Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Iyinkuru niyukuri kandi nikuvyabaye murugo rwa kanaka atashimye ko yivuga hama abicisha ku akinyi bisinema kugirango muyironke, munaronke ninyigisho.Umugore w'isema ni sinema nshasha muzohora muraba biciye kuri runo rubuga rwa youtube.
Nahora nkunda maman Star none muriyi film Abaye isema vraiment uri pasteur maman Star alias kiriwanzenze
Asha ni sema ryumugore kwl merc kunyigisho nziza muduhay mukomeze kuduha nizindi🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Ego cane
Eweee mama stare ndagukunda ukina neza filme❤❤❤❤❤
Murakoze
muragerageza kuraje❤❤❤❤
Eka urumugore wisema kweri ! Ngo mukayanza niho harikara rikomey kand rinin! Abantu nkabo babaho hoho
Hahahahahahahaha
Maman star nukuri urandyohera urimwiza ukina neza uvuga neza ndabuze nuko nokuvuga peeeee
Murakoze cane kudushigikira
Komera turabashigikiy muzane ikindigice
love from zoulou!ndabakund mwese!komera kwibanga ba cameraman murashoboye❤❤❤❤
Murakoze cane
Nakubali sana, Big up sana kwa hii team
Uziyukwo mushoboye cane gose ndabakunze ukuntu mutwigisha inyigisho nziza zomurugo
Courage tubari inyuma muduhe ikindi gice
Vuba kabisa tuzokibashikiriza
Uyumugago nitwari ❤❤❤ ndamukunze 🎉🎉
Hahahahaha murakoze cane
Maman Star alias Kiriwanzenze ndakwemera
Courage love from INTWARI FILMS BURUNDIAN❤❤
Thank you a lot
Courage ndabona ibintu nivyiza cn mukomeze muduteramisha
Mertus, murakoze cane kuduterintege.
Kure can Much love from B_Ivanny
Thank u
Bandanya bandanya!!!!!! Umugore w'isema. Hahahaha, barabaho nubu muri guinée equatorial vyabaye
Courage Impano Videos Love from king japhet cameraman Editor❤❤❤❤❤
Film nziza, turinyuma mukomeze iyikurikira
Courrage sana boss wang 🎉 Love from KADOGO COMEDIAN ❤❤❤❤
Merci beaucoup
Urumugore wisema kbs
Iyioooo Kari karyoshe😂😂🎉🎉
Ministre de finance wa guinéé equatorial
Pore tanti gusa kurage rekana nigikecuru
Mubwire mubwire avyumvye
Love from Taizon
Thank you Taizon
Kabisa numugore wisema kabisa
Nibibazo kweli
Courage vrt ❤
Merci
Duhe iyindi basha, courage murashoboye! Dukeneye izindi.
wamugorewe.ntandero.ufise.kumugabo.wawe
Nihatari
Wabay intwari kabisa
Murakoze cane kuduterintege
Nihatari😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Komera
Courage Love from Jean Marie cameraman editor ndabakunda Caan ❤
From sifa
Thank you Sifa
Nukur iy film ntimuzoyicir hagat basha
Murakoze Odile, iyi cinema izobandanya
ndabona murasoboye gira muduhe iyindi
Ego vuba turabaha iyindi
Reka ndabahe like, ni cinema nziza!!!!!!
Mwakinye neza ahubwo mutwereke iyo mabuja yajanye
Vuba iyikurikira muzoyironka
Abantu mwubatse mwigireho😅😅😅😅😅😅
Kabisa
Inkuru itomoye
Courager
Merci sana Madiba comedian
jamani mwisho wa ubaya ni aibu
Bazomugurisha meshi kbx😂😂😂
Ni ibarara
Songa mbere.
Asante sana
Very good
Thanks
Karatesa
Ngo abayangayanga boronka menshi kwiyonka, hahahahaha.... congratulations!!!
Umugabo yihangana yubahwe nukurii ❤❤❤
Mukina neza umugabo yihangana❤❤❤
Abantu bagendana nibibazo
Murashoboye vrt iyi film irigisha
Murigisha neza
Ukuri niba ibibintu vyarabaye kumuntu nukuriyariyararushe yaratuntuye nukuri🤔🤔
Abantu bagendana nibibazo basha
Courage
Muzemuyibandany kuko nivyo biko
Murakoze cane, Nadine iyi cinema izobandanya izohora ica kuri runo rubuga
irigisha vrt kandi cane
From cycy vyuka
Zana episode ikurikira
Iriko iratunganywa, mumisi mike turayibashikiriza
Hahahahahah, mwebwe nihatari.
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
😢😢😢😢😢😢❤❤
Birababaje kweli
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
2
urucira.mukaso.rugatwara.nyoko
😢😢😢😢
Birababaje
M
Courage courage!!!
Hahahahahaha
Thank you so much
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Thanks!!!
Iyinkuru niyukuri kandi nikuvyabaye murugo rwa kanaka atashimye ko yivuga hama abicisha ku akinyi bisinema kugirango muyironke, munaronke ninyigisho.
Umugore w'isema ni sinema nshasha muzohora muraba biciye kuri runo rubuga rwa youtube.