Ntegerezwa kuba uwa 5 uyu musi mumpe likes nyinshi. Hama reka rero ndabe ingene Enock na Madoudou bapomporana bongera badudurana ibisigaye ndabivuga ndavye film.
Mama ber ndagushigikiye urumwana mwiza mbegumu vyeyi we ❤️💃 Hama samwel uzagaruke nukuri azafumakina kama gafufuka 🙈🕺 nawapenda Sana from burund news Kuwait🇰🇼🇧🇮
Nabay uwakangahe😀😀madudu oyeee💃💃💃💃💃
Weekend nziza bantubacu muribwabumwe nurukundo tugirepartage kubagenzi nincuti nomumagroupe turabakundacane mwese mukunda ino saison
Asante turabakunda cn
Sami turabakunda natw jew nkavisafali nuguca munyakira mur rukundo tv
Murakoze natwe turakunda ibokorwa mukora kbs
Ikindi ugomba kwijwira wobogenza gut
Turiko dushima cane ino film kandi turakunda ivyacu,Ariko madudu agabanye uburofa kuko ubu ntakiri umuyaya,ni umudamu!!!!nakagohe
Uwamboney Madudu uko yeretse muganga uko Enock yokwongereza inguvu akande like ngaha
😃😃😃😃😃 madoudou kweli
aranyica braise ngisura nkigifyera
😀😀😀😀madudu waberewe urikibaju👌🏻
Uwabonye Madudu ko yisize nka Ebitoke ninde
Umugore wese arab mwiz umufash nez kbsa murabon ingen Madudu ar iki maman kiberey urugo vrt🥰🥰 courage ndabafana can👏👏
Inje kwirabira Maduduuuuuuuuuuuuuu!!!!!!!!!!! Abari bakumbuye Madudu tumenyane.
Nanjeeeee
Nari mukumbuye to
Mungu anamuona kuniumisha tu mbavu
Narimukumbiy can madudu kwelii
Nanjeeeee
Ndabakunda Cane Nukuntu Munyarutsa Kuzisohora💞💞💞💞
madudu yashikiwe murukundo❤️❤️❤️
😁😁😁 bless ati isura nkigifyer ibintu biraz nabi
Yoooooo belyse yoba yisarishijwe canke namuzimu wa samwera mwinjiye mana ntimutinde ❤️❤️❤️
Madudu yashitse murukundo na Enock❤❤😂😂😂😂😂 azotumara pee Braise ihangane ntakundi 😀😀😀🔥🔥🔥🔥🔥
Lov from ICIRORE FLMS. Turikumwe twese birashoboka
Yemwe jewe ninfuza kubona madudu yatwaye inda . Mamawe madudu aradryoheje iyi firime . Mukomereze aho 👏👏👏
Yooo berize ivyo wakoze uvyicuze ma duduuuuuuuuu!!!!!!!madame enock courage ndabakund.
Haaaa madudu wajye manawe sisem haaa💃❤️💐
Ewee ciza umuvyeyi asanuwund rek kuntwenz gus madudu punguza ubusazi
Berize nimitwe yashatse bureze ntiyasanze 😂😂😂😂😂🥰🥰🥰 murakoz kwer
Madudu ndagukunda ❤❤❤❤❤❤❤
Gasirida.wubahwe🤣🤣🤣🤣🥰
Madudu ejo Nukuzinduka bagupime inzoka 🤣🤣🤣🤣🤣
Madudu uko nyene uwananiwe yaragiye wew mwirerer enock😍😍😍
Merciii murakinaneza abiwacu burundi
Yeeeee nje nihuta nn muyisaniye hejuru inje kumunota umwe nn nsanze mwantanze haaaaa muyisamira mukirer
Madudu wee!ndakwemera cane kweli komez wipodora disi!gus urek gutwarira ibintu hejuru nturagera gutwara inda tuza!
Abagabo bamez nka Blaise kweli baruzuye umugore apfuye uba wibagiye nkub yumva ashaka gufunguza uwamwiciye umugore kweli.ndababaye
Belise na Madudu babikora neza kbs 👍👍👍😘
Mwantanse pe ubusekoko nkumbuye berize ndamukunda nubwagirama futi meshyi😘😘💖💖👏👏
Madudu Ubu uri umugore punguza ubusazi
😂😂😂😂Guys pls madudu mumukuremwo atazonkura imbavu zanje 🤣❤️🙏
Yoooo.belyse vyahuraguy.pore. Mbayuwanyuma.ndabashimiy ark murashoboy
Madudu were urankurah🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Belise gisara neza wallah ahusanga yisarishije kugira bamurekure hhhhhh!! Umupodo wa Madudu jewe uranyish
Madudu uyumusi aratwemez 😆😆😆🇴🇲🇧🇮
Rukundo tv courage
Mbaye mubambere kbx
yooo mapenzi mubashara kabis bleze reka abana bikundanire kandi bleze yubahe madudu bofre wawe
Madudu urarenze kweli
Ewe Maduduuu🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ngo yongere mwo inguvu, courage my team
At madud$ enock❤❤😂😂😂😂😂 ash barantwengej kwl, hanyum blaise wihangan😢😢😢😢😢❤
madudu komela 🇧🇮🇧🇮
Maduduuuuuu urasevyeeee 😅😅😅😅😅
Mdme Ennock wubahwee canee ♥️♥️ hhh ngw'inda y'ubushurii w kabijee kwl
Ndabakunda ndimurukundo niyi firm
Ewe kasirida urumut wamenyo😂😂😂😂
Mumpe like ndabaye uwambere vrmnt🤣🤣
Ntegerezwa kuba uwa 5 uyu musi mumpe likes nyinshi. Hama reka rero ndabe ingene Enock na Madoudou bapomporana bongera badudurana ibisigaye ndabivuga ndavye film.
Mumpelike
Ndabakunda cyane. Muzi gukina
Yoooo nukurikwimana muranyishep ngomamadudu nagafyerap 🤣🤣🤣
Igihugu gikeneye intwari nka samy
Rukundo TV mwagiy mwakina season idutwenza kbx
Komera mwaburyoheje cane ndabakunda cane
Ka si ri da mamaduuu wubahwe kbx
Yoo madudu ahahamiye inda
Ntawe bitabera madudu wangu wamotema uranyisheee ngo wumva noseux
Maduduuuuuuu aranyish🤣🤣🤣🤣🤣
Nukuraba Enock aze arahindur impuz sivyiza knd ari bosi knd ndabakunda cane❤️❤️❤️
Aratugayishaa kwl ar boss
Uyumusi mbayuwamber kweri raba mumpr
madudu wew nimujisho
Vyiza cane mukina neza Madudu uranyica
Madudu uranyishee😂😂😂😂😂
Vyiza kabisa mukomez mutunezez
Ndapfuye Madudu ngaguma rya utunyama twumy mubwirumugabo yongeze inguvu madudu
Maduduuu 💞💞💞💞
Arik nawewe madudu ntucurengwa nguzuragaya braise ni bofre waw
Ewe manayanjy aho Samuel azokubuza amahor
Madudu Ngo yisize abantu NG baratangara 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Maduduuuuuuuuuu uraryohehe kabisa
👇mundemere jamani niriwe kurarana umugeni😅🇴🇲🇧🇮
🤣🤣🤣🤣🤣Madudu uranyica
Madudu nagahungu nakakobwo🤣🤣🤣💓💗
Waooooh ndabakundiricop kuku muyizanye narindayishashay ariko rindira kwanza nfate agashusho hhh
Enock ni umugabo w'imbwa mamaje.dore igikorwa c'ububwa.sha film igez ahababaje
Madudu urabizi haha 😂😳😳😳😳
Nkur iyosur imbere isa nigifyera buca wurira impene😂😂😂😂😂
Nimunyarutse nirabire ka Bélize😂😂 noneho gatanguye gusara🙆
Madudu oyeeer nimwongerez inguvu uwomupodo ntiwokwijana uranyish niwayiryosha madudu
Jewe nibaza ko Belyse ari kwidiri🤣🤣🤣
Ababonye makeup yamadudu muzane link hano
Madudu asa na ebitoke😀😀
mwirambireturabakunda
😅😅😅Madudu yashikiriwe🤣mwubahwe bantu bezaa
Madudu 😂😂😂😂😂
Madudu aranyica kbs
Nacerew🏃♀️🏃♀️🏃♀️🏃♀️🤸♂️🤸♀️🤸♀️💃🏿💃🏿💃🏿
Braise yabavyaribishobok mwomanzamukamujan Madudu kwamuganga kk muzosangazararutse uwontakirimuzim
😂😂😂😁kasirida😂😂😂😂
12:19😂😂😂madudu kirasara ngo twongereze inguvu n umugabo 😂😂
Nikigugu cimadudu gusa kiradutwenz kwel
Yioooo madudu wetuuuuu urampimbara pe hahahahaha
Kabisa
Ino film ntimu kaza yirangize vuba kweri ninziza
Maman madudu wew mbeg iyab bose bayitwar nkik hohomvy benshi pe
Haha hamajew nduwakangahe nimuzimpe ntabuna
Blaise reka ubujuju nkinjiji 😏😏ngo uje gufunguza uwakwiciye umugore 😏😏
Aha nisawa
Mama ber ndagushigikiye urumwana mwiza mbegumu vyeyi we ❤️💃 Hama samwel uzagaruke nukuri azafumakina kama gafufuka 🙈🕺 nawapenda Sana from burund news Kuwait🇰🇼🇧🇮
Pole sana Belyse
Ewemaduduuuuuu we uranyishe kbx
Musigaye mudutindira kbx
Waaaaooooo unomusi ndazinduts
Man madudu uranyish nubwo nacerew Gus ndibuk enok abwir bless ngo aberany na madudu Noe dusanz enok niw aberany na madudu🤣🤣🤣