Reka Kwipfuza umugisha wa mugenzi wawe 🤔

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 22 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 8

  • @mutesiines7678
    @mutesiines7678 Рік тому

    Murakoze

  • @user-12_-684
    @user-12_-684 Рік тому

    Neza cane muvyeyi

  • @queenjoy5087
    @queenjoy5087 Рік тому

    Urakoze kunyigisho uduhaye.Iyisi tubayemo yuzuyemo abantu bipfuza ibintu vyabagenzi babo

  • @valeriensengimana9721
    @valeriensengimana9721 Рік тому

    Ukuri kwuzuye nuku ubwa nivyo dufise👍👍

  • @macydon4829
    @macydon4829 Рік тому

    Kwipfuza kdi nicaha ,murakoze kunkebuzo

  • @jeanmariebigirimana
    @jeanmariebigirimana Рік тому

    Ikiganiro ciza cane umuntu nukubumbwa nivyafise hama agashima Imana ,kuko ivyo bamwe barirana nivyo abandi baririra!🙏🏽

  • @kezajolie8682
    @kezajolie8682 Рік тому

    Kwipfuza nibibi kweli
    Birashobora kugukwegera mucaha

  • @marlynini5483
    @marlynini5483 Рік тому

    Nivyo caane, murakoze kumpanuro muduhaye