IMANGA SERIES EPISODE 31

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 кві 2024
  • Abel nduwayo officiel ni youtube channel ibagezako filime nziza cane zisukuye,na comedie nziza cane zisukuye.ufise icubaza canke icuterera,icaricocose,canke ukeneyeko tukugirira poublicite zibikogwa vyawe ,wotwandikira kuri whatsapp yacu +25779410298, 75410298 ,61410298.murakoze
  • Фільми й анімація

КОМЕНТАРІ • 260

  • @NorasqueNtareVI
    @NorasqueNtareVI 2 місяці тому +65

    Ababona ko Imanga igiye kuba umuriro bampe utwo tu like

  • @jeanettengabireyimana2276
    @jeanettengabireyimana2276 2 місяці тому +3

    Abakunze scène ihereje tumenyane🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😅😅😅🤣🤣🤣🤣

  • @pali3502
    @pali3502 2 місяці тому

    😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉irwe igutwarumwana ikagutanga kuraka

  • @DianeKamikazi-fc9hi
    @DianeKamikazi-fc9hi 2 місяці тому

    Courage vrmt mukina neza cane❤❤

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 2 місяці тому +7

    Uyumus ndazindutse pe abaza nyuma mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @leoncinsabimana9813
    @leoncinsabimana9813 2 місяці тому

    Harahiye haratokombeye🎉🎉🎉🎉

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 2 місяці тому

    Ubu niho imanga itanguye kuryoha🤗🤗🤗🤗🤗

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 2 місяці тому +2

    Danny nimanyaga kbs😅😅😅 nimumurabire kwisaha🤣🤣🤣🤣🤣 ako kantu gakorotse mumbonera aragaki nagasaha😆😆😆 Aline birakunaniye kwakira kuvyabonye🙆🤣🤣🤣🤣

  • @AthanaseStone
    @AthanaseStone 2 місяці тому +3

    Agategoo karafashe yoo Abel gerageza uze uraduha kabiri mundwi harahiyeee gusa mwubahwe kandi courage❤❤❤❤❤❤❤🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹❤❤❤❤❤❤

  • @SaraP-kw9jz
    @SaraP-kw9jz 2 місяці тому +5

    Oya uno musi ntawuntanga😂😂 ba murandemere twa tuboro

  • @user-pm8iy9qc3v
    @user-pm8iy9qc3v 2 місяці тому +4

    Asha uyumusi ngirandimubamber pe 🥰🥰🥰

  • @AliceCuki
    @AliceCuki 2 місяці тому

    Harahiye🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 courage bantu banj🎉🎉🎉

  • @alicenibigira
    @alicenibigira 2 місяці тому +2

    Bosco kukwiyorobek ar manyang nuwamber 😂Ew Nora usubiriy gusangir umugore naso 😢😳🔥🥰

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 2 місяці тому

    Harahiye pe,Bosco uranyica😂😂😂😂😂, courage ❤❤❤

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 2 місяці тому

    uwavuz ng akarimi kaja kur inagore karagororok ntiyabeshe🤣🤣🤣ub dany yar yifatiy aline na nora mugahang ng baje mubik gantu😅😅ahwiiiii iy scène iranyohey peee😇

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 2 місяці тому

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ewe Bosciko Sha uranyishe kwl😂😂😂😂😂😂😂😂ikapoti🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭

  • @mutesiwasedarlene2236
    @mutesiwasedarlene2236 2 місяці тому

    Ndabakunda mubirimwo neza🎉🎉

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o 2 місяці тому

    Aba kunzi bi Manga Oyeee😂😂😢❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @nyishuyimanafaida125
    @nyishuyimanafaida125 2 місяці тому +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂,bosco isaha wayibonye😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @Ihangirotv-1234
    @Ihangirotv-1234 2 місяці тому

    Trésor From Ihangiro Tv 🎉🎉🎉🎉❤

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o 2 місяці тому +2

    Yooooh norasque na se hagiye gusha kbx. Team yose courage ❤❤🎉🎉🎉

  • @i-yvette
    @i-yvette 2 місяці тому

    😅😅😅😅imanga iranse ibaye faya ndaq❤❤❤

  • @AlnNn-yi8hg
    @AlnNn-yi8hg 2 місяці тому

    Mamaweee birabaye akajembegete nora❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂

  • @salomonroi2149
    @salomonroi2149 2 місяці тому

    Kbsa karumutse❤❤❤❤

  • @user-ed6eo8kt9e
    @user-ed6eo8kt9e 2 місяці тому

    😂😂😂😂😂😂😢😢😮😮😅😅ego murareze mugukina kabisa

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j 2 місяці тому

    Numuriro kbs❤❤❤❤

  • @ndikumanadiane7458
    @ndikumanadiane7458 2 місяці тому +2

    Waaaaooooh nishimiye caaaneee kubona Bosco afashweeeeee,film igiy kuryoha vya dander 😊😊😊

    • @francinGerome
      @francinGerome 2 місяці тому

      Gacerwa sasa imanga harahiye😂😂😂😂😂😂

  • @user-kz5xy9vk2r
    @user-kz5xy9vk2r 2 місяці тому

    Abacerew mump amashugw🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille 2 місяці тому

    😅😅uwutotweng yob agwaye imbavu😅😅❤

  • @user-rc5dv3go9g
    @user-rc5dv3go9g 2 місяці тому

    Ko ndyohewe ntakuntu mwoyiduha kabiri mundwiii

  • @gitumvagenevieve8806
    @gitumvagenevieve8806 2 місяці тому

    Wow iwubundabunda abonnés n'uwuhagaze.

  • @ININAHAZWEDevote-lb5gk
    @ININAHAZWEDevote-lb5gk 2 місяці тому

    Ndashak kumenya yanda Aline afise iyo igez ko itaravuka cnk ngo ikure

  • @RizikiZiki
    @RizikiZiki 2 місяці тому

    Abiwacu muraho❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @BelyseIrankunda-hf7dk
    @BelyseIrankunda-hf7dk 2 місяці тому

    Emw kuva nabona iy film niyambere

  • @aliceali9178
    @aliceali9178 2 місяці тому

    Jew aka kanyuma ndagasubiyemwo ukuntu Aline aguye inyum yamashugwe biranyeguye😂😂😂

  • @TherenceNiyonkuru-zf5fn
    @TherenceNiyonkuru-zf5fn 2 місяці тому

    Emweeeeee haaaaa ibintu biraza nabi

  • @belyseniyonkenguruka4585
    @belyseniyonkenguruka4585 2 місяці тому

    yoooh muyiheza ikiryoshe manaaaaaaa😔😔😔

  • @user-ko1ic8fg6x
    @user-ko1ic8fg6x 2 місяці тому

    mukina neza❤

  • @MariechantalKWIZERA-mi7hl
    @MariechantalKWIZERA-mi7hl 2 місяці тому +1

    Ako kantu utaye nikoko kabi Bosco 😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-sn4tj6qh3f
    @user-sn4tj6qh3f 2 місяці тому

    Wawuuuuu iratwikapeeee🎉🎉🎉🎉

  • @user-pf3np7zt6d
    @user-pf3np7zt6d 2 місяці тому

    Ni fire kbx

  • @user-wk4ng9hj2k
    @user-wk4ng9hj2k 2 місяці тому

    Courage ndabafana😊

  • @user-ed6eo8kt9e
    @user-ed6eo8kt9e 2 місяці тому

    Vyikorere nawe none❤❤❤😂😂❤😂😂😢😢😮😅😅😊

  • @raissa6836
    @raissa6836 2 місяці тому

    Hagiye gusha 🔥🔥🔥

  • @ivyizacomedy9694
    @ivyizacomedy9694 2 місяці тому +1

    Lovee from ivyiza comedy 💓💓💓

  • @EuphrasieCiza
    @EuphrasieCiza 2 місяці тому +1

    Basha courage ndabakunda cane ❤

  • @romeodallaireabizeye497
    @romeodallaireabizeye497 2 місяці тому

    mbega film weeee 😂😂😂

  • @user-nj3uy1wm8r
    @user-nj3uy1wm8r 2 місяці тому

    Munyarutse ikindi gice kweri kuko mbona hagiye gusha

  • @user-mg5px6wr6r
    @user-mg5px6wr6r 2 місяці тому

    Danny amaramara neza rero😂😂😂

  • @NiyomwungereEtienne
    @NiyomwungereEtienne 2 місяці тому

    Karabaye kajembegete inkuba zihuriye mugicu Ari zine haraho mwari bwabibone ga yemwe😂😂😂😂😂

  • @InesInarukundo
    @InesInarukundo 2 місяці тому

    Kbsa courage

  • @delyselamiellairakoze8175
    @delyselamiellairakoze8175 2 місяці тому +1

    Ako kanyuma kari karenze😂😂😂

  • @user-wp2se8vq1x
    @user-wp2se8vq1x 2 місяці тому

    Ewe bosco sha bigiye kukugora pee gusa ndabakunda❤❤

  • @AlineNsabimana-jx8sq
    @AlineNsabimana-jx8sq 2 місяці тому +2

    Tukaba kuhigerey welcome imanga

  • @BonithNimpagaritse
    @BonithNimpagaritse 2 місяці тому +1

    Hhhhh umbonera ari sangapi kwisaha kumb urifatishije pole sana bosco wacu😂😂😂

  • @user-ed6eo8kt9e
    @user-ed6eo8kt9e 2 місяці тому

    Karabaye nukuri

  • @nishimweaudacienne-ju2dv
    @nishimweaudacienne-ju2dv 2 місяці тому

    Nimutunyarukirize nirebere Nora nasewiwe kundayimwe

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 2 місяці тому

    Iyi scène niyo kabisa

  • @user-rc5dv3go9g
    @user-rc5dv3go9g 2 місяці тому

    Mukina umwanya muto

  • @ericnduwimana6962
    @ericnduwimana6962 2 місяці тому

    Emwe jewe ndabona ntibigiye kworoha

  • @user-ed6eo8kt9e
    @user-ed6eo8kt9e 2 місяці тому

    Murareze mungukina cha😅😅

  • @mukarugiravictoria4279
    @mukarugiravictoria4279 2 місяці тому

    Ndabakunda cyane ❤❤❤❤

  • @user-ei8mo3rr7l
    @user-ei8mo3rr7l 2 місяці тому

    😅😅😅😅😅😅 samandari arafashwe

  • @user-bn2cv7gj7d
    @user-bn2cv7gj7d 2 місяці тому

    Ndagukunda aberi

  • @aliceali9178
    @aliceali9178 2 місяці тому

    Gufata umusuma ntivyoroshe😢

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 2 місяці тому

    Yuuuu Danny sha nzoza ndahur naw ntwengaa 😂😂😂😂mubirimw neza courage bantu bacuuu🎉🎉🎉🎉🎉 Tora utwo dushurwe nutwany.gus Abel arab Azoze araduh 2 fois par semaine ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @arikibok4735
    @arikibok4735 2 місяці тому +1

    Courage ❤❤❤❤❤❤

  • @FrancineIRANKUNDA-sj7nz
    @FrancineIRANKUNDA-sj7nz 2 місяці тому +1

    Ndamanyutse iyo saha irakaze😂😂

  • @user-mu2yf1pq6z
    @user-mu2yf1pq6z 2 місяці тому

    Manaw ibay umuriro

  • @ClaudineNshimirimana-dm1fd
    @ClaudineNshimirimana-dm1fd 2 місяці тому

    Ndabakunda cane

  • @user-uu3hq9yl5c
    @user-uu3hq9yl5c 2 місяці тому

    Yoooo karabaye

  • @user-bc8qk6io7m
    @user-bc8qk6io7m 2 місяці тому

    Harahiyendabarahire.arine.hejurundakwemeye.ubikozenezenezacane

  • @iranyongeynaomi3611
    @iranyongeynaomi3611 2 місяці тому

    Hagiy gush kbx

  • @user-bn2cv7gj7d
    @user-bn2cv7gj7d 2 місяці тому

    Uwomukobwanuwomuhungu bakinaneza

  • @hervinenihoreho146
    @hervinenihoreho146 2 місяці тому

    🎉🎉🎉hagiy gusha

  • @Gloria26799
    @Gloria26799 2 місяці тому

    Hahiyeeeee ndakurahiye 🤣🤣

  • @user-bn2cv7gj7d
    @user-bn2cv7gj7d 2 місяці тому

    Ukinanezabosi uranshiramwo

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 2 місяці тому +1

    Imanga séries hejuru cane❤❤❤

  • @icitegetseesperance8595
    @icitegetseesperance8595 2 місяці тому

    ❤❤muduh iyind vuba

  • @user-jj7md2ru8r
    @user-jj7md2ru8r 2 місяці тому

    Harahiye koko 😃😃

  • @user-uv2oj7su4w
    @user-uv2oj7su4w 2 місяці тому

    Ubu hagiye gusha😂😂

  • @hgkf694
    @hgkf694 2 місяці тому

    Irinze ihera nitwengera yewe Bosco

  • @shadyhalnomani412
    @shadyhalnomani412 2 місяці тому

    Asha hagiye guhira rimwe

  • @user-py5lb4pq1d
    @user-py5lb4pq1d 2 місяці тому

    Imaga hejuruuu❤❤❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 2 місяці тому +2

    Kwiyumanganya birase narinzi ngo mvuga mpejeje kuyiraba Aline ukuntu yikomesheje induro rwaranyereye🤣🤣🤣🤣

    • @flowermoniqueniyonyishu2875
      @flowermoniqueniyonyishu2875 2 місяці тому +1

      Heweeee😂😂😂😂😂Kandi bosco,yama igira ikibazo cabagore bamuhenda ng bavunitse😂😂😂😂😂😂😂.maman prince womur URUGO series

    • @specioseininahazwe5212
      @specioseininahazwe5212 2 місяці тому

      ​@@flowermoniqueniyonyishu2875😂😂 naw wabibonye

  • @user-we5hz8xz3p
    @user-we5hz8xz3p 2 місяці тому +1

    Aline mazina wanj urakunzwe nanje ukina nezaa vyumwihariko

  • @user-qc6ch5nc1i
    @user-qc6ch5nc1i 2 місяці тому +1

    Norasque ayawe 💐💐 agatege karafashe

  • @user-tf8wp6uf4y
    @user-tf8wp6uf4y 2 місяці тому +2

    Courage mubikora neza❤

  • @SggzgxgSggzgx-dd5uf
    @SggzgxgSggzgx-dd5uf 2 місяці тому +1

    Haratse kimwe murakunzwe❤❤❤

  • @Asa-ij8fi
    @Asa-ij8fi 2 місяці тому

    Nar nihaganye ariko datwez

  • @claudinenimpagaritse
    @claudinenimpagaritse 2 місяці тому

    Ariko yemwe ndumiwe isaha ngiyo irakorotse

  • @IshimweBrigitte-zn1vr
    @IshimweBrigitte-zn1vr 2 місяці тому

    hagiye gusha😂😂😂

  • @BerniceAkimana
    @BerniceAkimana 2 місяці тому

    Agatego kafashe 😂😂😂

  • @user-ed6eo8kt9e
    @user-ed6eo8kt9e 2 місяці тому

    Yaciste aberi😅😅🎉😢😮

  • @user-ed6eo8kt9e
    @user-ed6eo8kt9e 2 місяці тому

    Uramukurikiye

  • @Niyogushimajean-yc3jl
    @Niyogushimajean-yc3jl 2 місяці тому

    Courage to 🎉🎉

  • @SilasIgiraneza-zd8sy
    @SilasIgiraneza-zd8sy 2 місяці тому

    Nice waaouu!!?!?

  • @claudinemuhoza7810
    @claudinemuhoza7810 2 місяці тому +1

    Ndakunda abarundi cyane

  • @developpementpersonnelburu2431
    @developpementpersonnelburu2431 2 місяці тому

    Karanyanyay

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o 2 місяці тому +1

    Ariko mutwongere iminota kbx ibintu bigez aho bidyoha