Pierre Nkurikiye|Nubwo batavuga ico bamuhoye bariyemerera ko aribo bamwishe babanje kumuniga

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 лют 2025
  • #indundinews| Bompi ni abo mu ntara ya #Ngozi umwe yari umunyeshure muri kaminuza, uwundi yakora kwa Muganga,uwundi yunguruza abantu n'i Moto ,baragizwa bakaniyemerera Ko bishe bakaniga umuntu.

КОМЕНТАРІ • 16

  • @cladyclady7215
    @cladyclady7215 2 роки тому

    Murakoze cane . Mushishikare mudukorere neza kandi abo bafashwe mubahane mwihanukiriye kugira n’abandi babisha bagire ico batinya

  • @egidenyandwi109
    @egidenyandwi109 2 роки тому

    Imana irababona sha bafata ico bataremye bakacica batari bukireme tena

  • @khlaifaali245
    @khlaifaali245 2 роки тому

    Imana izobibabaza nukur

  • @mugishaalonso6072
    @mugishaalonso6072 2 роки тому +1

    Ivy nukuvyitondera kuk police y uburundi irarementanya

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 2 роки тому

    😭😭 vyoose Imana izobibaza

  • @lionelirakiza8615
    @lionelirakiza8615 2 роки тому +1

    Igihano co gupfa kirakwiye kugaruka kugira mwen'abo bantu bishe nabo bicwe kuko kubapfunga gusa ntibihagije no mu mabohero baguma bakora ama deal yo kwica kandi baratinda bakanarekugwa.ikibabaje nuko iyo bapfunzwe babandanya bazimba leta ibagaburira

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 роки тому

    Yoooo man tabar

  • @godefroidndayizeye3125
    @godefroidndayizeye3125 2 роки тому

    Bonjour

  • @ernestciza4315
    @ernestciza4315 2 роки тому +1

    Ubwo bwicanyi kwel abarundi bamwe bamwe bazobuheba ryari vrt!!!Birababaje kabisa

  • @goodguy6892
    @goodguy6892 2 роки тому

    Ndashima urwego rwiperereza ngatera ivyatsi ubwobubisha birababaje abotwokwita incabwenge aribo bakora ububisha nkubwo

  • @julius875
    @julius875 2 роки тому

    Aho iwacu nubwo woba utabikoze barakwemeza

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 2 роки тому

    Nibabice ntabo

  • @aishahamissi3775
    @aishahamissi3775 2 роки тому

    🤔🤔🤔😭

  • @Muka81
    @Muka81 2 роки тому

    Wow so crazy 🤬😡😡😡 how can they do something like that 😳.

    • @fridaytv3818
      @fridaytv3818 2 роки тому

      The first things people we so messy up and we are not good Shortly

  • @mbabazifelix5391
    @mbabazifelix5391 2 роки тому

    Ibindi nihano 👇👇👇ua-cam.com/video/ffeCS9MHDMI/v-deo.html