Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mwubahwe mwadukuye kure🙏🙏twaruhutse imizigo yamisi yose abene gihugu ntaco twobaha muritanga kuko umuriro wamasase mwota kubera twebwe mwubahwe 👌🤗😘🤛 niyompamvu Uburundi bwanje nzobugwa inyuma
Ramba gihugu cuburundi gihu ciza camata nubuki ramba ba sirikare bacu Mana hezagira uburundi nabarundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪❤️❤️❤️❤️🙏🙏
Kirapanze pe ❤❤
Iyi defill umengo ni aba seculity
Amakuru ni sawa amaboko ntibahuze they need more practices
Ntabwo bashiramwo iguvu , batambuka nka batabishaka Kandi ari aba comandos
Wibesh cne barik batambuka kuri rythme
NDAKUNDA CANE IGISODA CANJE CUBURUNDI INTAMBUKO YABO YONYENE IRABARANGAKO ATARIYOKUVOGERA MURAZOBAZA ALSHABABU NIYO IBAZI NIMUKOMERE KWIBANGA ABARUNDI ISINZI TUBARI INYUMA
ua-cam.com/video/aXKSl49KONg/v-deo.htmlbaritoje neza kabisa ❤

ua-cam.com/video/aXKSl49KONg/v-deo.html
baritoje neza kabisa ❤