Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Bakunzi ba Jeanine tv mwese aho mutumbereye ndabaramukije ndabifuriza igitondo ciza c'umugisha, 🙏
Merci.L'introduction est trop longue et tu répètes la même chose.Ndagukunda❤
Ok uyu muti irakora kweli
Mwubahwe cane Imana ibongere umugisha
Umutinuwahe none cyangwa ni intama
Mama nzabikora nibikunda nzagushimira
Urakoze cyaneeee njyew nguma mumadeni yinzoga ngiye kubikora nkabona birakoze nzogushyimira p
courage
Ibiganiro vyawe nivyiza , sauf que urandira cane! Gerageza ufate umwanya muto wogukora ikiganiro . Merci beaucoup 🙏🏼
murakoze kuriyo ntererano,❤️
@ ❤️❤️komera cane . Ibiganiro vyawe ni toooop juste guhindura umwanya ukora ikiganiro
Asante sana mama
,🙏
Yoooo Sha Nukuri njyewe iyontagasomyeho mbanumva haryabuze mubuzima nashatse kuzireka biranga neza rekambikore Wenda Imana yanfasha nkazireka rwose ntakizacyazo
Wewe utwigisha neza Ariko ubanza kuvuga ibintu vyinshi,ivy'utwigisha ubitangura twarambiwe kandi tuba dukeneye ico ugira utwigishe. Introduction yaw itwara umwanya munini
Urarondogota bituma turambirwa kumviriza ibikenewe !gabanya amajambo...
Apuu ndagiye
Aho kwihutira kuvuga nyamuti uguma udutwara umwanya. WE ntuzi KO umwanya usigaye izimvye? Ba unyarutsa ntabi odio birebire dukunda
Mercii turagushimiye
Mrc mwiza wanjye
Urakoze jeanine kuduhanura.
namwe❤❤❤
Narabikoze. Byaranze
urongera
Gabanya amajambo muri présentation
Wadutindiye vuga
Haruwunywa zose
Turanbiweabvugaubusa😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😅😅 1:52
Urakoze ❤
Inzoga sikibazo , ikibazo nukuba imbata yazo ( was addiction)
hariho Abo bagize imbata naje ndimwo
Vugase !!
Umuntu arashobora gukoresha amabere bere ye?
egome cane
Ico nagaye Nuko watwimye numéro yawe
Uvuga vyinshi ariko ntuduga kwi ijambo nyamukuru. Vuga uko bawunywa gusa ibindi vyihoza uyo muti niba ukiza koko bazowunywa
Gende
Uyo muti siwo kuko jewe narabigize ariko vyarase ngira wotubwira uwundi
Ariko uwogushaka kwijambo yorironka yihebuye,mbe niyo ushaka kugaburira abana ubabanza kubicisha umunoho nkukwo,burya ahanini Abantu benshi baba bakeneye umuti,ibiganiro uwubishaka yogusaba audience.pardon!
None Ari umugabo wanjye namuha uwo muti bigakunda?
Yewe Hari uwandangiye uyo muti.kabisa.Ariko nabuze uwo nosaba uwo muti.
Uraturangira umuti wo guheba itabi
Harunwa zose atavangura non ntamuntu woduha awunyoye murimwe zose aba azihevye
Uvuga byinshi bitari ngombwa
Uratubwira uwo guheba itabi nawo
urihe?
@@EvelyneIrambona-h6v urafata agasogoto kamwe ushiremwo akanyabutobagi(agafushi) Hama udomeke ukwege uzorara urivevye
@@DavidNdayishimiye-w1h agafushi sinzi Aho nogakura
@@jeaninetv imuyinga
Nibafate amagi 2 bacange niyonzoga ntasubira kuyishaka.
egome cane nubwo nubundi buryo
Amagi mabisi Cy ateyse?
Amahoro cane none arumugore wawe yonsa Ayo maberebere ntakora?canke hakora maberebere avuye kuwundi
ntangorane niho yoba yizewe,❤️
Ariko kandi uwomuti nuwumuntu anwa inzoga zubwoko bumwe
Nibaze barabikorera abantu babirewe batabizi niko kubafasha
oyaye uramugisha inama iyo zimukoresha amakosa ukamwereka ububi bwazo
Sinibaza ko bikora vyose nimumutwe
Uwabikoze azatubwire nibabikora
Wabuze ivyuvuga ubujambo gusa kwenda
Mw'izina rya yesu
Kuba utisonera n'ibisanzwe ntiwarezwe muga ntawakubwiye kwumviriza uyumuvyeyi dukunda kuburyo wota indero kugeza hiyo
Nanjye uwumpe !
Non Jaja ufise inda wowunwa
cane gose
Tuzo uronka gute congo