CNIDH iriko isaba gutunganirizwa

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 чер 2024
  • #indundinews :Umukuru w'umurwi w'igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu #Sixte_Vigny_Nimuraba avuga ko batanze ivya nkenerwa vyose kugira barengurwe n'umurwi wa #ONU uraba ivyagateka ka zina muntu inyuma yaho utakaruje igihagararo ukava kuri A uja kuri B .Umukuru w'uwo murwi yemeza ko amashirahamwe mpuzamakungu n'ubuserukizi bw'ibindi bihugu buri mu Burundi butigeze bubazwa ngo butange umuco imbere yo gufata iyo ngingo .
  • Розваги

КОМЕНТАРІ •