Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Pollin u very smart how you plan your staff . Teach our fellow start na producers in BDI
Ooooh vyiza can kbx 🇷🇼🇧🇮🔥🔥❤️❤️❤️❤️
🇷🇼🇧🇮 hejuru cyane nidukomeza gutya Tuzajyana music yacu Kure cyane because we are the one One love❣️✌️✌️
Go forward Mr. Davis D it's on other step
Str boy yubahwe cane mukutwakirira abashitsi 👌👌
You all Juno and Davis d the deserve all Burundian girls wallah
Shineboy ✨✨✨✨✨ after releasing new hit a long side fizzo baby
Karibu iwacu turabakund cane 😍🙏🙏🙏
Welcome in Burundi 🇧🇮
Wow🔥🔥🔥🔥
Kaze nakarib 🇧🇮💪🇷🇼
UrundiRwanda
Gusa imyambarire wapi gusa ndakwemera cyane
Welcome broo
Karibu iwacu
AbanyarwandaTwubahwe kbx 🇷🇼
🤣🤣
Davis damuvana
Muramarofaa ndakee
Uduhanzi duto turanshimisha ndetse nkadusabira kumana ngo natwo dukure
✌✌✌✌✌🔥
Starboy nizere ko baguhay akanoti kaboneka?
Abantu murategura aba fans!!!
Starboy irakwiye gucubwenge nawewe,ugafata inzira nkiyo Landry yafashe
Hahaha mbayuwambere karibu iwacu❤
Ewe ma tv online muraz kutumaramaza puuuuh
Ivyo bintu vyokwipendekeza nivyo bidusubiza inyuma!!Umuririmvyi wese avuye inyuma yigihugu ama TV online yacu muraba promotinga ariko mwibagira iyo aba stars babarundi iyo bagiye nkomu Rwanda nta TV nimwe igenda kubategera ariko mwebwe🥴🤭 muratwiciye umuziki 🇧🇮 si Dj Paulin gusa awufukamye munda
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌🙏
Igiporisi cacu caragowe gicungero uwumugabo ejo umengo niprensenda nukuri uwugabo mubacinyiza uburundi arimo ayomahera afise nakwimbure amenye lmana umusume azipfuza gusaba imbabazi abarundi kuko ibihe biha ibindi
Uyumuhungu arategura koko
Birabonaka karivyateguw sabafana vrt
Aka nakajagari gusa
Ivyo bijama ngira binwa urumogi 😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀
Akokantu niko kabi
Uwumuhindi akazova kubutaka bwacu uburundi buzoca butera imbere numwana wejo aje mubundi bamusanganira birenze presinda wacu ntamusi ndabona ibinyamakuru nkibi muba mwagihe ntasoni pulin asumba banyakubahwa murakwiye kwiha agateka
Murwanda,naho mwakigwa gute ????
Murazi gupanga
🤣🤣🤣🤣🤣
Ex nabarinzi bahaba
Urabakeney😏😏😏🇧🇮❤️
Bazar kurinda Inde ?Abaye Big fizzo cnk sat b
Umuhungu wacu ko mutamurinda abamukoraho
Nimureke inzingo
Uyumugabo paulin yanse kumaramara abo yapanze arabaha akanoti kugira baze kwakira uyo mu jama
Ibaze nkivyo wiyumviriye!!!
😂😂😂😂😂😂😂ama tv onlines ya 🇧🇮🇧🇮Ubu rero yafashe icemezo ntakuza Baja kuri airport gihovyohovyo,kumbe iyo bashatse baraba sérieux na sérieuse 😂😂😂
Jew nzobihoz
Igihe bazotangira kubabwirako uburundi arubwiwabo ntimuzoze murarira murababaza abokongomani nibobabizi
Ngoo calvinn🤣🤣🤣🤣🤣
Jw sisubiriy kuronk icy mvuga kwl ukunt abanyamahang bitabwah bashits iwacy mzga abiwacy batakirw nkuk nakibara ham ngumuzik wuburund nguzoterimber ndabasets
Bwarinjiriwe kugwenge gwinshi
Mu burundi ni nde ufite hits nk’iza Davis d se ngo bamwakire nkawe mu Rwanda?
Icokibuga cindege mutererako akajagari mwibukeko atari banyoko bacubatse
Kweri kabisa
Woex ninyoko wacyubatse
Ubwanyaburunga bwarinjiriwe kugwenge gwinshi cane
Ivyo bijama vyagiy kumwakira namba binwa urumogi nkiyonduru muvugije agaca abagarako 😂😂😂 injiji gusa
Kabisa
Wowe ninyo se ahahaha ishyari
Pollin u very smart how you plan your staff . Teach our fellow start na producers in BDI
Ooooh vyiza can kbx 🇷🇼🇧🇮🔥🔥❤️❤️❤️❤️
🇷🇼🇧🇮 hejuru cyane nidukomeza gutya Tuzajyana music yacu Kure cyane because we are the one
One love❣️✌️✌️
Go forward Mr. Davis D it's on other step
Str boy yubahwe cane mukutwakirira abashitsi 👌👌
You all Juno and Davis d the deserve all Burundian girls wallah
Shineboy ✨✨✨✨✨ after releasing new hit a long side fizzo baby
Karibu iwacu turabakund cane 😍🙏🙏🙏
Welcome in Burundi 🇧🇮
Wow🔥🔥🔥🔥
Kaze nakarib 🇧🇮💪🇷🇼
UrundiRwanda
Gusa imyambarire wapi gusa ndakwemera cyane
Welcome broo
Karibu iwacu
Abanyarwanda
Twubahwe kbx 🇷🇼
🤣🤣
Davis damuvana
Muramarofaa ndakee
Uduhanzi duto turanshimisha ndetse nkadusabira kumana ngo natwo dukure
✌✌✌✌✌🔥
Starboy nizere ko baguhay akanoti kaboneka?
Abantu murategura aba fans!!!
Starboy irakwiye gucubwenge nawewe,ugafata inzira nkiyo Landry yafashe
Hahaha mbayuwambere karibu iwacu❤
Ewe ma tv online muraz kutumaramaza puuuuh
Ivyo bintu vyokwipendekeza nivyo bidusubiza inyuma!!
Umuririmvyi wese avuye inyuma yigihugu ama TV online yacu muraba promotinga ariko mwibagira iyo aba stars babarundi iyo bagiye nkomu Rwanda nta TV nimwe igenda kubategera ariko mwebwe🥴🤭 muratwiciye umuziki 🇧🇮 si Dj Paulin gusa awufukamye munda