Ibanga rimentse k'ubutunzi bunyegeje bwa
Вставка
- Опубліковано 15 лис 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news
#daniel_mugisha
#news_updats_interview
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Ahaaaa
C’est vraiment malheureux kubona muburundi abasigaranye ijambo ari ba Nyaitwe, hagera, ba mutabazi🤧
None uwokwamira ninde ??? Konawe Arigisuma mubandi😢😢😢😢
Muze hano icambere Ndumu tustikazi ariko jewe uko ndabibona abatusti kuntwaro yabo baricanye hagati yabo hama barica nabahutu bongera barabaryamira hama babicira abahutu umu president Ndadaye bari bitoreye baca abahutu birara muba tusti baribaturanye ariko ntimeitibagize ko abatusti baribaragiye kuba muntara zabahutu kubera kurondera uburagiro bwinka kwaribo bahasize ubuzima hanyuma ubundi Buyoya agafata abana bimisore akaba ha training yamezi atatu yamara akabajana muntambara bakagwayo ivyo nibintu bibi aba tusti bagiye bakora kuntwaro zabo ubusuma budasigaye inyuma ndugaye twamugina Abahutu namwe ndaje mwafashe ubutegesi mwica abantu muri 2015 ariko navyo vyaturuse kuri ba bandi bagerageje kugira coudetta abana bokumusanga bakabicira kubuhomba ubu Pacific yirigwa Amokera kumaradiyo ngo ndondeza ariwe yubuye bariya bana uwampa Pacific ariya maso noyakuza igikwashu nkinvunja mwino uzi abavyeyi yateje agahinda ikindi Abahutu nabone baricana hagati yabo rere mumenye ko ubwoko ataco bumaze kuko aba tusti baricanye hagati yabo nabahutu barikwicana hagati yabo rero ubwoko mubushire kuruhande muze twubake igihugu ciza cacu ubwoko ntaho buzotugeza Buyoya arihe Pita arihe mwigiraho twese tuzofa naho tuzokwicana umunsi wacu urahari muze dukundane tube umwe dusenyere kumugozi umwe tubake igihugu Murakoze 👍👍👍
Abo batutsikazi muri guharira ko abahutu tutari twaracinyijwe bituma duha raison CNDD-FDD!Kandi muzorinda mupfa mutagarutse kubutegetsi
Jewe sindi mugihugu,sinshigikiye n'a gato ubutegetsi nkandi si ndota ndabashigikira , ndabona Aho bagejej igihugu, nka jewe umuhutu n'abandi bihoreye ivyo muvuga musa n'abatwereka direction twofata, hypocrisie yanyu. Sûrement que Pamela ari umuhutukazi, selon son langage yagiriza cane les hutus kugira yemerwe.Ah'ubwo mubandanije mucamwo imice abantu, muzosigara mwivugana mwenyene.Twese twarakinjuye Mu gihugu, twifuza changement, mugabo nta mpuhwe nankeyi mufitiye, incuti n'anagenzi(hamwe nahonyene mwoba mwarazanye abantu banyu).Je ndafise umuryango ,incuti n'abagenzi , KO mwenwe mudatondera igitoro, canke isukari turabiriha indirectement pour dire qu'on a intérêt KO vyohinduka bikagenda neza, yaco muba sadique, kuko bamwebamwe biradukorako.Ayo majambo muvuga atagira ibikorwa ni nkobgusuka umunyota Mu kiyaga kanatsinda langage yanyu irerekana KO ata solidarité pour le changement ishoboka kuko muri cerveau zanyu muvuga umuhutu, muvuga Frodebu abicanyi(selon abatumire banyu), majambo yanyu yereka umuhutu wese yiyumvira yari akeneye changement , KO yihenze,Ntaho muzoshika mugihe muzokwamiza mukanwa kanyu ijambo KO umuhutu ari umwicanyi, génocidaire.Mbe abacu bapfuye bariyahuye?Ngo akari mukanwa k'imbwa gakuzwayo ubuhiri! Muragende mufate ubuhiri ,ja kuri terrain nta vyo gutanga uburyo, genda namwe mugwane babafashishe ubwo buryo.KO mwese mutinya kuja imbere.Vous étes hypocrite nta neza ya Bose mukeneye muracari Mu moko yanyu, nta n'a révolution mugishoboye.
Umwana w umututsi kazi. Pamela. arakumarramajje Hagee?
Nta makuru mufis naho mwigira abanyamakuru!!!reka kuba mucafuza abantu,nka Fabrice mumuhigira iki?
Wokarana nibisuma utarigisuma kunywa igitoro bisigaye arukwiyandikisha UBurundi buranuka bwarahwereye Nubwo kujana kumpanda
Emwe isombe Buja rirazinvy NGO ntirikiva ruguru cane
Fyondahakwofoto na sabonne wironkeramakurunyayo.yihuta welcam
Ng'abana b'abarundi bose bipfuza kw'immigra ? Mbe ni mu Burundi gusa? Barya birirwa bagwa muri Ocean bajabuka n" ubwato n'abarundi?
Ko mutari bwagogombe bitaravugwa ivyisoko
Ubuho mbere bamaze imisi basaba ikigira cumi abagize rusasuma.
Jew muguma muvuga ivyamahera KO mutavuga ikibazo c'uwabigori n'agaceri
Ivy'uBurundi n'akamaramaza.
Pamela she is my wife ❤
Hagera,hhh Hazogera one day