Pi amakuru Masha, ICE network, DAGCOIN
Вставка
- Опубліковано 18 вер 2024
- #pi open mainnet New Update #pi kyc New Update #ice network New update #Dagcoin listing update #
Utarakora ICE network mining ca kw'iyo link :
ice.io/@brian7
NICKNAME qui t'a invité andika brian7
Mbega amakuru aremesha !!!! Uhore gutyo muvukanyi
Mukomere cane kumakuru Mèza mutugezaho❤❤❤❤❤❤
komera mugenzi wanj
Turagushima kumakuru muduha mubandanye mudutohoreza n'izindi Coin
Muraduha grpe ya ice network
chat.whatsapp.com/D7RGJ06cw7oBytPh3fQeIP
ice.io/@brian7
Utarakora ICE network,ca kw'iyo link, nickname ya qui t'a invité andika brian7
Dagcoin:
Announcement!
The listing date (start of trading) is 9th of August!
There will also be an official announcement from the exchange platfrom on the 7th of August!
Depositing coins to the platform will be possible after the official announcement by the platform.
Abo muri DAGCOIN oyeeeeee
TUBWIRERE MUTAMA
Hezagirwa cane
Turagukunda cyane ariko see nibyambere twarabibuze ngo tuge mubindi ntabwo twabivamo
Tubwire ingene barungika Ama pi kuyindi count
Izo compte zose yaba iyirungika canke iyirungikirwa zigomba kuba zarakoze kyc!
Pi net work
Ndug yangu waduhevye kabisa nta gishasha kweri
Tenyenya gato
Sawa sawa
Twari tugukumbuye
Mwiriwe cane!
Nimuze du créer groupe ya ICE,nanj ndik ndayikora mugabo simbona iy bizoherera😂
chat.whatsapp.com/D7RGJ06cw7oBytPh3fQeIP
Impa pseudo kaw ninjirireko non
@@elyseniyindagiye6450 brian7
duhe link ya ice network
ice.io/@brian7
NICKNAME qui t'a invité andika brian7
Jew ICE narayuguruye nda mira ariko ndabikora nk'umuntu aja iy'atazi
chat.whatsapp.com/D7RGJ06cw7oBytPh3fQeIP
Urumugabo kbs
Pseudo kaw ka Ice Network
Ni batubwire inge twokugurura ice nukuri turabikeneye
ice.io/@brian7
Ca kw'iyo link, urabona Aho utelechargea application muri playstore, yugurure, urabona Aho wuzuza email yawe, kanda kuri login in, baraguha ibiharuro bitatu, vyandike ahantu, ja muri email urabe link baguhay , yikandeko, baca baguha Aho wuzuza vya biharuro bitatu, Uca ubona message ngo login successful,
Ja mur application ya ICE network uce wuzuza nickname NUKUVUGA user name yawe, Hama Nickname ya qui t'a invité andika brian7
Nuko Aho uca utangura MINING.
Twereke uko bakora kwc kuri pi no kuri ice tubimenye
Jewe mfise ikikibazo uzomfashe umpe inyishu jewe nuguruje pi network muriterefone barampa kyc ariko ntarayikora iyofone ica irapfa nguze iyindi nshizemwo pi network ncansanga naribagiye modopase yiyo nahoranye inca nugurura iyindi imwe yambere mbandayihevye none maze hafi amezi 10 ntibarampa kyc ariko aboninjije abagize umwete wamayinigi barabahaye kyc none jewe utohoje wumvabazohavabampa kyc?natanguyegucika intege kweli
KC naje narayipashije mugabo ntiraba validé
Ikaze mugabo komeza utugezeho amakuru
Open mainet iri kure nkukwezi.😮😮😮😊😊
Bwerera umwaka ntibwerera inzara, pi network si Get rich quickly!
@@fulgence7😂😂😂 iyo nyishu ntawokwibaza ko ivuye ku muntu yama abwira abantu ko open mainet ari vuba cane gose. Mukama mukama 😂😂😂
@@ndayishimiyeeliphaz6394 Nawe uri muba get rich quickly, ce n'est pas comme ça que ça marche
Ikibazo ni kimwe kuberiki badatanga KYC de mass bagatanga kamwekamwe conk migration Nico gituma atawokwitega mainnet Ubu
Terimbere
None iyo ice uriko uratubwira ikorwa gute?
Ikorwa nka pi network, ni mining nayo
Nciye kur link yaw,ndahejej gukor compte ya ice network
Thanks
None impa num yaw nkubaze
Ko nagroup yanse kuninjiramwo nzomenya gut amakuru utanshizemwo
Impa WhatsApp yaw tuvugane
Nta grp ya WhatsApp
chat.whatsapp.com/D7RGJ06cw7oBytPh3fQeIP
Code, toai48
Tubwire ingene barungika Ama pi kuyindi count
Twari tugukumbuye