Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Basha uvz ukuri kwera dee
Thanks
Merci GGO umuhati wawe si uw'ubusa.
Musaza uyu mwaka ntuwatubwiye ubuhanuzi bw imperuka mur uyu mwaka bimeze gute waravyibagiye duhigire ubuhanuzi bwa 2025
Turabaramukije bwana Gédéon uradufitiye umwenda twebwe abafana bawe nturaduhindagu za 2025 dukwakwanirize uzobukoze imaniguh
❤❤❤❤ amazi masabano ntamara imvyiro
Wishinga ......y'undi iyawe ikarangara,abanyaukraine batakaje abantu benshi n'ibikorwa remezo byinshi,gusa nubwo uburusiya batakaje bwamenye ikibutegereje ahazaza rero imyiteguro ku Burusiya ni sawa ,gusa abarusiya nibahe akazi abanyafurika ku rugamba ,abashinwa n'abandi ubundi bakwereke uko impiri zihira mu myobo ,nta kiza cya Biden ,Boris Johnson na Netanyahu.😅😅😅
Mwaramutse muvandimwe!!hama jewe mba muri Zambia,ndakurikira a caane ibiganiro vyawe!!nashaka kugusa uzodukorere ikiganiro kivuga kuri Simpsons predictions 2025 muzoba mukoze!!
Utugezaho amakuru yigezi
ua-cam.com/video/4KWI6DsDpVw/v-deo.htmlsi=kRhm_bIYU7s2EKEKpart2: M23 YAKAMEJEJE BARIKUYIKUBITA URUHENU, GUSA FDLR NAYO ABAYOBOZI BAYO BARIKURIMBURWA
❤
ua-cam.com/users/shortseERjvQz12Kc?si=K3hQv_oi6ywTsc1u
Basha uvz ukuri kwera dee
Thanks
Merci GGO umuhati wawe si uw'ubusa.
Musaza uyu mwaka ntuwatubwiye ubuhanuzi bw imperuka mur uyu mwaka bimeze gute waravyibagiye duhigire ubuhanuzi bwa 2025
Turabaramukije bwana Gédéon uradufitiye umwenda twebwe abafana bawe nturaduhindagu za 2025 dukwakwanirize uzobukoze imaniguh
❤❤❤❤ amazi masabano ntamara imvyiro
Wishinga ......y'undi iyawe ikarangara,abanyaukraine batakaje abantu benshi n'ibikorwa remezo byinshi,gusa nubwo uburusiya batakaje bwamenye ikibutegereje ahazaza rero imyiteguro ku Burusiya ni sawa ,gusa abarusiya nibahe akazi abanyafurika ku rugamba ,abashinwa n'abandi ubundi bakwereke uko impiri zihira mu myobo ,nta kiza cya Biden ,Boris Johnson na Netanyahu.😅😅😅
Mwaramutse muvandimwe!!hama jewe mba muri Zambia,ndakurikira a caane ibiganiro vyawe!!nashaka kugusa uzodukorere ikiganiro kivuga kuri Simpsons predictions 2025 muzoba mukoze!!
Utugezaho amakuru yigezi
ua-cam.com/video/4KWI6DsDpVw/v-deo.htmlsi=kRhm_bIYU7s2EKEK
part2: M23 YAKAMEJEJE BARIKUYIKUBITA URUHENU, GUSA FDLR NAYO ABAYOBOZI BAYO BARIKURIMBURWA