The Ben mu Burundi ku ncuro ya mbere mu mateka yiwe🔥/umunezero ku barundi🤩

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • #theben #sirenvibestv #concerts

КОМЕНТАРІ • 41

  • @majyamberejeanpierre7451
    @majyamberejeanpierre7451 Рік тому +2

    Courage Burundi kbsa Mukunda music ngewe ndabemera

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Рік тому +2

    The Ben tumusabe azozanane na Pamela tubahe umugisha baze bubake neza.

  • @nicesa...8882
    @nicesa...8882 Рік тому +1

    Azazanae na Pamela Wanjye Ndamukunda Cyanegwose manawe sindi Burundi gsa bizanezereza azashyike Amahoro the Ben my king 🎉🎉🎉

  • @kezakimanaspes8488
    @kezakimanaspes8488 Рік тому +1

    Ewane thé ben ahaw ikaze cne turamukunda❤❤❤❤❤❤

  • @davidkwizera2586
    @davidkwizera2586 Рік тому +2

    Ndanezerew nokubona uno mwana w'umurundi muburundi

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Рік тому +2

    Turasavye uwo mu representant wiyo Company yabiteguye à part ya Lino G ni bon ariko aze adushiriremwo Big Fizzo kugira abe ariwe azokwakira cank ahamagare the Ben kuri stage vyoba ari vyiza cane kugira na superman tuyi feeling neza turose performance yayo kandi iyo show yoca igira inguvu nyinshi cane azihangane abidukorere dusabe na Big Fizzo ntazobazimbe aziyoroshe baganire bahuze juste vyotunezera ico kintu nkaba fana.cari iciyumviro canje.Merci.

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Рік тому +2

    Wooooa the ben welcome burundi buja ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛🤛✌✌✌✌✌

  • @Deebertkd
    @Deebertkd Рік тому

    Can’t wait to see him

  • @jeanclaudeniyongabo3974
    @jeanclaudeniyongabo3974 Рік тому +1

    Courage bro

  • @Musindi736
    @Musindi736 Рік тому +2

    Ngi miriyini 10 ese mwibaza ko amahera yabarundi arivyatsu

  • @landry.irambona
    @landry.irambona Рік тому

    Love to see this👍✨

  • @AlthrayhQw4-kq4ru
    @AlthrayhQw4-kq4ru Рік тому

    Karibu karibu Thé ben

  • @ncamuvyumaeddy3721
    @ncamuvyumaeddy3721 Рік тому

    Ndababaye kuba ben aje muburundi ntariyo warahiii

  • @user-iz3eu2wq3p
    @user-iz3eu2wq3p Рік тому

    nice ambition

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 Рік тому +1

    10million kwel muzoronk uwazikura ewesha 😂😂😂😂😂

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw Рік тому

    Karibu the ben iwacu Burundi bijei

  • @MohammedMohammed-fv6sy
    @MohammedMohammed-fv6sy Рік тому

    Egope the ben

  • @moontv2959
    @moontv2959 Рік тому +1

    Ewe Mika!,10Mn😂😂😂😂

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 Рік тому

    The ben tumuhaye ikaze iwacu

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 Рік тому

    Très talentueux le boss

  • @OgBrownLukagika-hl3hy
    @OgBrownLukagika-hl3hy Рік тому

    Ico cari gutangura...nka wewe ufise inoti wari Kurondera un projet ihuza les jeunes

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Рік тому

    Gusa mwibukeko imvura iriko iratasura nimwamujana muri jardin public imvura ikarwa abantu bazonyagirwa

  • @adriang.
    @adriang. Рік тому

    Uwo mu type afise noti kabisa

  • @MunezeroThania-qr9jy
    @MunezeroThania-qr9jy Рік тому

    Abahano murihe komwatevye

  • @regismfuranzima6312
    @regismfuranzima6312 Рік тому +1

    Aho kuzana uburimyi n' ubworozi n' amahinguriro ngo abashomeri barare baronse agatsima weho ubonye wokoranya abantu bakitambira.ewe ba diasporas bari hano!

    • @inna7803
      @inna7803 Рік тому

      Umwe wese akora ibimubangukiye kandi ntabikora ku buntu burya igiharuro ciwe arabona ko azobibonamwo amahera

    • @gedeonkwizera7949
      @gedeonkwizera7949 Рік тому

      Nawe wobikora ivyo ushakako abandi bagukorera

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 Рік тому

    Uyo mu jeune ariko atanga ikiganiro afise amafaranga menshi plus de 7 millions de dollars$ américains à 24 ans seulement yaronse mumyaka itarenga itanu

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 Рік тому +1

      Reka ntumuteze abantu urazi abarundi uko bameze bababumva uwufise yobakemurira ibibazo vyooose bafise. Imana imuhe umugisha yarakoze cane ntivyizana biraronderwa .kandi Imana itanga imigisha ugutandukanye

    • @eustachesitaki3698
      @eustachesitaki3698 Рік тому

      @@nirenganira8433 Ntubeshe ariko barabizi niwe yavyivugiye mukiganiro ku Isimbi TV. Gusa aciy bugufi kabisa

    • @didiergatabazi4382
      @didiergatabazi4382 Рік тому

      Nivyo yaravyivugiye kwisimbi TV aba belgique

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 Рік тому

      @@didiergatabazi4382 reka kubibibutsa yewe 😂😂😂 abana basubiye kwishure ubu bose boca babura uniform nibindi vyishi. Nabo kwamuyomba bose nomukase nyinakuru bose boca batonda kazima yagiyeyo 🤣🤣😂🤣🤣😂😂😂

    • @raissafabien4285
      @raissafabien4285 Рік тому

      ​@@nirenganira8433😂😂😂😂

  • @johnkarekezi8720
    @johnkarekezi8720 Рік тому

    Numva ngufise ama millions none iryo niryo terambere uzaniye abarundi canke uje kubambura nutwo bafise😂😂😂 ndumva hazokwinjira uwayafumbiye mais gusa wihenz gato uzobikora imvura itanguy kurwa iyo ubikora kare ubu uravy nabi uzohomba
    Gikuru uzotuzanire imigambi itezimbere abenegihugu vyobavyiza kuruta
    Ayomahera iyo ushiramwo naba musiciens babarundi bakayaryako ndazi aho watanze agafungo gakwiy kurayo ma show

    • @leilaprinciaishimwe191
      @leilaprinciaishimwe191 Рік тому

      Iyo utanz amafrang kugir uryoherw ntub uhomvye mugenzi, niba wiyumvir gutyo nuko ata mahera ufise

  • @yvonavry2482
    @yvonavry2482 Рік тому

    Ibi pet y'iburundi nibirofa kweli ubu uraje ngaho ugire umugire uyo msani nkigitangaza ngo visit murugo bono
    Ubura gufata abaririmvyi biwanyu ukabateza imbere, muguma muja guteza imbere abo hanze. stupid

    • @majyamberejeanpierre7451
      @majyamberejeanpierre7451 Рік тому

      Ibi nabyo nuguteza music yuburundi Imbere kubera habaho connection

    • @davidbyiringiro5300
      @davidbyiringiro5300 Рік тому +2

      Nomu 🇷🇼 batumiye Davido, ba diamond,, burn boy abarundi 🇧🇮 tuje tureka ishari mugabo vyose na Mahera..

    • @majyamberejeanpierre7451
      @majyamberejeanpierre7451 Рік тому

      @@davidbyiringiro5300
      Yego Rata kndi uhera kubo ushoboye na kash ufite

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 Рік тому

    Ndashaka contact za now now company