Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ibiganiro nk'ivyo ni ivyiza,Birashobora gufasha urwaruka gw'ubu kumenya ama valeurs y'abarundi bo kwitsitso,kuko ubu urabona ko biriko birancangana n'iyindi mico. Félicitation
Abanyamwaro tumenyane.love love abanyamwaro biwacu bakaranga nacane cane umunyarusaka wiwacu ruzira urusakuuuuu❤
Hosy unapendeza sanaaa,wakoze kutuzanira abatama bacu batuyagira ivyaho hambere emission Kali sana
Waooooo. Abanyamwaro ndabatahije
Papa gakunzi Elvis ndamuramukije.
Hosy you are so telented. ♥️♥️watumiye abantu baryoshe
Harakenewe concert y'abantu nkabo irakenewe
Vyiza caaane nimuduhe
Ikiganiro ciza canee ❤ abasokuru mu muziki nemera canee
Merci beaucoup Irakoze hosiane
Abanya Mwaro tumenyane 😂😂😂
Ako nako KO batadandaza inzoga karatomoye cane nta kuntu KO subira😂
Hosy k Utesa none!wakoz disi!ba sokuru ATI courage bizogend neza
😂😂😂mwaro hejuru caae
Big up Hosy & Siren Vibes
Oooh biraryoshe😍😍😍
Hosiane bafashe gu crea iyo link
Merci baratwenza cane
Vyiza 😂
Ndakunze ababatama kbisa muze mubagarukane muri part2
Abanyamwaro mwahuye 🤣🤣
Muraza Europe naho please
❤❤❤❤❤
Waouh
Bigorooooo wangirorokeye
Mukomerebatamabacu
Ngivyo ibiganiro bifasha ugwaruka gw'ubu kugira bamenye akahise kacu. Ndabakunda kuko Abo ni incuti kandi twarakoranye n'a Torobeka Gérard nawe ni incuti
Abo batama b'iwabo w'Imana uti yambu cane arabakunda kandi murakarama
Hosy wubahw caaan.ndaguknze trop
❤
Mubantu bose bakora ivya UA-cam muburundi Hosy ndamukunda kuva kera agitangura.
🙏🏽🙏🏽🙏🏽❤️❤️❤️
❤❤❤😂
Kuraza abantu bwiriyeko n’ iwacu abavyeyi barabikora, twaburanye abari ndiga. Nta nwikekano wa naho.
Twabita
Jewe ndaKunda ukuntu uyu mudamu Hosy agerageza gucukura kandi jewe ndamukurikirana. Niwasoma UBU BUTUMWA uzokwigore unyishure nkuvunire akagohe. MOISE NIEDERSACHSEN MUBUDAGI.
Murakoze
Hossy imishatsi yakubereye cane
Nukuri iki kiganiro ni ngirakamaro.wakoze Hosy
Ibiganiro nk'ivyo ni ivyiza,Birashobora gufasha urwaruka gw'ubu kumenya ama valeurs y'abarundi bo kwitsitso,kuko ubu urabona ko biriko birancangana n'iyindi mico. Félicitation
Abanyamwaro tumenyane.love love abanyamwaro biwacu bakaranga nacane cane umunyarusaka wiwacu ruzira urusakuuuuu❤
Hosy unapendeza sanaaa,wakoze kutuzanira abatama bacu batuyagira ivyaho hambere emission Kali sana
Waooooo. Abanyamwaro ndabatahije
Papa gakunzi Elvis ndamuramukije.
Hosy you are so telented. ♥️♥️watumiye abantu baryoshe
Harakenewe concert y'abantu nkabo irakenewe
Vyiza caaane nimuduhe
Ikiganiro ciza canee ❤ abasokuru mu muziki nemera canee
Merci beaucoup Irakoze hosiane
Abanya Mwaro tumenyane 😂😂😂
Ako nako KO batadandaza inzoga karatomoye cane nta kuntu KO subira😂
Hosy k Utesa none!wakoz disi!ba sokuru ATI courage bizogend neza
😂😂😂mwaro hejuru caae
Big up Hosy & Siren Vibes
Oooh biraryoshe😍😍😍
Hosiane bafashe gu crea iyo link
Merci baratwenza cane
Vyiza 😂
Ndakunze ababatama kbisa muze mubagarukane muri part2
Abanyamwaro mwahuye 🤣🤣
Muraza Europe naho please
❤❤❤❤❤
Waouh
Bigorooooo wangirorokeye
Mukomerebatamabacu
Ngivyo ibiganiro bifasha ugwaruka gw'ubu kugira bamenye akahise kacu. Ndabakunda kuko Abo ni incuti kandi twarakoranye n'a Torobeka Gérard nawe ni incuti
Abo batama b'iwabo w'Imana uti yambu cane arabakunda kandi murakarama
Hosy wubahw caaan.ndaguknze trop
❤
Mubantu bose bakora ivya UA-cam muburundi Hosy ndamukunda kuva kera agitangura.
🙏🏽🙏🏽🙏🏽❤️❤️❤️
❤❤❤😂
Kuraza abantu bwiriyeko n’ iwacu abavyeyi barabikora, twaburanye abari ndiga. Nta nwikekano wa naho.
Twabita
Jewe ndaKunda ukuntu uyu mudamu Hosy agerageza gucukura kandi jewe ndamukurikirana. Niwasoma UBU BUTUMWA uzokwigore unyishure nkuvunire akagohe.
MOISE NIEDERSACHSEN MUBUDAGI.