Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Akajagari gusa ...😢
Umukuru w'igihugu niyumve ugutaka kw'aba beneBurundi!!
Yooooooooooomuragowe murinabo musaba musayoshetani yatumariye ibibondo agurisha madorarimuricongo ntacumuntu yovuga
Ntasoni girico wubaha
Aba DD nibiko nimwasame mwiriza ngaho nibabnezwe.
Inzara iri mugihugu bakagazagura umuceriNumuvumo, umukuru wigihuguNabatabare pe
Never yabumvise nimutekane
Iyo nkuru ko idafise umutse nyezina umuntu atamenya ibibazo ivyarivyo neza
Abarundi urukundo rwarativye kl😂😂😭😭😭😭
Murabuze abo mutakambira huuuu 😂 burya ivyo vyose Evariste arabizi kabisa aho nimwihangane kabisa ntabantu mufise muriko mutakambira nibiseheranda gusa huuuuu😢
Nyakubahwa mucinkini izamba ababaturage barababaye.
bimaze iki none, abanyagihugu basohowe kwabase nasekuru , kandi umuntu atwaririra bene gihugu! izo ntwaro muzoba mumbarira ! ubu nukunyaga abarundi kabisa! kuhakorera nukuhakorera aho , nicokimwe ! barababaje ! nkabo ntibabatera ikigongwe babatwara amatongo yabo! ni mubasubize ivyaba se canke namwe baze bavyake abo muzosiga , muga mwebwe musahurira inyuma yuburundi manyina! imana izobahana
Ahubwo subiza inka kurishs kumutumba
irukana cnndd musibire munzira nziza
5:56
Muri 86 niho hagaburira benshi
Amakuru asaba gushikira abo vyega bose. Nibazako nibimenyesha makuru birya ibiturire. Biramaze kuvuga inkuru yuko bisaba amatohoza. Imbere yukuvuga inkuru nacane cane mubijanye namategeko
None , bari kwirukana abanyagihugu mu matongo barazwe nabasekuru ! Bimeze gute ! N'ingurane , vyanyobeye kumva ! Uyo abirukana ninde ko president Yama abwira abantu ngo barime ! Ikindi naco , kuki bamwandikira ntabasubize ! Abatware baho hantu , badashobora gufasha abo batwara vyo vyifashe bite ?
Icogisigo kitavuyeho ntamahoro bizoshoboka aruko ivyobisigo bibavuyeko
Bizokemuka vyose birikubomwa ntimukihebure cank mwumvire abantu ngo babarwishe tuza leta izobiringaniza Neva wacu turamwizeye komera batama
None ingorane yaho hantu niyihe abahashaka bahashakiriki ? Ingorane nyamukuru niyihe ?
Akajagari gusa ...😢
Umukuru w'igihugu niyumve ugutaka kw'aba beneBurundi!!
Yooooooooooomuragowe murinabo musaba musayoshetani yatumariye ibibondo agurisha madorarimuricongo ntacumuntu yovuga
Ntasoni girico wubaha
Aba DD nibiko nimwasame mwiriza ngaho nibabnezwe.
Inzara iri mugihugu bakagazagura umuceri
Numuvumo, umukuru wigihugu
Nabatabare pe