Kidum - Ihorere Chérie (Ntukagire umutima uhagaze)

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • Ntukagire umutima ugaze kuko n'ubu chérie ndacagukunda ... ivyo bambwira vyose nabibonye ibisanzwe, nkabicisha inyuma y'amatwi simvyemere na gato....
    Uribuka nkigukunda amajambo yavuzwe. Akavugwa kenshi n'abagenzi bawe b'abakobwa, akavugwa kenshi n'imisore yigeze kukuresha, bakambwira ibintu binca umutima, nkahakwa kwomoka. Vyose biba impfagusa kubera impamvu z'urukundo...Twenga ndore, mama yooo!

КОМЕНТАРІ • 11