Guterunda biravuga Muga ngonkubu nzosubira gukoresha izindi nguvu ariko rero Joachim WW iyo rore wakinye Niya bien Kuko wayikinye bien kbxx nakubal sn brother Kandi courage sn Kuko urashoboye sn wallah brother ✅❣️✅❣️ 💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️💥💥
Iyifirime abayikundankanje tumenyane🔥🔥🔥
Akakany noe urabon neza kwimez ng twemez ko twamaz kuyiknd
Chan B HipHop🎶🎙️
Ikigeragezo yamaze kudushwaramwo abari murukundo niyiserie tumenyan 👌👌👌
Ngo Boss naw yokwemera nkagira munsi yipine ntangorane 👍😂😂😂💥☑️
Courage bakinyi👌kure cane niho ndabipfurij kuger👌 Joachim umwana uzoronk uwundi senga Imana wizeye🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Joachim pole sana maisha ni uvumilivu ndakunda cane movies zanyu💓💓
Johachim courage gusa urantwengeje ngo guterinda biravuna🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Niyamacungu ifis inzira nziz muyigumeko❤❤❤
Ewe johaki we urumuti wamenyo ngogutera inda biravuna 😂😂😂
Nakubal sn My bro Joachim urashoboye sn ♥️
🥰❤️🥰💞m'y favo team🥰💞🥰👌👌👌
Joachim iyo rôle wayikinye neza nukuri muterimbere turaba❤️
Imana ishimwe ngenze yakinye Ari umuvyeyi nwiza
Johakim ngo warayamajoro ukanura vyagutway ingumvu nyishi nubu bizogutwara izirenz sha courageux 😂😂❤❤❤
Joakim wubahwe uratwika koko abanyarwanda barakwikundiye koko❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇪🇦🇪🇦🇪👌👌
Ndakunze izompanuro za ngenzi nikoko bucya bwitwejo ndabona inyigisho zirimo nivyo ngwahumutindi yanitse ntiriva akeshi ibibazo ntibibura nyiravyo arikwo kwihangan nicyogikuru kuko ntamvuridahita joashim courage kbs
Yôooooo jo Iman izobikora niwihangan
Ndimurukundo namwebwe kbsaa❤❤❤❤
Wakagali grand rechercheur, from Burundi 🇧🇮 👌
Salam evariste
Rwanda Burundi 🔥
Joachim komez mwihangan arik museng cn nic gikuru 🔥🔥🥰🥰
Ndaryohegwa kubumwe buri kubakinyi bacu ba film ndundi na nyagwanda nukuri imana ibakomeze ubumwe buri hagatiyanyu johachm ndagufana cn nuyo mupapa akina muri teteli mugahinda kariza mwubahwe
Film itomoye neza mubandanye muduhereza turabakunda cane
Inkinzo TV mu kazii kosee 💪💪💪
Courge Joachim inkinzo tv hejur cane Love you so much
Ndumunya Rwanda ark ndabakunda cyane cyane cyane abakobwa bahongaho
❤❤❤😂😂😂😂 nifty ugume mubitaro
Courage gwanda à Burundi ndabakunda😮😮😮😮😮
Courage courage mon frr 😍😍😍😍😍😍😍
😂😂😂Joachim wakoreshej inguvu zingana gt zipima uburemere bungana ute 😂😂😂❤❤❤
Joachim uranyishe ngo ngwiki gutera inda bisaba ingumvu nyishi 🤣🤣🤣🤣🤣
Courage mimi
Jyenzi ngukunda kubi
Nukuri mugore wake arashoboye kurira😂😂 ndamuhaye intege uzohore umushiramwo muma film❤❤
Joachim aranyishe🙈🙈ng bisaba izindi nguvu🤣🤣🤣
Courage my team ndanabona biryoha
Mr Joachim courager my brother 💪
Uranyemeje kwel.ati guterinda biravuna.
Akokantu karantwengej atinahoyokwemera nkaja musiyipin
Imana ikuje imbere muvyawe
Joachim courage turagukunda♥️
Nukuri joha izonguvu zingana gute
Courage shn Joo
Genzinarimukumbuye😘
Ikigeragezo hejur Can 🔥🔥🔥🔥🔥 🇸🇦🇧🇮🎉🎉
Ewe Joachim je usigay unyica😂😂😂bamuzure ???ihangane uzotera iyindi
Guterunda biravuga Muga ngonkubu nzosubira gukoresha izindi nguvu ariko rero Joachim WW iyo rore wakinye Niya bien Kuko wayikinye bien kbxx nakubal sn brother Kandi courage sn Kuko urashoboye sn wallah brother ✅❣️✅❣️ 💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️☑️💥💥
Joachim rekakutwenza nukur bagusaba zibir naw uvug 20000kkkkk ijara iduhotor
Ndabakund kanin 💕
Nacerew gto arik rek nicar nirabire Ikigeragezo film.joachim courage
Imbavu zanje gusa Joachim we guterinda ngobiravuna 😂😂😂😂
Me mubirimwo neza 🥰🥰🥰🥰🥰
Mtunyarukiriza kabisa
Mbaye uwa 1.waouhhhh congrats kuri team yose.mubikora neza
Ikigeragezo series ndi murukundo nayo🥰🥰😂 courage from mimi🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲
Akana Kari kegereye ahantu hari inzara
😂😂😂 sha Pol sana kwer birababaj ariko nyene ntakobiribugende uzaruha urondera akandi kana pe
Courrage 💪 Muganga Alain
Uti naraye amajoro kugira ntere inda haha film nyarwanda-ndundi hejuru cane kbsa
Ariko rero Joachim uzoze uramushira muma movie 🎥 madame wawe arashoboye gukina vraiment kandi arazi kurira
Abakunzi biki geragezo mumpe like ngahaaaa 👇👇👇
Izo like uzikoziki
Big UP all group
Ndabakund Joachim mwihangane numugore wae
Gusa umugore wawe arashoboye kurira yubahwe 🥰🥰
Joachim pole kabisa. Aha hantu wakinye uri nyavyago. Ibi bintu biratwigisha cane. Mubandanye mutera mujimbere nkumuzinga!
Courage bantu banne lukina neza
Courage 🥰🥰🔥🔥
Coullage ❤️❤️❤️
Joachim kuraje uratweza kwl Mwuvikane namugaga😅😅😅
Muyiduhe kenshi gashoboka mundwi
😂😂joackim gutera inda biravuna
Ngezi sha🥰🥰🥰🥰
Mwubahwe murashoboye
Ngenzi ngukunda kanini🥰🥳🥳
😂😂😂 Joachim sha inguvu bisab ni bcp😂😂😂 Ndasanzay 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Joachim Mana usigay uvug amajambo nkay makanyaga.😂😂😂ngo guter inda nigikorwa gikomey sha.umugore waw ntamikosh ater senga vyos ni Ku mavi.vava naw Imana iramubon kubon yakuyey ind atar rwiwe
Muduh niyikurikir
Courage vrmt🥰🥰🥰
courage kabx 🔥🔥🔥🇧🇮
🔥🔥
Aba Legend mwubahwe
Courage mon fils Alain imbere ni heza cane pe
Courage basaza komerezaho ndabemera cane
Courage 💪Muganga Alain sasa 😀
Courage bantu banje
Manawe naje ndazindutse nukuri pe courage nukiri birababaje umukene ntaho yiyaga kwl ❤❤❤❤
courage vrt 🌹❤😍🍭🎉💃
Harahiy pe😅😅😅
Medy rero urantwengeje ngo ako Kana Kari kegerereye aharinzara bisobanura KO kishwe n'inzara🤦🤦🤦🤦
Courage ❤❤❤ubumwe numutekano birakenew kur tws ❤❤❤❤❤❤
Courage team mwes mubirimo neza 🙏🙏🙏
Mudiringe namuganga ❤❤😂😂😂
Nimuduhe iyondirimbi yose
Aka gafilm kararyoshe cane kabisa
Biravuna muratwenz pe
Courage❤
Joachim uratwenza nukuri ngo inzara iduhotore 😂😂
Ewee Joachim shn urankuyeho ngo guterinda biravuna😆😆😆😆
Courage courage Joachim 🤣🤣🤣🤣
Ewe Joachim nawe !!! Ngo waraye amajoro kugira uter'inda. Ntaco bizongera kugenda neza, mu buzima ibigeragezo vyamaho.
🤣🤣🤣🤣🤣mwarakinye vyishi harajwe ngoyibere kwamuganga muvyeyi pole urahuye nishetani yumukobwa😢😢😢😢
Love from Mimi's friends❤❤❤
🤣🤣🤣🤣 ng ushaka kub kW muganga nawe