Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
I'm Justin BieberI love this girl monia fleur ❤️❤️
Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 hosy . from the bottom of my heart I love you hosy
15:41 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😊❤❤
Wooooa monia pole sana ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤
Monia Fleur naka Bajou vrm❤❤❤
Monia Fleur very nice 👍💖💖💕💕💕💕
Courage les filles muri bezaa monia uri mwiza utwenga neza
Hosy WE Miss monna walda please🙏🙏
Soit forte Monia ♥️
Umukire araho wa Dubaï yaraguhaye inoti, ntuzurye nabi
Halleluaa Mrs murampezagiye kabisa
Uyu mwana ntasanzwe pe avuga ikinyarwanda nkumunyarwanda utarasohoka mugihugu akavuga ikirundi nkumurundi wo kwi tsitso,big up to her
Ivyo bizara uri jini
Belle émission kko mwar sérieuse mwese
Sogamber kbs ❤️
Monia fleur vrt ufise ijwi ritesaa sanaa un jour uzogeragez uririmbe gospel
Good vibes
😂😂😂 ndamwibika agitangura aza muri sirens vibes Ubu yaravyibushe
Monia nice nakwikundiye
❤❤❤❤❤ Monia fleur
iryo jwiii😅😭monia keep it up 💪🔥
Mbay uwamber kur siren vibes
Monia Fleur 🤍🤍🤍 Hosy Irakoze 🥰🥰🥰
Ndabakunze badamu barondera Hosy na fleur Imana ibaje imbere
en tous cas izo nzara no koza ikanya ntivyokunda niza ba slay queen
Izo nzara nukuri 😂😂😂😂
Courage
Waaooo Monia uririmba neza nizImana ndumva ubizi neza
Sha osi monia ararenze Vania kand aho nta vyankunz nshizemwo!
❤❤❤
Monia nsigaye ndamukunda kubera Darling na Hayi 😢ijwi ryiwe rirarenze
🚨💥
Hello Siren☆ mugure munsubirane hahandi kandi.
Ego😂😂
Ubundi ndumva mwahamagariwe kuririmbira Imana,mubikora neza cane
Simbizi wasemavumba yumve
Monia ndakwikundira
Siren vibes show ndagikunze😂😂
Inzara weee NICE ndabakunda
💕🌹🌹🇷🇼
Hosy bt ikiganiro canj gut😁😁😁
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Arirya
🥰😘❤🔥🔥🔥🥀⚘🌹
Monia fleur avuga ibntu bitajanye bicanganye😂🤭
Vyiza
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Fizzo yagize neza nuwo kwubaha
Yooo izo nzara zirarenze urazigabanya kuko bibaye birebire ntibibera birashisha vyerekana iyindi sura .
Mb uy numw bavugak asab numéro zab Papa??
ubuse woririmba gospel kufise ijwi ryiza vrement
Gusa inzara uzurateresha ngufi ndende wapi ntizibera
Sinzomwibagira Akiri Muto Muri Sunday skul
Izo nzara vrt zitey ubwoba
Nenkawe uritawaza ugiye muriwese😅😅😅😅😅😅😅
Ibaze😂😂😂😂
Natubwire 😂😂😂
Naje nivyo nibaza nihatari 😂
Usanga bafise utu odeur en tout cas pcq aho yokwitawaza gute vraiment
😂😂😂
Monia yara kuze mu vyiyu mviro…. Arakuze tu….
None iy ni interview cnk nikiganiro cokuziko 😮mbona atanakamar kukiraba kk bahay baganir ibibaraba
Manawe izo nzara bite.
Ntagirengotwaravyibaguye ahoyavuzeko atarumurundikazi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ase kombambona mwabigize ibya hatali muburindi murakurukiza ubwoko bw kwa mama wanyu cank kwa papa wanyu narumiwe
Turarindiye iyo collabo be na Big Fizzo
Kenya bavga OSY icongeleza kiyobeye Ako kantu ka #Dri yakubwiy nnj karanshisha ngaho Ng baba bavuze #3 kdi😂😂 utibagy nibindi birimi vyah bishisha RR!! Nnj ndabagoza ivyiwacuu GSaaa kubiganiro vyish vyishiiii kundirimbo nyinshi nyishiii zacuuuu
🥱🇧🇮🇧🇮 ❤️
😅 oo u ..'.. 😊o😅 ibiki😅😅😅😅oooooooo
Uwase ni abarundi bararyitwa ndazi umwana yitwa ukwo w'umurundikazi
Nn ga wamuko nkaho woga gt wambara gt 😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Komer
None kuberik atogabany kwivyovyara koko sinkund kwinjir mubuzim bwumuntu arik izonzara zirangeragez ndamukund uyo mukobwa nka mwankira izonzara
Monia usa nez ariko vrma ubwiza warabuhaw akizonzara ni cnk zigitico zisigura sigurira ubund wap,n'n ugiy WC bigenda gt?
Ako gakobwa ntikazi ivyo karimwo ntikazi kuvuga ikintu nakimwe puuu
Ndakunda ukuntu sha abakobwa bitana aba chr chouchou ariko bikaguma aribisanzw ariko twebw abahungu twitanye aba chr bakatwita aba pede 😂😂😂😂😂😂
Mpole none😂
Sha we wapi kuer😂😂🤔wokwita umuhungu ch mugenzaw😁mwebw ni😇 bro😇🏃♂️🏃♂️
😂😂amupedewe inguvu zoguhamagara umuhungu mugenzawe chr uzikurahe?numukobwa dukundana sindamuhamagara chr
😂😂😂😂
Ww ntaho urigeza mona yahowokora ibintu nkivyo ku mu regend nka big fizzo kl wamwanawe zuragira ahugezasha
wabajij ibibaz vyiz mug umutumir arazunguruk mu kwishura 😑
I'm Justin Bieber
I love this girl monia fleur ❤️❤️
Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 hosy . from the bottom of my heart I love you hosy
15:41 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😊❤❤
Wooooa monia pole sana ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤
Monia Fleur naka Bajou vrm❤❤❤
Monia Fleur very nice 👍💖💖💕💕💕💕
Courage les filles muri bezaa monia uri mwiza utwenga neza
Hosy WE Miss monna walda please🙏🙏
Soit forte Monia ♥️
Umukire araho wa Dubaï yaraguhaye inoti, ntuzurye nabi
Halleluaa Mrs murampezagiye kabisa
Uyu mwana ntasanzwe pe avuga ikinyarwanda nkumunyarwanda utarasohoka mugihugu akavuga ikirundi nkumurundi wo kwi tsitso,big up to her
Ivyo bizara uri jini
Belle émission kko mwar sérieuse mwese
Sogamber kbs ❤️
Monia fleur vrt ufise ijwi ritesaa sanaa un jour uzogeragez uririmbe gospel
Good vibes
😂😂😂 ndamwibika agitangura aza muri sirens vibes
Ubu yaravyibushe
Monia nice nakwikundiye
❤❤❤❤❤ Monia fleur
iryo jwiii😅😭
monia keep it up 💪🔥