Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
You are my great thinker keep it up kbsa
Jwe mba muburundi Kandi ndakunda ibiganiro muduha vyukuri iyaba twari kuronka Abantu bashika ijana Gusa ndibaza isi twoyisubiraba uko yahoze Kera jewe ubwanje naho ntaru mushakashatsi. Ubwa nje Narumva ko Bariko buduhenda ntamuntu nimwe Azi Imana Uretse ko Yoyo Ubwayo Ituzi Mugire Umugisha!
Imana yaturemye mwishusho yaryo Niba tubyemeranya Ubwo ni ikirimamuntu Cyaba gifite ubumana Nkuko nayo ubwayo ibyerekana .
Iryo somo narisomaga simbitekerezeho none urabivuze ngira isoni nukuri uziko twangirijwe mubwenge koko! Courage nukuri
Ndemeranya na MUGABO Ku myumvire y'Imana nyayo n'Imana ya Israel,amadini no kwemera.
Murakoze cane
Sinzi icyo abantu bashaka!!! Idini bahungira ho ko ryaberetse ko ritabakunda muri 1994, ntacyo byatwigishije?
Aha umuntu yakwibaza ikibazo cyamatsiko, ese koko haruzi neza abanditse bibiliya abo aribo??
Ivyo Nukuri Gira Inguvu mugenzi Nanje Ubwanje Nabibonye Kera Udivyo Ko Ntize Iyonja kwiga nari Gukora ubushakashatsi Kubijanye Ninkomoko Yabibilia Kuko Birimwo Amanyanga Meshi!!
🇧🇮🙏🏻🙏🏻🙏🏻🇧🇮💥🔥💜
Good
are you sure ko christ yatekereje nkuko utekereza?
go deep in prayer so that God may pour holly spirit to reveal what is hidden from you kuko even the way your talking is out of the holly spirit. if you believe in word of God, please seek for it!!
ok,who is jesus to you?
Hahaha, erega uzamenya ko na jesus ari igihimbano
kamuhanda frank yesu uvuga nuwuhe, ko biblical yesus atigeze abaho
You are my great thinker keep it up kbsa
Jwe mba muburundi Kandi ndakunda ibiganiro muduha vyukuri iyaba twari kuronka Abantu bashika ijana Gusa ndibaza isi twoyisubiraba uko yahoze Kera jewe ubwanje naho ntaru mushakashatsi. Ubwa nje Narumva ko Bariko buduhenda ntamuntu nimwe Azi Imana Uretse ko Yoyo Ubwayo Ituzi Mugire Umugisha!
Imana yaturemye mwishusho yaryo
Niba tubyemeranya
Ubwo ni ikirimamuntu
Cyaba gifite ubumana
Nkuko nayo ubwayo ibyerekana .