa. 👍👍👍
Barihe Noe mutananigwa
Melalanini aciye ubwenge sana ntagomba kwishima gusa ndagukunda cn
Umutananirwa 😂😂😂😂😂❤
Melanie boy ntucike intege kuko urashoboye cane kurusha namugenzi wawe
Kubera iki kurusha mugenziw ahubwo iy'uvga kwashoboye uta bacanishijemwo vyari kumara.
ur'umusazikazi
Wew landry urantwenza cane kwl
Wabazanye ga Landry ?😂😂😂
Remix Dj Fernando et Eddy kenzo❤❤🎉
Remix 🎉🎉🎉❤❤
Abo ntibovana ivyo vyose nagapango kabo ndabivuz nkumunt twabonanye bos unwe mur internat uwung mur getho mu ngagar ndum fna wabo kumva kera niyo ndirimbo narindayibuk bayikora
Melanin ❤🫡
Niyo collabo bazodutamwo kbx
Shaa je mbona umengo ntiboja hamwe kandi kuko bose baradukoma bagiye hamw industrie yoca ibiha. Gusa bakomane atarwanko ako niko mperejek mercii cari iciyumviro canj
Wew urikijuju umwanya umwe
Basha fin de fin azobona ingarukambi zukwirata kuba fans
Good life
Toka wagipupewe😂😂😂😂😂 ubwose uvuze iki
Melanini ntugir ubwob uzoj hanze kuk na sat b kumyak 10 akor umuzik agiyyo 2024
Irirata neza amazuru arabahasi woduga woreka unomusi urihejuru ejowokwisaga hasi ugasanga uwowasuzuguye urikugira lubirato vyiwe muhugu ugendebuhiro harihe ozonyagigwa
Melanin boy niwe muririmvyi acana na frenando Rabivyobakora we ubona gut???? Rkananivyo shaaa
Uzobaz sat b imyakayaririvy atarajahanze murayo mashow. Jew iconz uwuzagusiga umanzukamurorer uryandaz ko one day tuzomusek tuuuu
Mutananirwa
ferinando ntitukimukeney yobaj kumusubiz has gust
Zuracishamwo ukura amarori erga tuzohava twibaza kur impumyi😂😂😂
Kila kitu na muda wacho melanin boy azoja hanze tu mwebwe sibomana
Shah gend urimubi iyab udafis amaher ntawakunwerak amaz
Fernando aracokozanya
Nonsense 😊
😂😂😂😂❤❤❤❤
Bro WE uzohava usanga ariwe uteranya abaririmvyi kumajambo wiyongererako ngo ni imagination
Mbandakubwiye kurimbwa nuko usanzw uriyo ego vues muraz kuzirondera mukwandika ama titre atabaho
😂😂😂😂😂😂😊
Wubahwe randri
Gusa wewe ntiwize KL NN bavuga do froc cnke ni not froc
Urakaze kweli
ua-cam.com/video/TO-MP8_m_5U/v-deo.htmlsi=lvIDFwAdBtmjq8qg
vyerekana neza muri groupe umwanditsi ko yari Melanin Boy 🤣🤣🤣🤣
hanyuma umu sound creator yari fernando
ua-cam.com/video/LLXsCmrKQmE/v-deo.htmlsi=Tx_MsfHSa6tQ08rR Stop ep1 constance na Marezo
𝚄𝚢𝚞𝚖𝚠𝚊𝚔𝚊 𝙽𝚒𝚖𝚠𝚊𝚋𝚘𝚗𝚊 𝙰𝚝𝚊𝚐𝚒𝚢 𝚔𝚞𝚗𝚝𝚎𝚋𝚎 𝚈𝚊𝚋𝚊𝚍𝚊𝚜𝚘𝚑𝚘𝚔𝚊 𝚒𝚐𝚒𝚑𝚞𝚐𝚞 𝙸𝚢𝚘𝚖𝚋𝚠𝚊 𝚈𝚞𝚋𝚠𝚒𝚋𝚘𝚗𝚎 𝙶𝚞𝚜𝚊
vyerekana neza muri groupe umwanditsi ko yari Melanin Boy 🤣🤣🤣🤣
Basha fin de fin azobona ingarukambi zukwirata kuba fans