BUJUMBURA || AKARERE KATWARWA N'UMUGANWA KAJUMBURA || BUGUFI KUGIRA IGARUKE || AKARUSHO K'INTARA NKE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 6 лют 2025
  • Abantu bava mu mihingo itandukanye y'u Burundi baza guhemera "gusuma" kwa "KAJUMBURA",yari umutware w'umuganwa yatwara ako karere kagurishwamwo "umujimbu" niho izina Bujumbura ryavuye.
    Aloys BATUNGWANAYO yanonosoye ivy'akahise avugako bavugako bagiye gusuma k'umutware w'umuganwa #KAJUMBURA yatwara akarere gaherereye ku kiyaga Tanganyika ari naho wasanga ibidandazwa vyinshi.
    Aloys BATUNGWANAYO yayagiye ibitari bike vya biciye mu mazi.
    Uwu mucukuzi w'akahisi aratubwira izina Ngozi aho ryavuye ndetse n'ico yibaza kugira intara ya Bugufi, u Burundi bwanyazwe na Tanzania isubire kuba kuba kw'ikarata y'u Burundi.
    Aloys BATUNGWANAYO arangiza atubwira iciza n'inyungu igihugu kigira iyo gifise intara nkeyi haba muvyo gutunganya intwaro n'uburongozi, kudasesegura ubutunzi no kurwiza umwimbu, kumenya ibiba mugihugu mu mwanya muto. umumenyeshamakuru Patrick Paggio Niyonkuru wa Muse Tv niwe yabateguriye kino kiyago.
    #imenyeshantara
    #musetv

КОМЕНТАРІ • 11

  • @alphanijux878
    @alphanijux878 2 роки тому +4

    Waouhhhhhhhhh

  • @One2sept
    @One2sept 2 роки тому +4

    Kajumbura ahahahah BUJUMBURA YAVUYE KURE KWELI hahahahahahha l histoire de notre pays est vraiment très fascinante

  • @danimoliere6919
    @danimoliere6919 2 роки тому +1

    🔥❤

  • @YvesKAMIBURUNDI
    @YvesKAMIBURUNDI 2 роки тому +4

    Amahoro Bagenzi
    IKIGANIRO ciza cane
    Iciyumviro noshikiriza ni ko indimi ntizavanganye ahubwo indimi nyinshi zo Muri Africa "z'IkiBantu" zirasa cane amajambo menshi arasa afise imizi imwe...Ni ibihugu vyinshi kuva hagati muri Africa gushika Afirika y'epfo

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 2 роки тому

    🎩

  • @ericciza926
    @ericciza926 Рік тому

    Baduhe intara yacu

  • @ericciza926
    @ericciza926 Рік тому

    Ababirigi ni mbwa ni mbwa ni mbwa imyaka yoseeeee.

  • @abdallahmbonabona8860
    @abdallahmbonabona8860 6 місяців тому

    Est ce que pierre Baranyanka etait le fils de Ntare Rugamba Ntare Rugamba est décédé 1952

  • @gabinahimana1395
    @gabinahimana1395 2 роки тому

    Ngirango haraho mwihenze. Umuganwa Pierre Baranyanka le pere de Charles Baranyanka était le fils de Birori.