LOLILO ntaco asigarije KIRIKOU//Kwubahuka Legend nka FIZZO//Baramwononye mumutwe//Ntaho arashika
Вставка
- Опубліковано 21 жов 2024
- LOLILO ntaco asigarije KIRIKOU//Kwubahuka Legend nka FIZZO//Baramwononye mumutwe//Ntaho arashika
@LoliloSimba @bigfizzoofficial @kirikoua-kili4591 #bigfizzo #kirikou #lolilo
Simba we luve u so much the only one legend the super legend the special one legend the living legend the unstoppable one the pride of Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 the 👑👑 of buja fleva
Lolilo ndamwipfurije kuza USA 🇺🇸. He is looking good
Lolilo ndamukunda kbs
Ibitekerezo bye ndabyemeye.
Nzeyimana ntangazwa nuburyo aboneka nkukili muto
Kandi indilimbo ze nzizi nange nkili muto. Kandi nibona ko nkuze.
Imana ikomeze. Ubuzima bwe kbs.
Lolilo,it was along time bro👌👌👌✌️
Bwana Lolilo Urumuntu wumushingantahe uvuze ukuri
Ndamukunda nanjye
By the way Lolilo ft Big fizzo irakeneweeeeeeeeee🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Lyrinx ya lolilo nika bien 😂😂😂😂😂😂 the living legend himself foshizo manizo big up sana..
Nta mwana asumba se nibagende gake fizzo numuntu akuze
Kabisa Mzeee ntubeshe 🙏🙏
Kbx lolilo uvuze ukuri
Legend nakubali
Kbs nanje ndababazwa no kubona kiriku yihanga fozzo ,burya naho umuntu yogukoshereza ariko yarigeze kugukorera ineza wo kwirinda kumwihanga
Komera LoLiLo uvuga kuri❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Lolilo nagabanye umunwa 😂😂😂yaravuye Kuri page
Big fizzo ni git kiturigw imyak amaz namunt twomugerarany naw ngah m Burundi kabis lolilo azigay avug ukur vrmt biry bi petit vyibibamb hary ubudom nibuher vyos aracabuz indero ury m petit wumupigime
One Love , One Heart for 2 Legends Big Fizzo & Lolilo.
Hama babwire Abobana ko bariko barabahenda.
Ahubwo nibicare bige Musiques kuko ntaco barimarira ntanaho barigeza.
Lolilo acha ushamba, mm ni shabiki yako kutoka Dar es saalaam Tz , music ina mambo mengi sana siwezi kukufunza music kwa kua ww ni legend lakin unatakiwa kujua kwamba mziki wa zamani na wa sasa kuna utofauti mkubwa sana .
Ivyo bintu vya legend hagarika fizzo ikintu ubwiwe amaze kwimarira niki?
Mr nice Tanzania igihe bamaze baba bahitinze kuruta ba Diamond na harmonais
❤❤❤
murahoneza ndumunyarwanda nitwa Mandera nkunda lolilo na fizoo nukuri mumazegukura so nifuzako igihekizagera nkongera Kubona fizoo na lolilo bongera gukorana murakoze
Lolilo, Avugukuri❤️❤️❤️
Lolilo ndakwemera
BIME AMATWI BAZOVUGA BARUHE 😂😂😂❤💪IYI NDIRIMO NDAYEMERA
None uwo Legend ngoni Fizzo urazi uburofa aririmba ibishegu ibukozasoni sha abasaza nibaveho murekane ngonama Legend Reka ivyobintu je penses que mutqzi icarico Legend...
Kiriku niwe ataririmba ibishegu?😢😢ego mama
Urarushee jaa kuryana
wew tekakana vyarakunaniy wew wakoziki atarabakobwa gusa wakuy mumuziki 😂😂😂
Wobibona gt urimpumyii
Abarundi kweri Mushima mukirya,😭😭😭 ivyo muvuga kubaciye inzira y,umuziki mu Gihugu mumyaka irimbere abomushuhiye ubu🗣️🗣️ muzobatera ivyatsi🤐🤐 kwubahana birakenewe kandi na compétition zizira ishari zirakenewe kugira umuziki ikomeze kwuvurwa
Narengana🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️
@@vanessa-vavandikumwenayo2757 nabanz amenye kivyiwe bishaje wana ave mu kibuga abandi baze
@@armanditka1145gusa nikimwe kandi muri game ntawutazosaza numwe
Ark kwubahana navyo nivyiza cane mukuru na muri Bose bakubahana
My legend Lolo nakubaliii 🎉
Nfagukunda lolilo
Reka is hearing musaza ngenda va mugakino urashaje sogokuru we😢😮😂
Music ntamyaka igira bru
Ushaka umuziki mwiza wunvirana nanyoko na so genda wunvire nibebe yarozamuhando genda mwaraheze
Lolilo always unaongea point
Nuko bazihagarika ata ma award batanga ivyo vyaraheze twebwe tutari iburundi nizo tuvuzape umuziki wamajambo waraheze dushaka beat iryoshe gusa
Lolilo wataye garanti genda usigire umuziki Drama t niwe agezweho 😂😂
Cambara burundi Lolilo Simba komera
nezaan legend
Uyunikijuju ndamubaze diamond na alikiba mukuru ninde ntabwenge afite fizzo lolilo nabandi mwaraheze reka ishari kubapeti ese wehoo ufitiki? Kowama uzakurira tanzania harumunsi kiriku canke dauble jay ryama
😂😂😂 Sha ABA ba legend bacu barashaj kwliii mb ibishegu baririmvy kera kata wabivuze HHhH aba ba jama umenga ntibazi génération zubu aho zigeze
Generation yubu igizaho gutindero deixa falando isso vai perder respeito causo de generação
👂👂👂👂
Respect #lolilo
Lolilo wew umuziki nahebe burundu yitw kwar Legend bsiii kbr ub ntamuzikii yosohor ub hit hbw naronder ibindii akora
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 wew warashaka reka abana bikorere akazi wew waray nabi nubu ukiba makazi upanze 😂😂😂😂😂😂😂😂
Musaza lililo murakoze gutanga impanuro kirikou nzandero afise ntanaho arashika
RUGAMBA We love you papa
Reka ijinyori umuziki suwawe ahubwo nimba bakora nabi bahanure nkuwubakurira
Lolilo vrt ukwiye kwigaikirundi mubiganiro ukora ntiwubaha abo mwavyay mumuziki
Abo bana baduka bategerezwa kugaragarako bakomeye niho bigaragara ko mwakujije
Nihatari kabisa
Nyongibisusu nivyatabuka muganga ariho azobishonashona
Umuhini hini kweli 😂😂😂😂😂
Simba wacu turamuknda cne avuga ukuri
Asha nihatari kabisa umuyange ntucubaha umuyaga
Simba ndakwemeye uvuze vyo! Komera!
Ndavuga ishyamba "TYPING ERROR "
❤❤❤❤🎉
👏🔥🇧🇮
Umu legend wahehe wambara umunyororo waguye ingese😂 ukambara umupira wa 30k Kndi nahonyene wabaye démodé hama ngo ushak kuba legend, wewe nturi legend tekana😂 bro uribesha cane, aba bana baragusumba guhera hasi gushika hejuru 😢urateye ikigongwe
Abana ntamuziki bazi ahubwo nibo bagezweho ariko music uyimenya neza umaze gukura ,abana bashasha nibigoryi ntibazi ibyo barimo
Ushaje nabi mutana 😅😅😅😅 ahubwo utuvire muziki 🤣🤣🤣🤣🤣
Vuga ari Fizzo arakuze mumwubahe cnk nabo bakiriku bato mububahe Kandi mwebwe mukuze mubere akarorero batonya banyu apana kuduza ibitugu mureke ubwobubazo butaribwo mukuze Kandi mushaj
Acha ulofa We Lolilo, Wakati wenu Umepita ( Hayo mambo ya u Legend ni Ulofa mtupu ) watoto Wakuwanafanya Vizuri wakati wao alafu nyinyi Mnalete Bu maneno, Hakuna cha Heshima peshine. 🤔
Zurababwira musaza
Lolilo number one👍🫡🫡🫡🫡
Lolilo washaje genda urare abana disi 😂😂😂
Simba babwire abobana
Umeisha muzee we nikama papy Yao reka ishariii🤣🤣 relax
No legend in music baraba abagezweho. Wewe uri bob Marley? Uri Canco amis. Your are not a legend
lOlilo Riki vyo Sha ababirimba banyamahanga ntibazivuza cnk muburundi nibijuju ntakizungubazi reka Sha internet yaranje uranka bakabiraba internet iciyumviro cawe ndacase abndi bandangishingikiye like yanyu
Reka abobana bironderere ubuzima!
Ni harya nyene abarundi bamwe bamwe atandero burya Fizzo ntawari kumu manqua respect.
One Love , One Heart for 2 Legends Big Fizzo & Lolilo.
Hama babwire Abobana ko bariko barabahenda.
Ahubwo nibicare bige Musiques kuko ntaco barimarira ntanaho barigeza.