Amarira😭Ni Menshi😭Kuri Mimi Na Maman Wiwe/Ukwagirizwa N'Umugabo Wiwe Bavyaranye Abana 3 Ko Yabataye

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 544

  • @MarieAlineNishimwe
    @MarieAlineNishimwe 2 місяці тому +4

    Sha Mimi ihangane Imana nizagutererana ndagukuna cyane mange nshaka gukina flim ariko simfite uwamfasha none nagusabaga ubufasha ❤❤❤

  • @afri_life1996
    @afri_life1996 2 роки тому +15

    Ariko mimi nawe akwiye kwumvirizwa neza kuko nawe ndumv ashobora kuba afise agahinda!! Urya mugabo wiwe nabonye afise amanyama menshiii Canée!! Avugngo sinamutwaye ngo nuko ndamukunze ngo nuko ari mwiza🙆🙆 ipuuu ntamugabo ari harya!!

  • @TuyishimeJeandamour-pb7ce
    @TuyishimeJeandamour-pb7ce 2 місяці тому +3

    Mimi ihangane sikobizahoro kubamutegereje turagukunda ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @JeannetteUwimana-q8w
    @JeannetteUwimana-q8w 2 місяці тому +3

    Na maman wiwe numu star ngo Imana izomufyondera akantu

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 роки тому +5

    Iconohanura mimi nakoranye Famille babahanure kugirango asubire kurera abana biwe vraiment, Mimi ntuzosubire gushira mama wawe kuma reseaux social

  • @basabd6315
    @basabd6315 2 роки тому +4

    Star boy ivyo uwomuvyeyi ariko aramvunga sindavyumva neza arahindangurika ubu turachak nkawewe nyen nkumutananirwa utunzanire mimi numungabo wiwe icyo tumenye ukuri kwavyo

  • @eliegatabazi7380
    @eliegatabazi7380 Рік тому +1

    Mimi courage na filme vyose n Imana tu uwucucafuz naw aragahura na guba rwabigati ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤turagukunda can mur film ndundi

  • @logic-commentetor3258
    @logic-commentetor3258 2 місяці тому +2

    None ni gute uwo mugabo yigira igihahe akamera nk'aho umenga ararengeye amategeko. Afise inguvu zingana gute? akora akahe kazi? Ntivyumvikana kabisa!!! Pole sana, Mimi.

  • @MinaniMarie
    @MinaniMarie 2 місяці тому +2

    Mimi pole sana abavuga bareke bavuge ntajoro ridacya ndagukunda Mimi❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @anealane7313
    @anealane7313 2 роки тому +3

    Muvyeyi umwana wawe niwe utamutoza indero kwel none ubu urabihinduye ivyo wavuze mimi itonde shaa abisi sibeza ntujane nisi mugore mwiza

  • @niyinyongerajacky4387
    @niyinyongerajacky4387 Місяць тому

    Nukuri mimi ihangane ❤❤❤ ncuti mukundwa bizashira ntamvur idahita

  • @Mireille-k9b
    @Mireille-k9b 18 днів тому

    Imana iruta ingaboo Mimi ihangane nukuri aharukuri haragarara Kandi ukuri ntikunyegezwa wew intambara yirekere Imana ntakiyinanira izobiroranya

  • @Mireille-k9b
    @Mireille-k9b 18 днів тому +1

    Niwihangane Sha Mimi gusa ntagifise intango kitagira iherezo

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 2 роки тому +1

    Nkurikir ikiganiro nter comment mimi ng ntiwihakany aban Imana imubabarir kweli 🤔ng mama yarahenzw deja nurugo gwa 1waratay umwan WA 6mois 🤔ntamatek urik wubak

  • @NtirampebaAnge-l5v
    @NtirampebaAnge-l5v Місяць тому

    Urumuvyey mubi niw wariguhanur mimi asubire kurer aban naw ntukunda abuzukur ubu uremey ko mimi azoja murugo rugir gatatu muhanure asubir kurer aban biw arinka ww warikwemer ko bamukwaka mimi waw kirazir muzobonibar abandi bavyeyi barwa kubana

  • @christineuwimana8640
    @christineuwimana8640 2 роки тому

    Kutavuga icaha mwizina nico catumye yakobo anyaga umugisha murumuna we kubera nyina uwo mimi wenye yaeivugiye ko afise uwa mufashe nukuvuga uwumukunz aranerekana ko ata ni mpeta yambaye nn urumva mama wiwe Imana imuhindure

  • @francinensabimana9218
    @francinensabimana9218 2 місяці тому +1

    Ahorero mubonye yamamaye none mutanguye kumusakuzako komutarimwarabivuze kera hose rata Mimi niba abobana bahari bemere ubandanyurugendo ntuzobura gushika aho Imana ishaka.

  • @PhilbertHabonimana-o1z
    @PhilbertHabonimana-o1z 2 місяці тому

    Mimi numwana mwiza kwel ntamuvyeyi yihakana umwana abonye yatagase Noé atanguyekuvugamajambomabi nokumucafuza atalambalolo mimi ihangane mukobwawayesu Imana izoguma ikuduza

  • @omarelhabibi4071
    @omarelhabibi4071 2 роки тому +8

    Sha ntivyoroshe kweri rek tubirabishe amaso tubihezagize ingohe😲😲😲,

  • @سارهانا-ز8ت
    @سارهانا-ز8ت 2 роки тому +2

    Reka kubesher umugabo waw ngenda urere aban bawe kuko sivyiza ngo nuko watey imbere ivyo nama film bifis igihe gito ntabw uvuga ngo watey imber ataco ufis umugish waw nibarya bana

  • @Maryam-hl7hk
    @Maryam-hl7hk 2 роки тому +4

    Ntamuntu yokwihakana Abana kwl hewe ivyobibaho koko??

  • @Robinho2024
    @Robinho2024 2 місяці тому +1

    Mimi courage ,abanyeshari bashaka kugusiga icyondo ark ntibizakunda Imana iragukunda
    Mimi nkunda invugo yawe ,ndanakwikundira

  • @NininahazweClodine
    @NininahazweClodine Місяць тому

    Abahungu bo murubumba Niko abbaye mimi winsengere Imana inzoguhonza.

  • @Chanyqueen
    @Chanyqueen 2 роки тому

    bacumigani bati ihwa riri kuwundi rirahandurika kandi ngo uwutaraburogwa avuga ngo ..................uwo bitarashikira niyivugire ayagomba,ukuri kurabo kuzi Imana.Mimi komera ivyo bihuhuta bizohita

  • @MUSHIMIYIMANAClementine-ie7sf

    Clementine mu Rwanda mimi ndagukunda cyane humura ntamvura idahita Imana irabizi komera

  • @TuyishimeJeandamour-pb7ce
    @TuyishimeJeandamour-pb7ce 2 місяці тому

    Mimi ihangane nubwo ufise agahinda IMANA irahari iragukunda❤️❤️❤️❤️❤️

  • @mazembekarabasansi8254
    @mazembekarabasansi8254 10 місяців тому

    Ese aho iburundi ntategeko rirengera umwana wafashwe kungufu? Abarundi namwe muracyari inyuma cyane. Mimi agomba kurenganurwa

  • @MutabaziBernella
    @MutabaziBernella Рік тому

    Mimi wihangane caaanee Usenge kumwe n'Imana bizogenda neza urumupfasoni yitonda Imana ikurengere mwiza izisubire iguhuze nabana bawe

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy5505 2 роки тому +2

    Sha Imana ikubabarire Mimi naho umugabo yoba mubi mwitwa ko muri aba KRISTO mwari kubihereza mu Bakozi b'Imana bakabahanura umenye ko n'Ijambo ry'Imana ritakwemerera kandi murugo ntivyama vyuzuye ico Umukenyezi ajejwe nugusengera urugo sukuruta

    • @mamacheiilla72
      @mamacheiilla72 2 роки тому +1

      Umuhanuy neza

    • @Chanyqueen
      @Chanyqueen 2 роки тому

      yooo abo basenga nabo iyo bakoze ikibi kiruta abapagani nukuri

    • @habimanapascal4443
      @habimanapascal4443 2 місяці тому

      None yageze aho kwahukana bidakomeye

  • @duwayenzuagnes3302
    @duwayenzuagnes3302 2 роки тому +1

    Erega mimi umugabo waw ntiyashavuy kubera ukina filim oya yashavujwe nukubera waguy gukina ivyobintu mutabigiy inama

  • @geregoniyanizigama6061
    @geregoniyanizigama6061 4 місяці тому

    Mimi courage Yesu azogutwenza nunvirije abobagabo ukwari babiri bagutwaye mumanyanga yagufasha kugira akwikwegereko cakora inkuru yawe irambabaza banzuruhuke kandi ntuzopfe guhubuka murukundo nukwitonda mukigana bihagije

  • @uwimanaangenelly348
    @uwimanaangenelly348 2 роки тому +8

    Uyu maman Mimi aranyishe kweli nubwo Mama.wanje ankunda.sinibaza koyokubahuka kubesha nkukooo ndumiwe pe

    • @delacycy
      @delacycy 2 роки тому

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @JeandedieuNdayizeye-ko5vy
      @JeandedieuNdayizeye-ko5vy Рік тому

      Erega ntaburyo yoreka kumushigikira kandi ariwe amutunze mimi atunze mama wiw none wunva mama wiwe yomuvuga nabi?nikibaz

    • @ElianeTuyizere-uu3pf
      @ElianeTuyizere-uu3pf 4 місяці тому

      Nimumurek sh!

  • @happyhappy3493
    @happyhappy3493 2 роки тому

    Sha mimi mpore muvyeyi abagucirimanza ubime amatwi ivyingo namabang kand abamenyedhamakur nabo baba bakeney kunguka vyiza wirinde kubahumwany cane

  • @JeanneNimfasha
    @JeanneNimfasha 6 місяців тому

    Mimi ndagukunda ariko ndagusabe ukomere kandi ugire umwanya umugenzi kandi uwo mugenzi uzoze uramutuma aho ushaka hose bisobanura ngo kubabara kwawe ibihe umwanya kubazogukunda abahe umwanya nabasi ubahe umwanya ikintu cose ugihe umwanya guco bizogufasha❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @EsperanceNikeza
    @EsperanceNikeza 6 місяців тому

    Mpore Mimi ndagukunda.Komeza usenge Imana yaw Hama urondere ubuzima kuko umwansi wawe yipfuza wicw ninzara.amaz kuguta ukaronka uko ubaho komeza akazi umwime amatwi

  • @MukashyakaPatirs
    @MukashyakaPatirs Місяць тому

    Mimi ihanganepe imana irakuzipe Kandi ndagukundacyanee❤❤❤

  • @nshimirimanarebecca7344
    @nshimirimanarebecca7344 2 роки тому

    Kwihakana abana!!!!!!! lMANA irihangana mimi.gusa rero sasa wahora unryohera gusa Ubu nisanze wamberey umuntu mubi.ishusho yumuntu niw wayizanye

  • @esperanceharimenshi4181
    @esperanceharimenshi4181 2 роки тому +5

    Emwe uri umuhemu nukuri.nahomwoba mufa ibikomey numugabo ntiwota abana

    • @سارخهلا
      @سارخهلا 2 роки тому

      Nirof naho womufata iriy mugitand caw ntuturug ugw muban

    • @anitha641
      @anitha641 2 роки тому

      Ahubwo muribirofa muri mwisi muzona niyo mutadedemba murimbwakazi zabakobwa

  • @BebeNiyonshuti
    @BebeNiyonshuti 2 місяці тому

    mimi courage pe yesu akomeze akagero imbaraga kandi ibinyoma ntibikakumare imbarage kuko yesu arabizi byose kandi izabikora. ndagukunda cyane kandi nakwigiyeho vyinshi cyane.

  • @nqubh3520
    @nqubh3520 2 роки тому

    Nukuri tuvuganye ikuru maman wa mimi yihindukije kwijambo yavuze ubwambere bibonekeyuko mimi yamusavye nyina ww umuvugire kugira areke kumaramara

  • @nostresslyly5454
    @nostresslyly5454 2 роки тому +22

    Sha uyu umuvyeyi wa mimi arayobeye pee jw shak uzotuzanire mimi n umugbo wiwe kuko mimi na mama wiwe bose nico kimwe

    • @jeanenshimirimana987
      @jeanenshimirimana987 2 роки тому +3

      Uvuze ukur muntu wanj umwan nanyina ntibaduhend kuko nabana biraboneķanako bafis agahinda

    • @mamacheiilla72
      @mamacheiilla72 2 роки тому +3

      Uvuz ukur

    • @سارخهلا
      @سارخهلا 2 роки тому

      Uyo mumama arik avug ivyo mimi.yamuteragiyemwo ko adatobor neza icatumy acay umwan.arize ng agire yahukan.umubaz impamvu ngo amukorera ikibi nkah wumv arik avug ik??

    • @meshoalqahtani394
      @meshoalqahtani394 2 роки тому

      Mimi yapanze mamawiwiwe amwambikizera niyompavu yibagira nivyoyavuze imbere bose nidyadya ntubabona

    • @niyonkurupelagia8775
      @niyonkurupelagia8775 2 роки тому

      Uwushakukuri ahige umuwubazi neza abibaze mimi nishetani yibereye ngaho yariyatomboye sha umugabo sha yihanganira umunyamafuti

  • @NizigiyimanaEmelyne
    @NizigiyimanaEmelyne 25 днів тому

    Mimi atumyendira kuk nanj ndafis umugabi adashobok nkuyo cloude nukur ndakwigirako vyinsh

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life 2 роки тому +2

    Starboy iyo umanza ukaraba ibiganiro urya mugabo wiwe yakoze nabatoyi biwe hama ukaza umubaza ibibazo wisunz ivyo bavuze kuriwe nay ngah sinumv ico wakoze kuko ntakuri mbona kwiwe ngah muvyo avuz

  • @jeaneniyonizeye787
    @jeaneniyonizeye787 2 роки тому +7

    Yoo kunbe mimi yarafise abana nahoranibaza kakirinkumi

    • @Fildaus6306
      @Fildaus6306 2 роки тому

      Hhhh niko yigira nyen niho yabihakana ashaka kwibera inkumi ishushe muma cinéma sha ahubwo isi ihindura kwinshi

    • @jeaneniyonizeye787
      @jeaneniyonizeye787 2 роки тому

      @@Fildaus6306 nihatari maa chr narumiwe gusa sivyiza kwihakana abana ukoko abana numugicha hariho nabababuze babichakira iyavugichukuri

  • @kigemenoella5297
    @kigemenoella5297 2 роки тому +3

    Mbariza mimi igituma yerekanyeko ata mpeta yamabaye kandi divorce ya 2 itaraba??

  • @lydiauwingabire7312
    @lydiauwingabire7312 Рік тому

    Komera imana ikuje imbere muvyukora abana bazokura kandi bazomenya ukuri mimi ndagukunda

  • @monique1191
    @monique1191 Рік тому

    Mpore shaaa mimi YESU arikumwe nawe izozitontoma nk'intambwe ntiziryana

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 2 роки тому +8

    Uyumujama nawe aranyishe ubunaho arahinduye ivyoyavuze uryamusi ubunaho arahinduye mungu wanje nawe urateranya 🤔🤔🤔😳😳

  • @NiyonkuruIsabelle
    @NiyonkuruIsabelle 2 місяці тому

    Chn Mimi bihorere buriwese avuga ibye ndagukunda cyane rata burya umuntu aberwa nuruvugo sibyo barekebavuge batasema batachoka

  • @desiresabushimike3772
    @desiresabushimike3772 Рік тому

    Si n'akazi gusa Mimi, mbere ukina neza, none rero udukinire vyiza vy'Imana n'abantu.

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 2 роки тому

    Nihatar Kbx.ntivyoosh non burya woba urumukobw ukavan nabagabo babiri hama ukazohav wubakan nuwund mugab wakangah ivyingobiragoy Kbx ntawameny🙏🙏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 2 роки тому +1

    Star boy ja kuri kirezi media urabon video mimi yikany aban ninac sewiw catumy aj kur TV online

  • @UwayezuAdelphine-y5z
    @UwayezuAdelphine-y5z 2 місяці тому

    Mimi haniwacu murwanda turagukukunda gusa nanjye byambayeho gusaharimana ihiza amarira gusa mpfite impano gusa nifusagako haricyo wozafashape

  • @AkarikumutimaAnnonciatha
    @AkarikumutimaAnnonciatha 2 місяці тому

    Mmimi ihangane kuberako abantu bose ntago wabashimisha kandi wihanganire abikomere bariko bagutera kuberako ntamubyeyi yakwisigira abanabe yarababyaye abishaka kuberako bari kureba kuruhande rwase gusa ntibumve uburibwe urimo ihangane usenge bizagenda neza ujyukoneza gukunda abana bawe yego kandi ndagukunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤ndi murwanda🇷🇼🇷🇼

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 2 роки тому +18

    Hemwe Abantu mubona ububeshi bwinyegeje cane hagati ya Mimi and maman wiwe 🤣🔥 tumenye 👇 biracafata Indi ntumbero abemezanya nanje ko Mimi yadugije ibiganza 🤚🤚ngo ntampeta yambaye tubandanye kuraba ishusho yumuntu🙊🙊🙊🙊

    • @janetgaaj2705
      @janetgaaj2705 2 роки тому

      ibibintu sindavyumva

    • @omansur6584
      @omansur6584 2 роки тому

      Emwe yarabivuze kbs arerekana ninoki kbs

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 2 роки тому +1

      @@janetgaaj2705 nicobita akanyamuji ishusho yumuntu 🙊

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 2 роки тому

      @@omansur6584 nkora muntoke 🤝dayimoni ziragwira

  • @juliettetuyishime4079
    @juliettetuyishime4079 2 роки тому

    Ico nomufasha nuko yosubira murugo akarera abana,nimba koko asenga ,ikigeragezo kibaho kugira ucihanganire mimi ,ntampamvu ihari imbere y, IMANA.

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 2 роки тому

    Umugore wikirara ata abana wofuma uhangayika nabanq bawe kuko umwana ninyina kandi mwigira ngo murabakizwa kumbe mwiyorobeka mubantu pumbavu zenu imaraya yumugore

  • @alineniyonkuru5596
    @alineniyonkuru5596 6 місяців тому

    Mimi nihangane haribintu biba kugira uronke inyishu,rer uyo iyo uvurwa cane ninyiahu ibashitse

  • @FdsFds-b9c
    @FdsFds-b9c 2 місяці тому

    Mimi imana yacu ni Imana idukuda ihorere yishurira kuvihe dagukuda jew

  • @susanali3047
    @susanali3047 2 роки тому +2

    Pol Sana Mimi ubuzimankubwonarabunyuzemwo gusa imana izoguhorera wihangan e disi

  • @manirambonaemeryhasta3739
    @manirambonaemeryhasta3739 2 роки тому +1

    Turasavye muze mugire émission irimwo urya mugabo wiwe na mimi na maman wuwo wa mimi nurya mukobwa bavukana na mimi niho tworonk umuco ukwiy.uwo musi nyen hazoc haba dialogue muriyo dialogue bace bagira ikintu bita vérité et réconciliation.

  • @jeaninempawenimana7180
    @jeaninempawenimana7180 Рік тому

    Sha Mimi niwigumire ku Mana, Abo nabo bagutyoza nabatazi ikibi cumugabo yakwanse wota abana woba urumusasazi ?Niwinumire maze ukuri kuzogaragara burya lmana izotinda ibishire kumugaragaro

  • @esperanceharimenshi4181
    @esperanceharimenshi4181 2 роки тому +3

    Reka kuvugira umwana waw muvyeyi

  • @annociatephilipe6048
    @annociatephilipe6048 2 роки тому +12

    Kandi nyina ntiyomuvuganabi,uwawe uramufukafuka🏃🏃

    • @سارخهلا
      @سارخهلا 2 роки тому

      Yarabivuze nyin wiw yonger avug ko mimi.yasaze bomutwara kumuvuza non ngah arahinduy ivyo yavuze

    • @tecquistenina2378
      @tecquistenina2378 2 роки тому

      @@سارخهلا 😂😂😂😂😂jemurantesa nukuri😂😂😂

    • @immaculeenduwimana6873
      @immaculeenduwimana6873 2 роки тому

      Ibaze ngo baramuhanuye murugo ahebe Ama film akanka sha maman nawe arimukantu

  • @GloriaTuyisenge
    @GloriaTuyisenge 2 місяці тому

    Mimiii nzokwama ngukundaa uvuga utuje shaa❤❤❤❤

  • @christineuwimana8640
    @christineuwimana8640 2 роки тому

    Icaha ni caha umuvye nkuwo ashigikira umwana mu mafuti uwo ntawe aragowe Imana izomubaza munshingano zo kurer ico yakoze uwo nu muvyeyi mubi cane

  • @NiyeraNadège-b2l
    @NiyeraNadège-b2l 8 місяців тому +1

    Nn abo bantu bacafuza mimi baramuzi? Gucafuza umuntu bibaho

  • @EddyBizimana-z2f
    @EddyBizimana-z2f 8 місяців тому

    ntawakoreye Imana azokogwa nisoni mimi wanj humura Imana izoguhoza amarira❤❤

  • @MukashyakaPatirs
    @MukashyakaPatirs Місяць тому

    Mimi nkundafirimi ukina,Mimi ndagukunda❤❤❤.

  • @sarahndayishimiye613
    @sarahndayishimiye613 2 роки тому

    Na maman wawe kuvugira impande yabana bawe ngo ntukomeye mumutwe nawene yarakoze amakosa.ivyo bintu vyanyu vrma birayobeye pe

  • @GraceFifi-o7f
    @GraceFifi-o7f 2 місяці тому

    Himura Mimi ntampavu uburana Imana izakuburanira ukomeze usuke amarira yawe izabaguha

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 2 роки тому

    Ngoyarabakwimvye reka kumubeshera hama nuwambere baramukwivye wokumugabowambere hubwondabona nanyokowawe aragushigikiye mwese igihano cimana kirabaridiriye

  • @NtirampebaAnge-l5v
    @NtirampebaAnge-l5v Місяць тому

    Mimi ndagukunda cn ariko urareb ingene wokweger aban wobukoz cn

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 роки тому +3

    Ivya mimi nakumiro bafisindimi 2 na mamawe ivyo bavuz muri interview yambere barabihinduy mimi we yarivugiy katampeta arambikwa yafashwe🤔🤔🤔

    • @mamacheiilla72
      @mamacheiilla72 2 роки тому +1

      Barahindagur imvugo

    • @KellyDUSABE-ci8rj
      @KellyDUSABE-ci8rj Рік тому

      Kwambara impeta nukuvyara ntibisa .abavyay batambay impeta nibenshiiii.Mimi urarera abana disi ibindi nibisanzwe.

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 роки тому +3

    Mimi inge ndakubwire nimba ukunda abana bawe wavyany genda ubatore ubarere aban baragushak kuko bagomba kuregwa na ban hama Mimi uramubabarira umubabo wawe murere bavy ban prix hama mama wa Mimi arahinduye imvugo ukoyavuze ubwambere siko asubiy kubivuga star boy turagukunda cane

    • @سارخهلا
      @سارخهلا 2 роки тому

      Uy muvyeyi bamuhay 10mill niyompamv ahinduy indimi

    • @jajairakoze5792
      @jajairakoze5792 Рік тому

      Mimi IMANA ntanzigo izoguhoza abagucafuza ntacobazoshikako ico yanditse yarandits abonabo bavuga ayo bashatse bareke isi ntisakaye nabo bonyagirwa

  • @JeanneBwirayezu
    @JeanneBwirayezu 2 місяці тому

    Iman igufashe mugenzi
    Yes akurengere ncuti

  • @GeneloseNdayisenga-ff7co
    @GeneloseNdayisenga-ff7co Рік тому

    Uwugutuka ntagutorer wihangane imana izokujimbere imbere nihez buriya umugabo ntiryarijuru ww bandanya ugororokera imana gusa ibisigaye ninyongera abahemu babaho maman

  • @irakozeadelphine272
    @irakozeadelphine272 2 роки тому +2

    Ivyumugore numugabo ntawobijamwo kuko ahobahuriye ntawuhazi nihatari

  • @fygg777
    @fygg777 2 роки тому +3

    Inkoko IMAz kurar rimwewishamb icik inkware mimi Yara maz kuba nabi uzo harurirw abagabo bangah kurinosi na Abel wenyen yavuz koyaraz kuri inkumi rek kuza mwiyorobek mwara vyaye

    • @rihannainafrique7094
      @rihannainafrique7094 2 роки тому

      Erega ukuri kurababaz mim azopfa yangara nka kahini.numugor wamber mbonye yihakanye uruvyaro rwiwe

  • @mireillemuhoza5521
    @mireillemuhoza5521 2 роки тому

    Umuti suwokuguma wahukana n'a ma divorce kandi umugabo waw asaba baguhanure kugira mwubak non wew akabay kose murugo mutumvikanako numugabo ucawahukana uzokobya ntazibana zitakubitana amahembe

  • @jeandedieukajoreza-uh9tw
    @jeandedieukajoreza-uh9tw Рік тому

    Nk'umuvyeyi yumvise igise uko kimeze . Ndateye ivyatsi ingendo ya mimi kuko naho umugabo yonkorera ikibi gute ntabwo nogenda ngasiga umwana wanje peeee . None usaba abana gute kandi ariwe wijanye atawukwirukanye. Uri umuntu mubi cane kubona usiga abana . Ihane kuko abana n'ingabire y'Imana

  • @aishaaisha8473
    @aishaaisha8473 2 роки тому +5

    starboy courage bro kimwe urasetsa pee ngo abana bamuteyigise😂😂ham kimwe Mimi arakwiye kwengera abana abana numugisha undasazwe

    • @fygg777
      @fygg777 2 роки тому

      Nubwo yosubirayo mimi yaramaz kub nabi mumutwe uravy incuro atay aban ukozingan

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 2 роки тому +1

      @@fygg777 nigiki cotwemeza ko abana batabamwima???

  • @DesireNshimirimana-d7y
    @DesireNshimirimana-d7y 2 місяці тому

    Jew Mimi ndakikundir ❤ i miss you 😘😘

  • @yvetteiradukunda425
    @yvetteiradukunda425 Рік тому

    Shaaaa kuba yarasize abana akumvako aryama bugaca ndemeye mimi numwiyorobetsi vrt arabe yasaze

  • @ngendahimanaalexis8704
    @ngendahimanaalexis8704 6 місяців тому

    Intego yuyumugabo nukugirango asebye Mimi amuteshagaciro muri sosiete ndundi,mbese yongere kuba mubuzima bubi cane ,abonye Mimi abaye umustari none ati reka musebye kuri media ,ibyingo nidange sha

  • @nadegendayizeye-kv7oh
    @nadegendayizeye-kv7oh 2 місяці тому

    Abantu barishushanya kubandi.ariko bamenye kumana ntibikunda.umwe wese azobazwa vyoyakoze

  • @jeannetteniyonkuru8627
    @jeannetteniyonkuru8627 Рік тому

    Abantu bo nabantu nyene baruca uko bavyumva.di mimi itekanire imana niyo mucamanza Mukuru

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 роки тому +4

    Ivyingo biragoye yemwe ndumiwepe ivyumugabo numugore oyaaaaaa🤭🤭 jewe ndumiwe kuko ndabona bitagiyekoroha🔥🔥🔥🔥🔥🔥nirenganira🏃‍♀️🏃‍♀️

    • @mamacheiilla72
      @mamacheiilla72 2 роки тому +1

      Irenganir muvyey

    • @irakozeevelyne6603
      @irakozeevelyne6603 2 роки тому

      umugabo wamajambo abateyubwoba

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 2 роки тому

      Nihatari niyompamvu kurongora canke kurongorwa arivyo kwitondera kubera umuhusha tunga ahusha umugore/umugabo kubwivyo rero urugo rwiza ni juru rito ariko urugo rubi nigehinomu

  • @uwimanaangenelly348
    @uwimanaangenelly348 2 роки тому

    Muriko muradukina kweli noneho ukuri nikurya nyene twabonye mbere ntamuvyeyi ungana uko yokubahuka kubesha imbere yumukwe uwo muvyeyi kweli arandenze kbs urya musi wamamaje kumukwe wawe mwibaniye nez uyumusi ugarutse umwihakana muvyeyi ba nkumuvyeyi impande nzose kd aho kumufukafuka mimi ahubwo wotuma umwicarira ukamuhanura kuko birya wavuze ntiwarisinziye

  • @MugiranezaAkimana
    @MugiranezaAkimana 2 місяці тому

    Mimi wange humurasha imana usenga SI bayari iracyagukunda Mimi wacu gusa ndigusenga cyane ngo wibere uwiwacu mu Rwanda Nsabi ndikumusaba cyane mwiyubacyire

  • @الينابروندي-ج8ث
    @الينابروندي-ج8ث 2 роки тому

    Nn gayemwe mwene wabo Yari kumubeshera Koko 🤔🤔🙆🙆🙆🙆🙆🙆

  • @odettemukarurema4959
    @odettemukarurema4959 2 місяці тому

    Ugombaguharanira ukuri nokubaha imana ibindibyo imana izobyikorera

  • @bakenifrederick4042
    @bakenifrederick4042 2 роки тому

    Mama mimi na mimi mbona ivyo bavuga aribimwe ariko mutoya wa mimi ivyo yashikirije bitandukany nivyo😑mimi ntamuvyeyi ashobora guta abana kabiri adafse ikibazo urakwiye gusengerwa

  • @NecelatteNdayishimiye-k7y
    @NecelatteNdayishimiye-k7y 2 місяці тому

    Non mimi abana kobakiri bato nshaka kumenya ukuntu wabasize murugo uk vyagenze

  • @angebellairatunezereza313
    @angebellairatunezereza313 2 роки тому +5

    Mubisanzwe ivyo mimi avuga cnk nyina ntibamaramara kk mimi naho yorara aravuga gute ntawomuhanura asambure. Kk ingo zibiri aguma ashaka divorce niwe acaboneka kwari mubi nkajew sinopima kumuvako naho yoba meze gute kugira simboneke kwarijew mubi. Kk bica bibonekako ariwe afise ingeso kubatahura naho yovuga gut ingozibiri wapi nakamaramaza😂😂nyina ww nawe ngira anywa utuyoga vrmt😂😂😂

    • @anithanshimirimana8552
      @anithanshimirimana8552 2 роки тому

      😂🤣🤣🤣🤣wabibonye kumbe uwo mama koyanyoy utuyog invug ziwe zibonekako mimi yamubwiy ivyavuga

    • @francineuwimana6098
      @francineuwimana6098 2 роки тому

      Ururimi rwumwe rurasosa kiretse uwobakoranya mimi numugabo niho yomenya ukuri

  • @alicealice364
    @alicealice364 2 роки тому

    Erega ikosa rihari Mimi ntiyari kwahukana Aja muri film yari gutaha muhira akabwira abavyeyi biwe ivyamushikiye ariko umukwe niwe yagiye kumubwira ko batarikumwe nukobwa wanyu umwaka ugahera abavyeyi biwe ataco bazi uwo muvyeyi nahanure umukobwa wiwe Ari mwikosa

  • @gloriosenduwimana2280
    @gloriosenduwimana2280 2 роки тому

    Mbega aho uwo mu Mimi yiririsha navugishe ukuri icatumye yihakana abana imbere ya caméra

  • @floridendayizeye7614
    @floridendayizeye7614 2 роки тому +2

    Ndababaze mbega wahukanye vyanse se wabana akakwima abana biwe wokoriki wamaze kurambirwa Abagabo bariyorobeka hanze sha ndabazi tu

    • @dorineirakoze3608
      @dorineirakoze3608 2 роки тому

      Ese Ingo zibiri zosee yahukanye Bose nibabi tok bamurab ivyomushigikira

    • @IshimweLeontyne
      @IshimweLeontyne Місяць тому

      Ese kuki Bose bataba babi ???? birashoboka rwose​@@dorineirakoze3608

  • @nadiajames4598
    @nadiajames4598 2 роки тому

    Noe ga mimi umwaka wose uheze ubataye ubu niho ubashatse abobana ????🤔🤔🤔🤔rekrek shaaa

  • @Miranda-iw9wf
    @Miranda-iw9wf 2 роки тому +2

    none vyukuri mimi azorongogwa kangahe maman nawe ubu naho arikumuahigikira none ivya mimi bizoherera hehe kwer ico numva nuko bovyumvikana akaja kurera abana