LOLILO agashavu kuri THE BEN🇷🇼Kumwihakana kavuga BIGFIZZO bose Nabana banje Baradusuzuguye Cane😒

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 жов 2023
  • ‪@SatBOfficial‬ #sat_b ‪@hittoptv‬ #hittoptv1 #burundi #rwanda #congo ‪@LoliloSimba‬ #lolilo #bigfizzo #theben ‪@TheBen3‬ #landrypromoter ‪@LandryPromoter‬ #linog ‪@LinoG_Umvukuri‬
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 169

  • @hittoptv
    @hittoptv  9 місяців тому +20

    Ikiganiro mwacakiriye gute? Legende wacu (wacyu ) 🇷🇼🇧🇮❤️

    • @titieloge
      @titieloge 9 місяців тому +7

      Nuko Lolilo kuvuga ko ariwe yavumishije Fizzo ngo kubera yamushize kuma clip videos ziwe. Ico nzi nuko Fizzo yamenyekanye imbere ya Lolilo kubera yakoranye na Kidum muri Kenya .Hama bakora concert Kidum na Fizzo mu Burundi 2001.Aho imbere Fizzo yari muri Nigga soul imbere yuko ahura na Kidum mumyaka yaza 90 irenga. Hit songs za Fizzo twatanguye kumumenyerako"mambo ju ya mambo,Uswahilini kuna mambo "yayikoreye muri Kenya afashijwe na Kidum aho hose Lolilo ntiyarazwi muri Buja fleva.Peut être Lolilo gushira muri clup ziwe Farious nkeka nawe yarifashisha image ya Fizzo kugira nawe amenyekane.

    • @titieloge
      @titieloge 9 місяців тому +2

      Lolilo gusa yarafise sponsors nyishi kurusha Farious.

    • @jimmynzi
      @jimmynzi 9 місяців тому +2

      nibaza ko harimwo ububeshi kuko je ndazi fizzo imbere ya lolilo pe

    • @jimmynzi
      @jimmynzi 9 місяців тому +1

      abaririmvyi bava hanze basaba amahera atarimwo tax donc ayo 20% uvuze boca abaririmvyi ntibikunda pe

    • @irakozeoscar756
      @irakozeoscar756 9 місяців тому +2

      Lolilo😂😂😂😂 aracari umu bébé mumutw nukuri😂😂😂

  • @joyfulfriendsproject1989
    @joyfulfriendsproject1989 9 місяців тому +18

    Ioliro nukuri mu RWANDA yari hit kuva cyera. 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 Na The Ben na tomclose Bitabiriye show ye Yabereye muri UNR Butare😂😂😂 Ari abafana. Loliro man anyibutsa ubuto bwanjye 😢😢😢

  • @raussakarire5509
    @raussakarire5509 9 місяців тому +14

    I’m from rwanda kigali Najye ndahamya 100% ko Lolilo ariwe mwami wamuzika hano irwanda na burundi muri za 2008 ndibuka abakobwa Twese yari yaradutwaye imitima mu rwanda Big Fizzo twamumenye kubwa Lolilo ako njyantangazwa nukumva burigihe ngo Big Fizzo numwami wamuzika ndundi ubwose Lolilo yabariki abarundi nabanya rwanda twagakwiye kubaha unomugabo niwe wazanye muzika yagisirimu rwanda Burund Lololi niwe mwami wamuzika wibihungu byombi 🇷🇼🇧🇮 ❤️❤️❤️❤️❤️

    • @mutoniwasekessia5399
      @mutoniwasekessia5399 9 місяців тому +1

      Ni nk’uko ino mu Rwanda bavuga ngo The Ben ni umwami kandi ntaho ahuriye na Meddy

    • @Elemento-dn8wj
      @Elemento-dn8wj 9 місяців тому +1

      2008 Lolilo ntiyari I burundi kndi simbona imiziki yakoze. Par contre mw'ico gihe fariouz yari akunzwe cane ndavyibuka gose. Knd simbona igiyuma yiyumvira ko ariwe bategerezw gukunda guko urabona ko Fizzo yaje kumusumba cane

    • @Elemento-dn8wj
      @Elemento-dn8wj 9 місяців тому

      @@mutoniwasekessia5399 oya mû Rwanda je pense KO Meddy ari imbere. I Burundi Fizzo yakoze umuziki kuva 98 tandis que Lollilo yaje mû muziki muri 2002. Kandi Fizzo n'ubu niwe ari numéro un akunzwe mû Burundi

    • @niyonsabajeanpierre2196
      @niyonsabajeanpierre2196 19 днів тому

      Wowe turajyana💯💯

  • @PromoterDelaCapitale-vd7bg
    @PromoterDelaCapitale-vd7bg 9 місяців тому +7

    Lolilo Simba M'y Favorite Artiste From Hit Top Tv

  • @didogamer3785
    @didogamer3785 9 місяців тому +3

    Lolilo afis agashavu KO mutamwita legend😂😂😂 yagize troma Kuko ya flopinze😂😂

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 9 місяців тому +4

    Legend Lolilo🙏

  • @didierogmsafi4442
    @didierogmsafi4442 9 місяців тому +1

    Ewana jw kuva kera LOLILO IS My beautiful Aritist wubahwe he🤝💪🤜🤛

  • @NdikumanaUziel
    @NdikumanaUziel 7 місяців тому

    RoRiRo ibyo uvuga nibyo wakoze akazi keza pe bazarebe video wakoze mwiriya myaka nabo barebe izo bakoze nukuri uri King wu Burundi ❤❤❤❤kwemera nabandi from Rwanda

  • @startv257.
    @startv257. 9 місяців тому +7

    Mr Prophète Lolilo👑👑👑🔥🔥🔥

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 9 місяців тому +4

    Wooooa ariko mugabanye agashavu lolilo barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤💯🎵🎧🎻🎺🎶🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪✊✊✊✊👊👊👊👌👌👌

  • @ericandchanny6977
    @ericandchanny6977 9 місяців тому +1

    Fizzo niwe tuzi cyane turamwemera cyaneeeeee mu Rwanda

  • @mutoniwasekessia5399
    @mutoniwasekessia5399 9 місяців тому +4

    Lolilo niwe true king, ugendeye kuri fact zifatika apana fanatisme; 1. Niwe watangije za music video mu Burundi na Rwanda, yazanye change muri music, Lolilo yambaraga neza ndibuka ino twamwitaga Nelly. Kubona Channy queen yubahuka agashimira R flow muri music yiwe ntavuge Lolilo nicyo gituma azaguma uko nyine kuko iyo utazi iyo uva ntushobora no kumenya iyo uja. Ubu numva mu Burundi muvuga ngo Sat B na Fizzo mukibagirwa Lolilo birababaje. Rero ukumva abantu bitwa ngo bakunze industry ngo mwubahe Legend mwubahe ababatanguriye hanyuma abo nyine akaba aribo babirengaho. Abe Fizzo abe Channy queen mbere yuko basaba kwubahwa nibagaruke batange urugero bubahe lolilo kabone naho baba bamurusha kuririmba neza or bagezweho. Nicyo kikwereka ko mudakunda umuziki mwese kuko muri inryarya. Mwirirwa musaba ba Drama T bubahe Fizzo sindumva mubwira Channy ati ubaha Lolilo kuko tukuzi kubera Lolilo, n’izina canke ico urico cose muri industry nukubera Lolilo.

    • @djpatruick
      @djpatruick 9 місяців тому

      Lolilo ni Legend Bro kand yakoze vyinshi k'Umuziki w'Uburundi hari ahantu hamwe yaukuye awugeza ahandi guca ico tumeranya nuko na Lolilo ubwe avant yuko aririmba yakunda Farious Big numugwi Nigaa Soul waba Dog za karata tatu za Sintopenda tena zarabica bigacika knd Icogihe Lolilo niyari bwarote no kuririmba yatanguy gusubiramwo indirimbo dilemma ya Nelly Big Farious azwi mundirimbo yari yarasohoye nomugutamba abasohokaga icogihe barabizi gusa Lolilo kubera yakinisha ama Films knd yari yifise ibintu vyogufata amashusho y'indirimbo nokuronka Caméra kuriwe vyari vyoroshe niho yatangura kuza arasohora Vidéos zindirimbo ziwe aza nokugeraho ashira Fizzo muri Clips yiwe abantu bose barasara kubera bari bazi Fizzo nkumuntu aririmba neza ariko nibari bwamubone mu masanamu ico ntemeranya namwe nabatazi kahise baziko Lolilo ariwe yatanguy umuziki imbere ya Fizzo mugihe atarivyo.

    • @mugishaolivier8584
      @mugishaolivier8584 9 місяців тому

      Ibyobubahwamo nibik mugihe tutamuraba mukibuga???? 😠😠😠😠😠😠

  • @MavutaIdrissa-ww7mp
    @MavutaIdrissa-ww7mp 9 місяців тому

    Lolilo nukuri uri legend pee nibashake bajye bakwemera mu Burundi mu zRwanda no mukarere kose no hanze yaho from
    🇷🇼🇷🇼

  • @IsanamuMedia
    @IsanamuMedia 9 місяців тому

    Meya w’Umuji 🇧🇮🇧🇮
    Love from Team ISANAMU ❤️

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 9 місяців тому +4

    Lolilo wari ukwiye gusobanukirwa ko iyo umuntu winjije imodoka mu burundi uyivanye Japan for example, niwe ariha ikori mu burundi ntaho umuyapani wayigurishije aba ahuriye n'amakori yo mu burundi. So, no my muziki nuko! Uwuriha ikori ni promoter w'igitaramo (John Bright) yazanye umu artist amuvanye mu mahanga ntabwo ari umuhanzi yaje guha abarundi produit canke service yo kuririmba ariha ikori. Mujye musobanukirwa imbere yo kuvuga!

  • @dieudonnedusabimana1539
    @dieudonnedusabimana1539 9 місяців тому +2

    Ndamwemera sana

  • @victorrodney4044
    @victorrodney4044 9 місяців тому +1

    Legend L0lilo🎶🔥🔥🔥

  • @didierogmsafi4442
    @didierogmsafi4442 9 місяців тому +2

    Gsa Lizzo urabakomya pe! Ewana urabakomye ukuntu🤪🤪 Legend niwew udatinya kbx🥱🥱

  • @emanuelbabalao1180
    @emanuelbabalao1180 9 місяців тому +2

    Swaga swaga ❤❤❤❤❤❤❤

  • @Cl_wazlah257
    @Cl_wazlah257 9 місяців тому +1

    Reality mr Lolilo✌✌✌

  • @ndoricimpasimplicite3448
    @ndoricimpasimplicite3448 9 місяців тому +3

    Lolilo arafise ingabirano yo kwiremesha😅😅😅😅

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 9 місяців тому

      Nukur ntubesh niyokwiremesha kbx arantwengej😂😂😂😂😂😂

  • @emmanuelngendakumana3361
    @emmanuelngendakumana3361 9 місяців тому +3

    Lolilo niwe Lolilo nyene, aririmba indirimbo nziza zifise msg z'ubaka knd zihanuro. Yubahwe, historia yake itabakia milele!!

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana 9 місяців тому +2

    Uyumugabo ndamukunda ukuntu💕💕💕

  • @kn92kevin
    @kn92kevin 9 місяців тому

    Lolilo ni legend kbsaa🔥😂😂

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn2202 9 місяців тому +1

    Landry est devenu mature,ntakiri brutal mukwagressa umutumire

  • @m.p6413
    @m.p6413 9 місяців тому +17

    From Rwanda. M.... Lolilo mumyaka ya za 2000s yarameze nka diamond wuyu munsi.... Murwanda twamenye music yu Burundi kubera lolilo. Ubundi iyo babuze ngo music Yi Burundi yari yarafashe urwanda muri 2000s ntabwo baba bavuze music wi Burundi wose , baba bavuze lolilo yari yarafashe igihugu cyu Rwanda. Uko nukuri kutavangiye..... Lolilo was 10 time bigger than big fizzo

  • @raoultunchi5927
    @raoultunchi5927 9 місяців тому +1

    Lolilo ndamukunda sana😂😂 émission ihez ndiko ndatwenga gusa..afis punchlines nyinsh

  • @Mwijo022
    @Mwijo022 9 місяців тому +2

    None missi channel byarangiye bite ubu abahe mutubarize umutama lolillo merci

  • @jeanbosconimubona1713
    @jeanbosconimubona1713 9 місяців тому +1

    Lolilo ❤❤❤❤❤

  • @vlogwithus22
    @vlogwithus22 9 місяців тому

    Najewe ndibuka lolilo 200s he was number 1❤

  • @rayboyhamza9574
    @rayboyhamza9574 9 місяців тому +1

    Big up sana lolilo

  • @MOUSTAPHATHEDONBD-pp1zr
    @MOUSTAPHATHEDONBD-pp1zr 9 місяців тому

    🔥🔥🔥🔥

  • @NinahanzeProsisper-up6ze
    @NinahanzeProsisper-up6ze 9 місяців тому +2

    Good
    Big papa🇧🇮🇧🇮🇷🇼🔥🔥🔥

  • @boboboxtv
    @boboboxtv 9 місяців тому +3

    😂😂😂 lolilo simba

  • @jimmynzi
    @jimmynzi 9 місяців тому +2

    😂😂😂 Lolilo song yambere ya ririmvye yari dilema parody yayo ya nelly na kelly yasohotse en 2002 muri 2002 mugani yari umuririmvyi akomeye cane hari song nyinshi ziwe cane nka karata 3 nizindi kuko bakoresha ama instrumental yabandi kera nta studio zari bwaze afise song nyinshi sinumva ukuntu rero lolilo yazanye furious kabisa kumbure ni fizzo wundi pana mugani ibaze umuntu uriko uravuga yararimvye muri concert yamahoro na kidumu ya embargo 😂😂😂

  • @SAIDOTVshow
    @SAIDOTVshow 9 місяців тому

    Mureke kwirengagiza from day 1 Lolilo niwe legend from Burundi before Big fizzo kbsa
    King ni lolilo

  • @silopatrickbdi4370
    @silopatrickbdi4370 9 місяців тому +3

    Lolilo warakoze ur legend ariko Emera ko atama hit ugifise ibaze nubu ndacaryohererwa igitari 😂😂😂

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 9 місяців тому +2

    Je nkeneye Show bokwita Connect Burundi and Rwanda battle muri BK Arena haze Lolilo,Big Fizzo,Kidumu,Sat-B,B-Face,Drama T,Double Jay,Kirikou,Monna Walda, aho ni kuri côté y'Uburundi hama kuri côté your y'Urwanda hace Haza,Meddy,the Ben,Bruce Mélodie, Riderman,Ama G the Black,Butera Nowless,Bushali.iyo show ice yitwa Connect music Burundi-Rwanda ibere muri Bk Arena walahi abantu bobura naho bahonyora huzuye n'Abarundi twokwambuka tukaza kuyikurikira.Yoba ari show y'amateka

  • @donbrunodushime1069
    @donbrunodushime1069 9 місяців тому +1

    ❤❤❤

  • @EvodeHabineza
    @EvodeHabineza 9 місяців тому +3

    Lolilo y'espiye benshi tuvyemeranye

  • @kirabilali7405
    @kirabilali7405 9 місяців тому +1

    Lolilo uranyemeje kandi waramenye ikirundi ndake kuko nivyo benshi bakwankira kutavuga ikirundi neza ariko ndagushimiye kumpanuro zawe zirahagije kubunva bunve urintwari nibabe bakwegera urazi guhanura🤞🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾

  • @bigbaba9017
    @bigbaba9017 9 місяців тому +1

    Aca makasiriko kaka

  • @SwingHomby-iu8tj
    @SwingHomby-iu8tj 9 місяців тому +1

    Lolita big up.ivyuvugavyose ndagushigikiye.

  • @user-ue6bk8ip2w
    @user-ue6bk8ip2w 9 місяців тому

    ❤❤❤❤

  • @DROP19932
    @DROP19932 9 місяців тому

    ndayibuka iyo show ya TUWUKATE back in 2007 LOLILO yaduhaye show kuri stade kuma chainz mwijosi menshi turwanira kumukoraho uwo fizzo mu Rwanda Twamumenye kubera Lolilo 2003

  • @irakozeoscar756
    @irakozeoscar756 9 місяців тому

    😂😂 lolilo baba areka kwikuramwo ubwnge vet😂😂😂

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 9 місяців тому +1

    Lolilo ni muingo sana tena sana

  • @user-xk7pl9vq4y
    @user-xk7pl9vq4y Місяць тому

    😮😂😂😂😂 akabi gasekwa nkakeza!!genda ukinishe film iyutabatwara war kuririmba iki wa muswa😂😂😂

  • @nyanza-lactv2573
    @nyanza-lactv2573 9 місяців тому +2

    Lolilo avuze ukuri

  • @justinbro9528
    @justinbro9528 9 місяців тому

    Toka Lolilo
    Mugabo yaco wicomora amapile fizzo siwowe wamuzanye mur industry kuko fizzo twamumenye mu Rwanda 🇷🇼 kuri niwanyemera , Mbarira aratabura ndabizi neza ko wowe lolilo ntanumwe yari bwakumenye icyogihe .Yaco wicomora amapile mzee ,Fizzo ni kidum yamuzanye industry.

  • @didogamer3785
    @didogamer3785 9 місяців тому

    Ci lolilo kirafise ijinyori😂😂😂😂😂

  • @bryansmith24
    @bryansmith24 9 місяців тому +1

    Fizzo ni King shaa n'agabanye amajambo imyaka 20 ans de plus fizzo akiri mwiyi buja favour

    • @niyonsabajeanpierre2196
      @niyonsabajeanpierre2196 19 днів тому

      Hhhhh,Bose barabizi ariko wowe jyenda urebe video zabo urasanga waribeshye LOLILO
      Arihejuru cyane

  • @niyitegekachristophe6788
    @niyitegekachristophe6788 9 місяців тому

    Ubwuzi bime amatwi hit yagize iwacu mu Rwanda nindi arikumazi ntibuka uvuga ngo lolilo Leo saga

  • @Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg
    @Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg 9 місяців тому

    ❤️ukuri

  • @nduwayezufabriceluckybill5102
    @nduwayezufabriceluckybill5102 9 місяців тому +1

    Noneho harahiye kbx

  • @ngoyagoyebertrand1231
    @ngoyagoyebertrand1231 9 місяців тому +2

    😂😂 lolilo naje kuryama ivyo yakoze birakwiye ntakundi 😂

  • @juniorkurko34
    @juniorkurko34 9 місяців тому +2

    Landry nukuza uragira ama interview bakubona ntakwigana abandi nukugira akantu kuburundi twe aba journalist baraboneka

  • @Emma-zi9mw
    @Emma-zi9mw 9 місяців тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 lolillo biranse rwose noneh 😂😂😂😂 ngo twameny fFizzo biceyeh😅😅😅😅

  • @Ikizakubuntufelix1
    @Ikizakubuntufelix1 9 місяців тому +1

    Emera ushacahacha shaa acha unafki

  • @prospernzeyimana5189
    @prospernzeyimana5189 9 місяців тому

    Oya reka sha lolilo ko yavuze kidumu kandi batarikumwe yavugishij ukuri kuko Abo arib azi

  • @user-xk7pl9vq4y
    @user-xk7pl9vq4y Місяць тому

    Dilemma usubirmo nelly du bdi😂😂😂,hatari

  • @caramamttv
    @caramamttv 9 місяців тому

    Hahahaha lolilo wapi kwer turimujuwa Big Fizzo kabla yako

  • @Kigalicollection
    @Kigalicollection 9 місяців тому

    Lolilo yakoze amateka twese turabizi ark kumugereranya na Big Fizzo ninko kugeranya thé ben na Rafiki cogs star bose bakoze music kera but umwe arahari ubndi byaranze period

  • @enockneyb
    @enockneyb 9 місяців тому

    Lolilo Simba hejuru

  • @MajambereChristophe-nn8wy
    @MajambereChristophe-nn8wy 9 місяців тому

    Lolilo simbaaaa turagkndaaaa

  • @ericndikumana1504
    @ericndikumana1504 9 місяців тому +2

    Lolilo uko Lofa kwl! Wewe ico watanguye kurusha abaririmvyi Bose muburundi ni gukora video. Ariko fizzo kuva atarakora abarundi Bose twari tumuzi, fizzo yariye hit atarakora clip vidéo nimwe.
    Ntasoni ugira uvuze ko fizzo arumwana wawe. Lolo ndakwubaha ariko vmt urubahuka. Fizzo??? Twamumenyeye kuri sitopenda Tena yakoranye na kidumu. Ico gihe lolilo ntamuntu numwe yaramuzi

  • @levygasper7438
    @levygasper7438 9 місяців тому +1

    None ga Shaaa Lolilo wokwiyicarira gashaaa ukirira utwoduk haric woba utiriw uribesher 😂😂ko yavuz Kidumu n Sirasi damara nihobari bari??

  • @shemajeandamour7719
    @shemajeandamour7719 9 місяців тому

    Cyakoze Lolillo niwe wari hit kbs. Ntanumurundi uragera kuri hit ya lolilo. Primare twabyinaga indirimbo ziwe kbs. Kidumu na lolilo hano murwanda ntamuntu uragera kuri hit yabo

  • @cedrickyvan4063
    @cedrickyvan4063 9 місяців тому +2

    Where is Gucci

  • @ClarisseMunezero-zo7we
    @ClarisseMunezero-zo7we 9 місяців тому +1

    😂😂😂

  • @bigirimanaclovis8432
    @bigirimanaclovis8432 9 місяців тому

    Ntimugakundinyungu zahagufi duteguribyejo nibyizakurusha abarundi dukundinyungunke zavuba ariko namakosa tegurakwanza😊

  • @emmanuelngendakumana3361
    @emmanuelngendakumana3361 9 місяців тому +2

    Lolilo ndio muanzilishi wa Sanaa

  • @rudasingwaemile8752
    @rudasingwaemile8752 9 місяців тому

    natwe aba nigeria barayatwara nimugasare nabanyamerika bro

  • @iradukundapios9411
    @iradukundapios9411 9 місяців тому

    Nanze ivyo LoLiLo
    Avuze Nivyo
    Twatanguyekumenya
    We.
    Niweyarayoboye 🇧🇮na🇷🇼
    Ukwonukuri.

  • @DalimaGhost
    @DalimaGhost 9 місяців тому

    Uko kidoma ivi😂

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln 9 місяців тому +1

    lolilo iconico gituma usubira inyuma nkibirenge tjr bg fizzo👑👑💪💪

  • @mutoniwasekessia5399
    @mutoniwasekessia5399 9 місяців тому

    Sha Lolilo ibyo avuga nibyo stade amahoro yaruzuye haririmbye na groupe KGB, Lolilo ariwe muhanzi mukuru aza azanye na Chanella. Stade yose ivuza induru turasara. Lolilo yaririmbye Butare harashyaaaa.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 9 місяців тому

    Impuguke Lililo babwire ixo nzoya bazanye inzara muri show buzy nkaba Simbizi wa Semavumba bakorera urwarwa bagaca batangura guta ubwoko bahindura nimvugo.

  • @ndungutseinnocent6229
    @ndungutseinnocent6229 Місяць тому

    Umufitiye ishyariwakigabowe warashaje

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV 9 місяців тому

    Fizzo yatanguye avant Lolilo gusa Lolilo yamenyekanye cane agitangura Kuko yarafise Amafaranga yamavideo kurusha fizzo..si non fizzo niw wakera

  • @lionelgahungu3442
    @lionelgahungu3442 9 місяців тому +1

    Uyo mu koboyi azi uruhe rurimi ? azi kuvuga neza, ? Yipfuzako two mutahura mwo neza ? , 🙄🤔 Donc' uyo ni papa wa Kidumu ?

  • @bigirimanaclovis8432
    @bigirimanaclovis8432 9 місяців тому

    Landry lolilo icavugako mugombakwihesha agaciro nibyo ni clovis ikigali

  • @IrakozeElyssa-qp6or
    @IrakozeElyssa-qp6or 9 місяців тому

    Ehe ico gi shoes ivyio vyondo🥱

  • @user-ws1ro3eh6j
    @user-ws1ro3eh6j 9 місяців тому +1

    Kuba muri video yawe sukuvuga ko wamuvyay kimw arashobora kuba muri video kugira video yawe igire inguvu kuburyo abakurenze fizzo ari mumavideo menshi nka kanjenje ou indirimbo ya saidi braza natandi mavideo ntazi kuvuga fizzo abakwiy naho mwaherey umuziki nkarimw umuntu mwohere umuziki rimw ariko akaguma aririmba akavuyo lolilo ubaha urwanda fizzo baramwemera kukurusha uko niko kuri

  • @irakozeoscar756
    @irakozeoscar756 9 місяців тому

    Lolilo vyaramunaniye nareke ubujambo

  • @coolboy1262
    @coolboy1262 9 місяців тому

    Lolilo umuzik waramunaniy knd naz kuvug avug ibigugu gus ham fizzo naw agum aduza ibendera ryigihug lolilo ararab ibnd akor kabis umuzik nac umumariye

  • @niggabluegangelcapucino4377
    @niggabluegangelcapucino4377 9 місяців тому +1

    Ndasavye umuntu yegereye #LoLiLo amuhanure ivyi music abihebe ubundi hoho azokwishwa na depression kuko agaragara kumunt afis #Trauma 😢😮😅😅😅😅

  • @nishimwekingfleury5237
    @nishimwekingfleury5237 9 місяців тому

    Ni mukore ibikogwa vyivugire. Apana kudukangisha amateka😀😃😀 ngo bimamatwi, Kandi ubu tugeze kuri ncokoza, ngo Chanelle kandi ubu fiona yaj atazambay.

  • @user-mw3yl5hs6d
    @user-mw3yl5hs6d 9 місяців тому +1

    Lolilo niwe ashoboye kandi fizzo se wiwe mumuziki ni lolilo

  • @niyibitangasamson4156
    @niyibitangasamson4156 9 місяців тому

    Lililo itamporize

  • @elythonnikuze1831
    @elythonnikuze1831 9 місяців тому

    😂😂😂😂😂 ww warofaaa wovyara @big fizzo hit yaguheranye ashaka kudugira kuri king fizzo?? Ww barakwandikira indirimbo zaw twarabimeny niyo mpamvu ubu vyanse! Iconzi co fizzo yaragutanze muri game bro ntusubire nokwiyemer. uyo utuma uvuga nagira video nziza kumuruta kuber warufis inoti ico gihe naho ubundi Ngangari arakushaa kure niyo😊

  • @user-ve4ss1eh2w
    @user-ve4ss1eh2w 9 місяців тому +1

    Kera abarundi barabantu bavuga make asobanutse noe ubu tuvugaguzwa kurusha aba zairwa sinziko aruko dusigay dufitany ubucuti bwahafi tukavuga nkabo.ibikorwa imbere amajambo make basha

  • @shemajeandamour7719
    @shemajeandamour7719 9 місяців тому

    Muzi uburyo twabyinnyemo saga prage ahhh uyu nisi. Icyogihe music yomurwanda ntiyarizwi kbs.

  • @Sal-upDon
    @Sal-upDon 9 місяців тому

    Superman ni Hit mwiyimis yatuzibiriy kanyaru ntagacaruka

  • @asmani537
    @asmani537 9 місяців тому

    Simba hejuru tuhamenyeye vyishi tutarituziiii

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 9 місяців тому

    Lolilo ndamukunda yemwe

  • @Sal-upDon
    @Sal-upDon 9 місяців тому

    Non lolilo yizeh? NGO ngwik? Legend NGO nuwapfuy?!!😅😅😅😅

  • @Sadamman-ii7tq
    @Sadamman-ii7tq 9 місяців тому

    Mu burundi bakene kwiha agachiro apan kushoboka kandi babasanze mu burundi

  • @clovisnsengiyumva3926
    @clovisnsengiyumva3926 9 місяців тому

    Gusa nuko umengo wabishinzemwo inzigo

  • @crispincesarnshimirimana8689
    @crispincesarnshimirimana8689 9 місяців тому

    Ar serx sna akwriy agshmw🤣