Gyna:Bavuga ko ndi Umu LESBIENNE😡//Nahatswe GUKUBAGURWA Kubera UMUGABO w'abandi//Nakunze Umu COUSIN🥹
Вставка
- Опубліковано 10 лют 2025
- #africantv #gynagynella #franickanswer
Gyna:Bavuga ko ndi Umu LESBIENNE😡//Nahatswe GUKUBAGURWA Kubera UMUGABO w'abandi//Nakunze Umu COUSIN🥹
@Gynagynella @sirenvibestv @umukubito257 @ISIMBITV @YagoTvShowRwanda @SolutionCouple @SolutionCouple @fannylavineofficial1360 @mieempire8576 @fannylavineofficial1360 @killamanshow @missnyambo
Igishurushuru n'igihunda part 4👇🏼👇🏼
ua-cam.com/video/3LpZX85qXnA/v-deo.htmlsi=dey5Uzn3rHrwjUBi
Abakunda gyna muze hano kbs jew ndamukunda kwr kuko ntarabira ivyo bamuvugako komersha ham franick jew ndakumbiye ikiganiro ca solution couple😂
Nkunda ukuntu uyu mutype akoresha interview ari well composed😀
Yes, Iyo mugabo Gyna niwe agukwiye…ndagushigikiye
UMWAKA WIBITUSTI VYINSHI JIHANGANE KBS TUGOMBA KUBAKIRA UKO🎉😢
Uyu mukobwa afise mindset nziza
Baby Girl Gyna❤❤❤❤
Ewe gyna ndakwikundir ibint vyose uvug uk biri utariy umunw❤😅
Gyna nibakurek nuk ur um no stress
😂😂😂😂I can't pass without putting like wallah
@58:20
Journalist yababaye kabisa!😂😂😂
Hama umugabo yubats umwita chr gut ntuzisubire .mufitaniy akanzi mukorana murapanga simpaka unwit chr yrafyina goose uramenyera cane
Hahahah ngo rabana n’ibikuraba wa mugore we ako niko kabi hahahah 25:37 . Ivy’umugabo vyose umugore biramuraba basinye ko babaye umwe hahahah
Gusa cavuze nico umuntu arakeneye Ribert niho ushobora nugukora
Imigambi yawe
Wisanzuye
Mbe kercy yagiyehe basha aho afisinda😂😂nico gitum yapotey uyo naw nikuberiyo mishats
Gyna mur kidada make up turagufana cane courage Franick ikiganiro ciza cane
Bury Gyna ww uri akasamutwe 😅 uwo mugabo amez uko nimb aruw uzokwiremera cnk ukamuvyara 😂😂😂
Mpore abantusibeza GN nanj ndumutip
Barabimbwiy
Ngo ndumutinganyi
Ngonuko tuban turabahungu
Barenze 4
Kandi ngo ntibabon dusamban
Nukuba umwana mwiza can gose abantu bibater ikibazo
Rero ntaco wokora ngunezere,z abantu
Fany kazi tu ibisigay uvyihoz p
Iryotabi wanyoye sha riraza guhera
😂😂😂😂😂
Uvuga meshi harikiganiro wigenze kuvuga ngo wavuy muhira ushaka ko wipangira ngo ubone ubuzima carico.nonubu ngo wavuy iwanyu kubera wataha bwij kand arikure
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂abagabo bamagaru ngo bariyunva bavung fn can karabYe
Uyumujama ngo niwikure umwaku ngonurabire manayanj
🎉🎉😂😂😂
Icobuza babivuga nigiki kombona uhereye kumushatsi usa naba pede kuko abambara batyo bose yabumukobwa umuhungu nimyambaro yaba pede canke abadayimoni bihindagura muburyo bwose ushaka umugabo yitonda utitonda yani utegeke niwuzoburumugabo rero
Gyna mur kidada make up turagufana cane courage Franick ikiganiro ciza cane