UKURI NI UKUHE EPISODE 3 😭😭😭 Raba Mukase Wa Abel Uburyo Amaturubika Biteye Agahinda😭😭😭

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 222

  • @ChantalMarieKwizera
    @ChantalMarieKwizera Місяць тому +15

    Yooooo birababaje basha abantu mubonako imana ikwiye guhindurira ubuzima abana babayeho murubwo buzima tumenyane gusa iyo role irarengeye uwo mwana vrt Abel birababaje

    • @Alicia-bk1xv
      @Alicia-bk1xv Місяць тому

      😊😅😅😅😮😮😮😅😮

  • @DANNYFILMSCOMPANY-d8m
    @DANNYFILMSCOMPANY-d8m Місяць тому +36

    Bantu banje iyi film nukuri ikoroza amasozi abakuriye mubuzima nkubwuno mwana tumenyane😢

    • @UwizeyimanaClaudin
      @UwizeyimanaClaudin Місяць тому

      𝗥𝗲𝗸𝗮𝗿𝗲𝗸𝗮 , 𝗺𝘂𝘃𝘆𝗲𝘆𝗶, 𝗻𝗮𝗴𝗮𝗵𝗶𝗻𝗱𝗮, 𝗸𝗮𝘁𝗮𝗴𝗶𝗿𝗮, 𝘂𝗸𝘄𝗼𝗸𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗮,😭😭😭😭😭😭😭

    • @ChantalMarieKwizera
      @ChantalMarieKwizera Місяць тому

      Ntabwo nakuriyemwo vyukuri ababuciyemwo imana ibakomeze utihangana wokwiyahura

    • @IRADUKUNDAYvette-bt6hq
      @IRADUKUNDAYvette-bt6hq Місяць тому

      😢😢😢 Sh abantu bakuz bafise ababyeyi Ibi babona Kari film gusa bigaherera aha Muga twebwe twabaye mwubu buzima... Dusengera abakiburimwo

    • @NshimirimanaMarychantal-nr9of
      @NshimirimanaMarychantal-nr9of Місяць тому +1

      Sha jewenubu ryamye birangarukira nkisanga ndikurota ndirape Imana yishura igihe cyayo 😭😭😭

    • @YvetteMUREKEASABE
      @YvetteMUREKEASABE Місяць тому

      Vyos n,lman niyompamv atabih biduter ubwob kk twarabimenyerey lman yomwijur izotabar uruvyar ruzodukomokak

  • @ImranHussen-l6k
    @ImranHussen-l6k Місяць тому +15

    Nukur Abel ungerako iminota 😅😭😭😭😭 uraryoshe cane nukuri irateguye ufit numwna azi nez gukina Kbs ipfizi yintama itendera nka se NDI murukundo ni Yi film

    • @UwizeyimanaClaudin
      @UwizeyimanaClaudin Місяць тому +1

      𝗨𝗻𝘃𝘂𝗴𝗶𝘆𝗶𝗯𝗶𝗻𝘁𝘂 𝗠𝘆 𝗻𝗶𝗸𝘄𝗲𝗿𝗶👌👌👌

    • @terimberejaliajalia8284
      @terimberejaliajalia8284 Місяць тому

      Imana ihe ukwihangana abigisha nk'uyo arara ku giti ariko akazindura aja kumurimo wiwe.n'ukuri biriho kandi cane 😢.iyi film irababaje pee.noneho amagorwa ntasiga ayandi barakagonze naho 😭

  • @LéaNiyonzima-j5f
    @LéaNiyonzima-j5f Місяць тому +1

    😢😢😢😢😢arik mana abavyeyi nkab babaho koko lman izobahan😢😢courage team abel yose inyigisho zirimw ni bcp mwubahwe

  • @AlidaNDUWAYEZU
    @AlidaNDUWAYEZU Місяць тому +7

    Yoooo bash kumbe Keny yakabay afs impano nziza yogukina nkuku? Ababona kasumvya se mugukina mumpe like

  • @ElieNdikumukiza
    @ElieNdikumukiza Місяць тому +5

    Abel hejuru can ukina uri remantic ababibon nkanje mumpe like twibandanirize🎉🎉

  • @JuvenalBahaminyakamwe-g2k
    @JuvenalBahaminyakamwe-g2k Місяць тому +1

    Shaaa nukur Abel yarivyay cn Imana Ibandanye imuzigame

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 Місяць тому +6

    Jewe mama yapfuye maze guca ubwenge ariko batoyi banje ntibaribwace ubwenge ngobamenye ikibi niciza papa wanje aranyirukana maze kuva muhira hacahasigara batoyi banje papa acazana uwundi mugore amazekumuzana arafana nabi batoyi banje.bwira Imana at itume inkura kurinosi ngo kwirikire mama wanje biranka kopfa bivanye nimibereho twarimwo.hama Imana ishisha ubwenge canza gutangura gukora ikiyaya cibihumb10000f kugira ndabe iconomarira batoyi banje ndakora mukiyaya Imana inkura murubwo buzi ishikana ahandihantu ubungubu ndashima Imana yokavyara batoyi banje bararose ubufasha ndabafasha ukoshoboye kugira ngondabe ntidusubire kwibuka ibihe twaciyemwo rero iyifilime isubije kwibuka ivyonaciyemwo nisanze agahinda kanyishe😭😭😭😭😭😭😭

    • @LeaPapa-p8o
      @LeaPapa-p8o Місяць тому

      😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

    • @user-28Gerardineakimana
      @user-28Gerardineakimana Місяць тому

      Pol sna nukuri Imana ikomeze kubana namwe

    • @arcangeriziki4819
      @arcangeriziki4819 Місяць тому

      Mpore sha

    • @IrakozeAnitha-dk1qk
      @IrakozeAnitha-dk1qk Місяць тому

      Mpol ndumva ntivyari vyoroshe😢 😭ariko Imana ibizi uko izobigenza Imana ishimwe koyaguhinduriye ubuzima🙏

  • @AlnNn-yi8hg
    @AlnNn-yi8hg Місяць тому +1

    Ewe kenny sha (Abel) iyi serie izohera ndize menshi kubwawe mwana nyene ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @joannadufisimana
    @joannadufisimana Місяць тому +1

    bavyeyi mumez nkuku mwisubirek gufat abana babagenzi banyu nez kk ingero ugereyemw mugenzaw naw niyo ugererwamwo kenny💖💖💖💖💖

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial Місяць тому +2

    Gus iyi film irateye agahinda jewe nisanga narize😢😢😢😢😢😢😢😢
    Nukuri ibimukina bibaho nomubuzima busanzwe
    Gus abakase bamezuko bikebuke kuk ntawaruhay umugeni nabo ntibazi abazosigara barabarerera
    So courage team mwese mubirimwo neza ❤❤❤❤❤❤❤

  • @WdsgdRewdhh
    @WdsgdRewdhh Місяць тому

    Nukur uyumu actrise wacu abel arakwiy agashimw ❤❤❤❤😊❤arik arakin nez knd nakanyeshur ❤❤❤ndakund amaso yako hamw namessg karimw gutanga Imana imuhe umugisha

  • @Adelinemuhizi
    @Adelinemuhizi Місяць тому +4

    Ndagarutse ntwenga Abel yarahungiye.kwa mwigisha ww asanze naho bitoroshe❤❤❤❤❤

    • @chnae-k5o
      @chnae-k5o Місяць тому

      Nawewabibony😂😂

  • @IradukundaCynthia-e6f
    @IradukundaCynthia-e6f Місяць тому +1

    Uyo mwana afise impano ikomeye cane Kure cane nihondamwifurije🎉🎉❤❤

  • @gitumvagenevieve8806
    @gitumvagenevieve8806 Місяць тому +1

    Iyi film iteye agahinda abana barezwe na mukase bakwiye gukurikiranwa cane.

  • @nishimweArlene
    @nishimweArlene Місяць тому +2

    Sha nahigice cakabiri caheze ndira narinje ngonsubire ndayirabe nimurekure turire turize ntabundi buhinga

  • @PhilbertHabonimana-o1z
    @PhilbertHabonimana-o1z Місяць тому +3

    Yoooobasha ndababaye kubwa Abel kwel ukinaneza mwana hejurucane mumpe liké kubwa abel😂😂😂😂

  • @ManirambonaNadege
    @ManirambonaNadege Місяць тому +1

    Mana iyi film irandijiji kabisa abavyeyi nkabo baruzuye ndababaye cn

  • @UwiduhayeSouvenir
    @UwiduhayeSouvenir Місяць тому

    Ayiiiiiiiii 😭😭😭😭😐😐😭 iyi film irandijije pe ark uyu mwana azi gukina cyne courage muhungu wacu

  • @NshimirimanaMarychantal-nr9of
    @NshimirimanaMarychantal-nr9of Місяць тому

    Abel iyi filime yawe yavyuriye kahise kanj uno musi narivyamye nikanguye kubera ariwunkomye ndiko ndarira sinziriye nariko ndota ivyambayeko kera abana bipfuvyi bapfana ibanga nukuri jewe nama nvuganti burya umwana atagira nyina uramubona aseka kand ababaye 😭😭😭abagabo barakwiye kwiga gusuzuma aban baba batarikumwe nabanyina babo kuko bahura nivyago bikomeye ivyo ndabihamy

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana Місяць тому +1

    Umwna ntuzumusamaze muma film hama kwishure bimunanire Abel

  • @KigemeChantal
    @KigemeChantal Місяць тому +1

    Uwo mwana ndamukunda cane❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @claudinenimpagaritse
    @claudinenimpagaritse 24 дні тому

    Ndarize ndasaraye Mana uranyorosha umutima uzindinde ayamabi abishe

  • @nizigiyimanaesperance-jt2ty
    @nizigiyimanaesperance-jt2ty Місяць тому

    Munguwe munyibukije ko batoya banje barezwe na muka papa 😭😭

  • @quinty_claret
    @quinty_claret Місяць тому +4

    Nayikunze
    Plz👇
    Mumpe liké👍

  • @jisilenechurweryimana5340
    @jisilenechurweryimana5340 Місяць тому +1

    Abel oronera ahihh kandi usanga ariyompamvu mwagiz imangafinale

  • @Denise-iw5ue
    @Denise-iw5ue Місяць тому

    ❤❤❤❤❤❤❤ gusa murandijije munyibukij ubuzima naciyemwo nubuzima umwana wanj yaciyemwo gus ndabakunda

  • @arikibok4735
    @arikibok4735 Місяць тому +1

    Courage ndabakunda can ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @OdileIrambona
    @OdileIrambona Місяць тому

    Mana iyi film burigih uko ndayiravy nam ndira nkatangur kwibaz abant babay murububuzim mana nukur ubatabar kuk bararuhiy kwiyis

  • @NdayisengaElda
    @NdayisengaElda Місяць тому +1

    Iyifilm ndayiravye igihecose mpita ndira 😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @JustineNizigiyimanajustine
    @JustineNizigiyimanajustine Місяць тому +1

    😢😢😢😢😢ndavyibutse weeeeeee😢😢😢😢😢😢😢😢ndakomeje abagisigaye murububuzima lmana yamahoro izobatabare

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar Місяць тому

    Iyi film irateye ikigongwe😢😢😢😢😢gusa courage ❤❤

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj Місяць тому

    Abana babaye ho ububuzima. Yesu abatabare😢😢😢iyumwana nawe arikwabikora neza at courege🎉🎉

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe Місяць тому

    Mukaso ntaba nyoko kabisa 😭😭, team Abel courage vrmnt 💪🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn Місяць тому

    Yoooooo man iconkusab uzome kurer aban banj nibazorerw namukas cank jew sizorer umwan wamugab wanj uku😭😭😭😭😭😭

  • @DianaNingabiye
    @DianaNingabiye Місяць тому +1

    Arik mana agahinda ntikicya ahubwo kicyumutuma 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢 Abel dis antera agahind burigih afis mukas wigikoko nukur Abel ihagan Imara irakubon uzovamwo ihang rikimey mukaso azicyuza ivyoyagukorey

  • @niyonzimaElianne
    @niyonzimaElianne Місяць тому

    manayanje iyi filme inyibukije vyishi cane😢😢😢😢

  • @lydi791
    @lydi791 Місяць тому +1

    😂😂😂 hewe abel ubu hoho arakunigura nizo fungurwa ziwe😂

  • @nishimweArlene
    @nishimweArlene Місяць тому +1

    Mana ndasubiye kurira nukuri mbonye Abel canibuka umuhungu wanje arezwe namukase

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Місяць тому

    Abel urazi gukina uzosuvya papa wawe❤❤

  • @afsa-ph5me
    @afsa-ph5me Місяць тому +1

    Naravye nyishi ariko iyoyo irandijije kuva nkitangura igicecambere abavyeyi bamezuko barakwiye kwisubirako kuko umwana ntawuzi acazovamwo gusa birababaje😢😢

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn Місяць тому +2

    Reb muduh kabis🎉🎉🎉

  • @franca8658
    @franca8658 Місяць тому +1

    Irateye agahinda nukuri❤❤❤❤

  • @NiyomukizaFrancine-wx7co
    @NiyomukizaFrancine-wx7co Місяць тому

    Iyi film irarwaza umutima . Aho rero atamugaburira harababaj cane. 😢😢😢😢

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial Місяць тому +1

    Yoooooo uyumusi nacerewe arik ntaco muraziko mba❤❤❤❤❤❤❤❤❤ cane❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @SaydatSaid
    @SaydatSaid Місяць тому +1

    Waoooooo komuteba kuyirekura

  • @AlnNn-yi8hg
    @AlnNn-yi8hg Місяць тому

    Ndatahuy igituma abana benshi baba za mayibobo disiii sinvo zabo

  • @Sandycl2024-t2c
    @Sandycl2024-t2c Місяць тому +1

    Pol mwan harsh ubury umuntu akuramw bigatum ahungaban izi nyigish abavyey muzibon

  • @gsgshdhdhdhs1713
    @gsgshdhdhdhs1713 Місяць тому +1

    Birababa umuvyeyenkuyu

  • @fabricendayishimiye419
    @fabricendayishimiye419 Місяць тому

    Iyi histoire ikora kumushaha kabisa ❤❤❤😢

  • @abdurniyomwungere6857
    @abdurniyomwungere6857 Місяць тому

    Yoooo mbeg film iteyagahindaaa bamukase babant mumezuk mwikebuke

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki4819 Місяць тому

    Imana izigame aba mama ah bar hos kuk uphuy ur umu mama ubusiz wanikiy

  • @stitore2388
    @stitore2388 Місяць тому

    Courage mwubahwe kumpanuro munduha

  • @GeneloseNDAYISENGA-x5c
    @GeneloseNDAYISENGA-x5c Місяць тому

    Uwo mukase wa Abel ninzoka imwembi

  • @AliseAlise-cg7lr
    @AliseAlise-cg7lr Місяць тому +1

    Courage

  • @IrakozeEsperance-qt7lv
    @IrakozeEsperance-qt7lv Місяць тому

    Waoooo iy film iratesa nubw ibabaj😢😢😊

  • @Niyukurieri-tf5ii
    @Niyukurieri-tf5ii Місяць тому

    ❤❤❤❤🎉 ndabakund kand cn tek ryos

  • @MugishaKevin-x8x
    @MugishaKevin-x8x 12 днів тому

    Uwomwana arazigukina mana 😢😢😢😢😢

  • @Alicekanezereza
    @Alicekanezereza Місяць тому +1

    Mbega film ibabaje disiweee

  • @chnae-k5o
    @chnae-k5o Місяць тому

    Ewe abel chah 😢😢 ababibony nkanj igen abel ahugiy kwamwigich agasag nah numurir mump lik gus abarik barayirab bafise uyumutim wuyu mudam bahiduk😢😢😢

  • @MélanieIGIRANEZA
    @MélanieIGIRANEZA Місяць тому

    Oya Nukuri film yaw irabishe

  • @PaulNtirandekura-e4p
    @PaulNtirandekura-e4p 20 днів тому

    Uyusumuvyeyo nigisigo niningumba umuvyeyi yumvise igise cumwana ntiyokorera umwana ibintu nkibi

  • @HadijaYussuf-g1y
    @HadijaYussuf-g1y Місяць тому

    aban bose barerw nabamukase iman ibah kwihangan ntibiba vyorosh nagatoye😢😢😮😮

  • @Doreen-Nana
    @Doreen-Nana Місяць тому

    Ntaco mfise cokuvuga kuko aka gahinda ndakazi 😢😢😢😢

  • @Leirajeanine
    @Leirajeanine Місяць тому

    Courage ndabakundacane ❤❤❤❤

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 Місяць тому

    Amashurwe nenshi 🎉🎉🎉ku mukinyi wacu abel 😢

  • @BestineIrankunda-mc2kn
    @BestineIrankunda-mc2kn Місяць тому

    Uyumwan arambabaj nukur😢😢😢😢umubyeyi nkuyu ntgo yagakwiye kubaho😮😮😮😮😮

  • @AmonIrakoze
    @AmonIrakoze Місяць тому

    Uuyumwana Akina neza vrt

  • @YvesBally
    @YvesBally Місяць тому

    Mwubahwee 🎉🎉❤

  • @NshemezimanaBelyse
    @NshemezimanaBelyse Місяць тому

    Abantu bameze nkiyi film muraķwiy kwihanura😢

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye3604 Місяць тому

    Wamugorewe hinduka urekinzigo ntacimara fatuyomwana neza kukuriko wikwegera imuvumo kuhoraho🎉

  • @Mugishafransine
    @Mugishafransine Місяць тому

    Mbega bamukasewe😭😭😭😭🙆🙆🙆

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana Місяць тому

    Oooooh mbega agahinda kumwana weee

  • @MoiseYAMUREMYE-gd1sd
    @MoiseYAMUREMYE-gd1sd Місяць тому +1

    Courage pour

  • @lydi791
    @lydi791 Місяць тому

    Mana duhe imitima y urukundo twibagire ibibi twakorewe kugira dukorere abandi Ivyizi😭😭😭

  • @francinGerome
    @francinGerome Місяць тому

    Naracerewe nukuri yooo Abel😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @LeenaLeena-sj4ig
    @LeenaLeena-sj4ig Місяць тому

    Abavyeyi babi babaho🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤😢😢😢😢

  • @mutesiwasedarlene2236
    @mutesiwasedarlene2236 Місяць тому +1

    Jewe iradiza disi😢😢

  • @NiyongerePascaline
    @NiyongerePascaline Місяць тому

    😢😢😢😢 izoher ndimugutuntur kk irababaj gose.

  • @UwimanaSandrine-hu1fg
    @UwimanaSandrine-hu1fg Місяць тому

    Abel 2 urigutuma numvagahinda nukurira

  • @hgkf694
    @hgkf694 Місяць тому

    Ndababaye mwana ukuntu ubayeho imana izokuzigama ubeho unezerewe

  • @FridaussiNarinkabandi
    @FridaussiNarinkabandi Місяць тому

    Nukuri birababaje 😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @KamagajoAnitha
    @KamagajoAnitha Місяць тому

    Yoooo irababaje kwer

  • @IrankundaarleneIrankundaarlene
    @IrankundaarleneIrankundaarlene Місяць тому

    Courage turabakunda cne

  • @NemaItangishaka
    @NemaItangishaka Місяць тому

    Bavyeyi mumeze nkuyu mumama murakwiye kwisubirako vrem biratey ikigongwe😢😢😢😢

  • @Irene-kc1pm
    @Irene-kc1pm Місяць тому

    Courage Abel

  • @Adelinemuhizi
    @Adelinemuhizi Місяць тому

    Mbegu muvyeyi mubi,amarira arandenze😂😂😂😂😂

  • @Konsa-h4k
    @Konsa-h4k Місяць тому

    Yoyo derengiteri msma😂😂😂😅😅😅😅😅❤❤😂🎉🎉manyina nijini nyumungore

  • @FrancineKwizera-t2t
    @FrancineKwizera-t2t Місяць тому

    ❤❤❤ mubikora nez

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 Місяць тому +1

    Mbaye uwa 22 muri commentaires abakunzi b'ukuri n'ukuhe abaza nyuma like vrmt 🎉🎉hama mwibuke gukanda kuriyi foto Yanje pls ❤❤

  • @chnae-k5o
    @chnae-k5o Місяць тому

    Yoooo !!!?? Abel boba bamugoz ?? Norir😢😢😢 gusa courage 🎉🎉🎉❤❤

  • @AliciaDavina-k2p
    @AliciaDavina-k2p Місяць тому

    MANA tabara abana babay mubuzima nkubwa Abel abayemwo😭😭😭💔💔

  • @YvetteMUREKEASABE
    @YvetteMUREKEASABE Місяць тому

    EWeeeeee nyagasani aban tuvuk tukisang ntabavyey dufis😭😭😭😭

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 Місяць тому

    Namosozi arandenze 😢😢😢❤

  • @HonestyEmpire1998
    @HonestyEmpire1998 Місяць тому

    Good film keep up si URUKATO

  • @Bonjourcarmene-eb9pj
    @Bonjourcarmene-eb9pj Місяць тому +1

    Yooo irababaj cane

  • @GèneclaverTina
    @GèneclaverTina Місяць тому

    Mana wee😢abavyeyi bamezuko barakwiye kwisubirako kandi nabana benshi babayeho mubuzima nkubwo

  • @CarmellaINgabire-p1z
    @CarmellaINgabire-p1z Місяць тому

    Irababaje kandi irigisha pe

  • @Konsa-h4k
    @Konsa-h4k Місяць тому

    Uriyorobeka Kandi ariewe wamufukuje

  • @NathanNdayambaje-z2e
    @NathanNdayambaje-z2e Місяць тому +1

    Yooooooo😢😢😢