kubwa PARCEM igiturire kiri muvya mbere bisinzikaje igihugu

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 чер 2024
  • #indundinews :Ishirahamwe ryihaye gukangurira abarundi guhindura ingendo #PARCEM ryemeza ko kurya ibiturire mu #Burundi biza imbere mu bihanze igihugu . Faustin Ndikumana arongoye PARCEM akavuga ko ,inyuma y'imyaka ine irangiye umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ashitse kubutegetsi atawomurenza amanota mirongo itanu kw'ijana (50%).
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 7

  • @alainbertrandambazimana9189
    @alainbertrandambazimana9189 7 днів тому +1

    Très bien dit🎉

  • @ErickMpendwa-m6o
    @ErickMpendwa-m6o День тому +1

    Iryojwi ryawe ryobera kuba umukuru w'igihugu kbs wubahwe can 🙏 knd uravuze ibintu bikomey cn leta nuko umenga irasinziriy nivyo mubabwira biherera ngaha🙆🙆🙆🙆

  • @hubertpuffman2429
    @hubertpuffman2429 6 днів тому +1

    C’est lui qui devrait être président du pays 👌🏽

  • @eliasndayizeye4160
    @eliasndayizeye4160 День тому

    Nkurunziza tuzomukumbura cane😥😥😥

  • @user-gd7rc7uh1u
    @user-gd7rc7uh1u 3 години тому

    mbega recrutement muri PARCEM zikorwa gt?jewe nta appel d'offre ndabona

  • @ubutungane
    @ubutungane 3 дні тому

    oya vraiment nimusemerere en tout cas sa sera bon

  • @user-gn8xz8pb5z
    @user-gn8xz8pb5z 2 дні тому

    Nikibazo