I am so blessed by this song. Imana ibahezagire bagenzi. Kandi uko muzoca bugufi mwumviriza Mpwemu, n'indirimbo zanyu zizoguma zikora ivyo Mpwemu ashaka mu mitima yanyu n'iyacu. ❤
Can someone help me with the translation. I feel like the Holy Spirit is praying these words in me, I just can't stop listening to it. At least translate the theme of the song, please!🙏 so blessed by this song. God bless you all!!❤❤ All the way from Ethiopia🇪🇹
QUALITY Gospel Song oooh Jesus, we make me Happy (Urampagije Urampagije yeshua ooooh)Another level in Gospel Music What sound!!! HEJURU cane Guys Murashoboye Micro za ROYI TV BURUNDI vuba cane Hasheeee
Am Rwandan but when I want to feel touched by heaven I just listen to the powerful and authentic Gospel music from Burundi
Amen to that .. stay blessed 🙌🏾
@@revealjesus2152 just
@@macyotv5716 🙏🏾🙌🏾
Waouh Glory to God
amen
And why Burundi is moving so faster in gospel songs and singing beautifully???? you are so blessed
Amen 🙌🏾
Indirimbo iryoshe sana, nukuri nguma ndayisubizamwo!
Amazing 🙌🏾🙌🏾🙌🏾.. thanks to God
It's a great worship song👌👌twahezagiwe caaane nukuri Imana ibandanye ibakoresha ibirenze ivyo mukize imitima ya benshi 👏👏
Oh thanks 🙌🏾🙌🏾.. amen amen
Murakoze cane amajambo aryoshe cane iyi ndirimbo iranyuzuza cane Yesu abandanye abuzuza ubwiza bwayo ndabakunda cane
Murakoze.. komeza guhezagirwa 🙌🏾
Iyi ndirimbo everyday imbera nshasha 🙏🙏👌🙌🙌
Amen to that🙌🏾
Urampagije Yeshuwa,ameeen Halleluaaa.,muhezagirwe cyane bavandimwe kubw'iyindirimbo nziza,❤
Amen
Yeshuwa ashigwe hejuru cane kubwiyo ndirimbo namwe abahezagire caane ❤
Amina
Kanguka directed me here..and I am truly blessed. May His name be lifted.
Thanks and stay blessed 🙌🏾
Halleluya🙌🙌🙌 indirimbo nziza,isizwe amavuta 🙏🏽 Mubandanye muhezagirwa
Amen amen.. thanks so much 🙌🏾
WoW
Amazing worship song
Lyrics👌🏿
Great vocalist
Imana ishimwe kubwanyu kandi mubandanye
#RevealJesus
#Ikirere
#MomentOfWorshipInSongs
#ibiganiro 🇧🇮
Thanks guys 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🔥
Amen murahezagiwe mubandi
amen
Yeshuwa
Yubanhwe
Yitwa
Ndiho mura koz kuduhezagiza
🎉
Amina
Haleluyaaa haleluyaaa ndafashijwe 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🇧🇮
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Hallelujah ...I have listened to this song incuro nyinshi ....thank you REVEALED JESUS
Thanks to you for the support.. we thank God!! Stay blessed
Praise the lord Indirimbo nziza cane.Let’s support them by sharing from no repentance no heaven TV
Thanks so much 🙌🏾🙌🏾
My Fav Song ❣️🥺y'ibihe vyose n'umwanya wose❤😭 🙌iyaba vyakunda nakubita 20000000j'aime❤❤❤❤Yesuuuuu Ahaze ukwipfuza kwanyu nkuko mufasha benshiii❤️
Stay blessed.
kararyoshe
Merci 🙌🏾
Woooow wonderful song...this is hill song in Bdi...murashboye vrema. Iraryoshe peee
Amen to thanks.. thanks so much
Yesu komez kudukomeza generation yacu tube kuba abo ushaka kotubabo mwizina rya yesu thanks guys for this beautiful song 🎶🎶🎶
Amen🙌🏾🙌🏾🙌🏾.. Imana ikomeze ibahezagira
Ameenn Yesu wacu araduhagije!!!! muhezagirwe
😍😍😍😍😍
Egoo 🙌🏾🙌🏾🙌🏾.. hezagirwa
Imbohe zirabohoka , impumyi zirahumuka mwizina rya Yeshua ! Halleluyah
Yes.. turavyamamaza 🙌🏾
Gloire à Dieu pour l'inspiration.. Plus qu'un chant 🙏🙏🙏🙏. Merci d'avoir expliquer les noms de Dieu que relatent la BIBLE.
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Urampagije n'ukuri Yeshuwa muhabwe umugisha❤❤❤❤
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Ndabakunda yesu kristo akomeze abashoboza mugutanga ubutumwa mubicishije mugahogo ❤❤
Amen amen
Nissi bendera ryanje 💯
Rapha ntaco utonkiza 💯
Elyon ushizwe hejuru y'amajuru🙌🏻👏👏
🙋♂️
Amen amen
Urampagije Yesu. Amen,Amen Halleluhaj🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Kanguka brought me here!✨😭😭😭❤️❤️❤️
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Oooh Glory to God
😊
Mavericks city or Elevation of Burundi,murashoboye Imana ibandanye yagura talent yanyu
Aminaa 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Umbera incuti kandi umbera Imana 🙏❤️
🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Wow i love this song God Bless you,urampagije yeshua🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌💯
🙌🏾🙌🏾
Reveal Jesus, Imana ibakomeze vraiment! Mwakoreshejwe ivy'ubuhizi nukuri muri iki gikorwa "Urampagije"
🙏🏾
Whaouuuu. Cette qualité. Ça sonne kbs. Que Dieu vs bénisse
Merci beaucoup 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Ameeeeeen Imana ibahezagire ❤
Merci
Be blessed😍 Irampezagiye gushika! Yeshua ahabwe icubahiro ibihe nibihe
Amina
Halleluyaah!!🙌🙌 Thank you guys🙏👏
Amen 🙏🏾.. thanks so much
Aho ndi ndumva iyi ndirimbo inteye kurira kubw ibyishimo ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤. I will be here even in 2030
Mukomeze guhezagirwa
Woooow niho nkibona ino vidéo😥...... je valide mbega indirimbo iryoshe, rien à dire c'est juste waouuuh😭😭 stay blessed Reveal Jesus
Amen amen.. murakoze 💖🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Imana ibavugutire ibahe ama views meshi
amen
I like this my worshipers,I am touched.
Thanks
Urampagije yoshua
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Oh God Iyi song n'igitangaza ubwiza buyirimwo ni Reveal Jesus vrm
🙌🏾we’re blessed to have you
I am so blessed by this song. Imana ibahezagire bagenzi. Kandi uko muzoca bugufi mwumviriza Mpwemu, n'indirimbo zanyu zizoguma zikora ivyo Mpwemu ashaka mu mitima yanyu n'iyacu. ❤
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
❤❤
Stay blessed
Imana ibahe imigisha myinshi itagabanije bene Data, kudusangiza iyi ndirimbo.
Ndanyuzwe peeeeeeeeee. Shimwa Yeshuwa
Amina
Reveal Jesus, Imana ibakomeze vraiment! Mwakoreshejwe ivy'ubuhizi nukuri!
Amen amen 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Ndahezagirwa cane niyi ndirimbo ,lmana ibahe ibasige amavuta muterimbere
Amen 🙏🏾.. Imana ikomeze kubahezagira
This song is so powerfull and i Replay all the time❤
💝🙌🏾🙌🏾
Imana ni yo kwizigira ibakomeze ibagezekure cane cane muzobone ubwami bw’ijuru
Amen 🙌🏾
Nice song urampagiye YESU
❤️🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Amen grâce à Dieu Tout puissant.
Yesu wacu Araduhagije muri vyose.
amen amen
Really thnk you kuriri sengesho🙏
God bless you!!!
Best worship 🙌🏽, best song!!
Amen amen.. thanks to you and keep being blessed
Amen Amen. What a beautiful song.. Feeling blessed 🙏May God propels you higher in singing to his glory!
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
nipfuza kumenya uwa masterinze ino ndirimbo
Lukehouse nibo bayikoze
Urampagije yeshuw
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Murebe indi yitwa MURI YA MIBABARO by GAHOGO CHOIR 🤲🤲🤲🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Merci 🙌🏾
Amen Amen NDIHO abahezagire natwe turahezagiwe niyindirimbo
Amen amen
Waouh !
Urampagije🙌🏽
Thank you @revealjesus🙌🏽
🙌🏾🙌🏾🙌🏾amen.. thanks to you
Mwizina rya Yahshua niho dukirizwamwo 🙌 habw'icubahiro Yahweh 😞
Oh yeah 🙌🏾🙌🏾🙌🏾.. amen amen
le type en jaune...igice yaririmvye yaragishoboye neza...namavuta tu, mumajambo make arabizi pe
Merci
Hallelujah!!!
Indirimbo irimwo amavuta
Oh thanks 🙌🏾🙌🏾🙌🏾... amen amen
caaane
merci
Ntabwob mfise sintiny kwizer kuko urumwizigirw
Nic song
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
La qualité de la video 👌
Oh thanks 🙏🏾
But the song is powerful
Amen amen
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
Waooooo❤❤❤
❤️🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Ndakunze indirimbo muririmbyve ihimbaza Imana muhezagirwe cane.
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Jewe nukuri ndabasabe mungire umwe murimwebwe nanje nze nkorane umurimo hamwe namwe kuko ndabakunda kandicane hamwe mwobinyemerera vyompimbara kandi cane
We love you as well 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
C'est vraiment une très belle chanson je la kiffe grave wao 🥰🥰
Merci beaucoup 🙌🏾
oooh Imana ibahezagire cane🙌🏾🙌🏾
Thanks so much brothers.. amen to that 🙌🏾
Can someone help me with the translation. I feel like the Holy Spirit is praying these words in me, I just can't stop listening to it.
At least translate the theme of the song, please!🙏 so blessed by this song. God bless you all!!❤❤ All the way from Ethiopia🇪🇹
Urampagije : God you're enough!! You're all i need!
Oooh what a song!🥰 May God bless you guys!
Thank you!🙏🏽
Thanks so much🙌🏾🙌🏾🙌🏾 amen
Sinumva uko nobivuga njewe. Imana gusa ibahezagire 😍
Amen amen.. muhezagirwe 🙌🏾
Mbega indirimbo iruhura umutima🤍
🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Amen❤
Yesu ni Igisubizo kandi ni byose k'umufite.
amen 🙌🏾
Amen Amen
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
❤ so i'm Burundian i like how you are sung. You make good.
🙏🏾
Que le bon Dieu vous bénisse
Merci beaucoup 🙏🏾🙏🏾.. amen
iyindirimbo ndayivuza nkumva uburyohe bukomeza kwiyongera ukundi mukomere gose murabe muduhe ikindikintu nkico
Imana ishimwe 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Urampagije yeshua🙏🙏🙏
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
2023🔥🔥🔥🔥🔥my song everyday 🙆😥😥😥😭😭😭 urampagij c'est tou
🙌🏾🙌🏾🙌🏾urampagije 🙌🏾
My GOD...........
🙌🏾
Amen amen 🙏 🙌 👏 muhrzagirwe
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
This song make me cry for real,je suis touché au plus profond de moiiiiii❤❤❤Gloire à Dieu tout Puissant
🙏🏾 … Araduhagije!!! Even in 2024 He will be enough! Stay blessed
Kabisa mwubahwefr
🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Wawouh Wawouh
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
wooow u guys are awesome walah
Oh merci sanaaa 🙌🏾🙌🏾🔥
Powerful and spiritual thank you so much
a redemption song
You can only be changed and changed after listening to this song😍NISSi
Amen amen amen 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Urampagije Mana💪
Amen
God bless youuu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Burundian Gospel music up
Amen 🙌🏾🙌🏾.. thank you 👊🏾
murakoze kumpezagiraaaa
Merci 🙌🏾
QUALITY Gospel Song oooh Jesus, we make me Happy (Urampagije Urampagije yeshua ooooh)Another level in Gospel Music
What sound!!!
HEJURU cane Guys Murashoboye Micro za ROYI TV BURUNDI vuba cane Hasheeee
🙌🏾🙌🏾🙌🏾merci beaucoup frère
Ndakunda iyindirimbo kugwego ntovuga
hezagirwa
Wonderful song bring hop in my life Joshuaaaaaa be blessed you are mighty god and more fire hallelujah ❤❤❤❤❤amen
Amen 🙌🏾🙌🏾
Ameeen❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏🙏
🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Such a beautiful tribute🥺🤍 God bless the writer and singers
Amen.. that’s so encouraging 🙌🏾.. bless you
what a great worship song, be blessed worshipers for blessing us
Thanks for the love ❤️ 🙌🏾
umubassiste nihatari . Didier na Elvis amavuta menshi menshi
Amen amen 🙌🏾
Top... Hallelujah Hallelujah 🙌🙌🙌
Amen amen 🙏🏾
❤❤❤❤ good song God bless his brother man ❤🔥🔥🔥💗🙋✋
🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Amen
🙌🏾
One of the best Adoration Songs!!! Praise Yeshuaaaaaaaaa
halleluya
Halleluya Amen Amen Amen
Amen amen