Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Wawooooo nduwambere abaza inyuma mundemer maze tumenyane hama dushigikir bano bantu bacu
Murakoze cane. Turabakunda
Kumb ubisamr hejr wentugotw❤️❤️
@@nadaiasd9284 eee ntagufyina
Hahahah.
@@Lesaviezvous2022 👍
Mwubahwe
Ooohje pauvre tonton agomba gutanga inkuru ibabaje kuri ses neveux😟!! Au secours au secours, il m' a fait plus pitié que la mauvaise nouvelle en soi!!Courage équipe💪
Thx my fan
@@annyesperancetubisabimana189 ##
Yeishkyeimvy6hk6Czdm
Iyi film irandijije kbsa 😭😭😭 yoo Kevin wihangane pee ivyo bibaho ark muzoyibandany
Irabandanya
Iyi film irandijij Kevin ihangane 😭😭ivyobibaho nanj narabibayemw😥😥😥
Murakoze. Bibaho n'ukuri
Roza ngo afata ifanta kandi ahora yirenza ibiyeri !!!
Félicitations saaana
Murakoze
Iraryosh pe
Muhana amajambo muvugir rimwe
Sinzobava inyuma kuk muri intwar kbx
Ntwengejw ningene tonton yaguma avuga ngo muri abantu bakuze muravyumva 😁😁😂
Tonton vyari vyanse kwatanga inkuru mbi.
Murakoz cane nukuri twari tuyinyotew
Murakoze cane
Uwakabir ham nzob uwamber habuz gat kwel
Vyose n'ishaka. Turabakunda
@@Lesaviezvous2022 nanj ndabakund san
Akabura ntikaboneke ni nyina w umuntu kbs
Courage kabisa
Courage 🥰🥰🥰🥰
Mbaye uwa 13.
Murakoze cane kandi turabakunda.
Courag
Merci
Mwirambire ndabakunda
Murakoze cane. Natwe turabakunda.
Birababanje
Cane ariko ubuzima niko bumeze
Le film est magnifique vrmt c'est bon avec l'imagemais il faut améliorer le sound(son) hari urwamo rwinshi surtout le vent
Merci pour votre appréciation. Nous avons constatez le problème. Nous allons corriger ça.
Yoooh Kevin Pol San 😭
W
Courage
Poaa courage,mukomere.
Mukomeze iraryoshe
Murakoze. Turabakunda ku ntege mubandanya mudutera.
😭😭❤️❤️❤️🙏🙏
Asha wapi ajwi nikibazo birajwangarara
Awl Tony harabaye ikibazo c'amajwi, ariko caratorewe umuti.
Courage turabakund
Uwo muntu yari kuru camera yavyononye kabisa
Harimwo utuntu tutagenze neza muraziko ikibazo c'ubuhinga kigoye kandi ivyuma atawubigira umugenzi ariko uko biri kwose turabakunda.
Wawooooo nduwambere abaza inyuma mundemer maze tumenyane hama dushigikir bano bantu bacu
Murakoze cane. Turabakunda
Kumb ubisamr hejr wentugotw
❤️❤️
@@nadaiasd9284 eee ntagufyina
Hahahah.
@@Lesaviezvous2022 👍
Mwubahwe
Ooohje pauvre tonton agomba gutanga inkuru ibabaje kuri ses neveux😟!! Au secours au secours, il m' a fait plus pitié que la mauvaise nouvelle en soi!!
Courage équipe💪
Thx my fan
@@annyesperancetubisabimana189 ##
Yeishkyeimvy6hk6Czdm
Iyi film irandijije kbsa 😭😭😭 yoo Kevin wihangane pee ivyo bibaho ark muzoyibandany
Irabandanya
Iyi film irandijij Kevin ihangane 😭😭ivyobibaho nanj narabibayemw😥😥😥
Murakoze. Bibaho n'ukuri
Roza ngo afata ifanta kandi ahora yirenza ibiyeri !!!
Félicitations saaana
Murakoze
Iraryosh pe
Muhana amajambo muvugir rimwe
Sinzobava inyuma kuk muri intwar kbx
Ntwengejw ningene tonton yaguma avuga ngo muri abantu bakuze muravyumva 😁😁😂
Tonton vyari vyanse kwatanga inkuru mbi.
Murakoz cane nukuri twari tuyinyotew
Murakoze cane
Uwakabir ham nzob uwamber habuz gat kwel
Vyose n'ishaka. Turabakunda
@@Lesaviezvous2022 nanj ndabakund san
Akabura ntikaboneke ni nyina w umuntu kbs
Courage kabisa
Murakoze cane. Turabakunda
Courage 🥰🥰🥰🥰
Mbaye uwa 13.
Murakoze cane kandi turabakunda.
Courag
Merci
Mwirambire ndabakunda
Murakoze cane. Natwe turabakunda.
Birababanje
Cane ariko ubuzima niko bumeze
Le film est magnifique vrmt c'est bon avec l'image
mais il faut améliorer le sound(son) hari urwamo rwinshi surtout le vent