Urukundo yanyeretse rurasiga😭😭 Imbabazi yangiriye ziransiga Amajambo ambanye make yokubivuga 🙏🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌 Urandengera koko, ingene anyitwararika May God bless you my pastor and the whole team🙌🙌🙌 Hallelujah
Can’t stop listening to this amazing powerful song,uraturengera Mwami🙌🙌,thank you Lord to inspire such words of love through your servant Pastor Lopez🙏🙏
Ingene wahevye intama 99 kubw'1 iyo 1 yari jewe nakubabaje uranyihanganira nububi bwanje ooh what a love 🙊 urandengera Mwami vyukuri bless u again Pastor u are a blessing to all nations 🙌🙌
Powerful moment of worship...😭😭😭God you are faithful regardless our failure ....ain't nothing will stop you from pouring your mercy on us 🙏🙏 Thank you pastor🙏🙏
Imana iguhezagire cane Pastor Lopez iyi ndirimbo ndayumvise umutima wanje uraca bugufi kandi amosozi antanga hafi .Iyi ndirimbo ivuye kure mumutima ukunda Imana ufise
Ameeen
What a song😭nkuk'umuvyeyi mwiza akora Niko unkorera rek nkuririmbe urahebuje God bless u Pastor and the whole team you did a great job
Ameen
@@pastorlopeznininahazwe9548 3²
😭😭😭😭indirimbo irimwo ubwiza bw'IMANA vrmt igihe cose ndayumvirije numva idasanzwe kubuzima bwanje bihindutse mwarahezagiwe Pastor IMANA ibandanye kubaha amavuta
Pasta iyi ndirimbo ivuye muri wamutima wawe utazira Imana uyikunze utayiryarya.ndakunda ingene ukundi Imana.bitera inyota benshi gutazira nuguhimbaza
Nkunda ingene uciye bugufi Pasteur Lopez🙏🙏
Be blessed Pastor Lopez. Indirimbo zawe zose zirampezagira,waaaooo ndumva nkunz’IMANA cane kurush’imbere
Yesu abandanye aguhishurira vyinshi natwe turanezerewe kukubona muri kino gihe natwe tuzogushigikira muvyo dushobora vyose
Imbabazi wangiriy ziransiga
Urukundo wanyeretse ruransiga
Amajambo ambanye make yo kubivuga
Urandengera.... 🙆🙆🙆🙌ooooh God
Oooooh iyi ndirimbo iraruhura umutima wanje niyomba ndi mubigerargezo ndayumviriza nkarema amarira akantanga ku maso. Merci boku Pasteur Lopez. Mubandanye muhezagirwa kandi mwagukirwa mubikorwa vy'Imana mwatanguye murimwebwe, Indirimbo zanyu zirahembura umutima wanje kandi ndanazikunda cane.🙏🙏🙏🙏
Imana ibandanye ikuduhezagirira Pastor Lopez .Uko niko umukunzi wacu Yesu yama ambera buri munsi yama andengera
Amen urandengera Mwami wanje.ingene wahevye intama 99ukaja kurondera imwe yazimiye.iyimye yari jewe.urandengera
Glory be to God alone💥🔥🔥🔥Courage Pastor Lopez kugikorwa Imana iriko iragukoresha muri Kino gihugu nabo muriko murakorana bose,..Imana ishishikare ibagwizamwo uwo mutima wogufasha ishengero rya Christo kwegera Imana.
Ameeeen
Urandengera. Uri umwizigirwa.
Nk’ uko umubyeyi mwiza akora.
Allleluia yoooo urakoze pasitori kutwongera, iza mbere zo nyene zaturengera zikadushikana mu bwigobeko bw,Isumba vyose none uratwongeye iyindi , ubiheregwe imigisha, Imana iguhezagire nkuko uduhezagira
Merci Seigneur Jésus pour Ton amour inconditionnel envers moi. 😭😭😭🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Very powerful my Pastor Umwami akomeze yihishure biciye muri wewe muvyo yaguhamagariye muriki gihe uri umugisha kuri benshi 🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Urandengera Mwami muvyuvuga no muvyo ukoraa ukankunda ukanyitwararika🙏🙋♂️....... Iyatanguje ico gikorwa muri mwebwe izogisozera gushika yesu agarutse
Ameeeen
Urukundo wanyeretse rurasiga mwami😭 GOD bless u pastor lopez
Umutima w'Imana urahishurwa tukaba abarengewe.... Merciiiii Pastor..... Seigneur ntawahwana nawe u're great, ur love, mercy, patience,....... 🙇🙇🙇
Ameeen
Muhezagirw can! Najew YESU Arandengera!!!!!!!!!
Urukundo yanyeretse rurasiga😭😭
Imbabazi yangiriye ziransiga
Amajambo ambanye make yokubivuga 🙏🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌
Urandengera koko, ingene anyitwararika
May God bless you my pastor and the whole team🙌🙌🙌
Hallelujah
Ameeeen
Halleluyaaaa, nk uko umuvyeyi mwiza akora niko ukoraaaa.... amajambo ambanye make yo kubivuga....urandengera
Niyontabaye mwiza wew aguma ambera mwiza indirimbo izanana kumavi birandengera
yoooo muvyeyi mwiza christo warandengey ntaco nkironka mvuga mukunzi ingene ungwanako burigihe,urandengera mwamii😭😭😭😭😭
ndayikuze twarayiririvye❤❤❤❤
❤❤😂😊
Iyi ndirimbo niyibihe vyose 🙌🏽mubihe vyose
Thank you pastor 🙌🏽
Ooooooh bless be the name of Jesus nkrii😭😭 nkuko umuvyeyi mwizaa Akora nikunkoreraa
Ooooh une bonne chanson, Pastor Que Dieu vous bénisse. Et ta famille aussi
Imana yaguhamagaye ikomeze ikuzuze imbaraga kugirango ukomeze ugarurire abantu ibyiringiro bifite ubuzima we love you Pastor
Ameeen!!
Nsubiy gutahura urukundo rwImana gushashaa...mercii Pasteur Lopez
Waouuuh indirimbo nziza cane ifise ubumote urukundo Imana itwereka ruraturengera ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen Amen Yesu akomeze kugusiga amavuta .Kuko uriko uhembura imitima ya beshi.
Urandengera MWAMI imbabazi wangiriye ziransiga urukundo wanyeretse ruransiga,👏🙏🙏
Yesu ahora atubera umwizirwa niyo tutabaye abizigirwa🙌🙌🙌 powerful message... #Urandengera
Mbega indirimbo Pastor urumugisha iyi ndirimbo nahora ndayumva tu but umusi ndahantu nicaye numva iranjemwo tu ntangura kuyiririmba narafashijwe cane bandanya uhishurirwa nizindi nyinshi urumugisha kuburundi bwacu❤
Amen Amen Uhoraho akomeze yagure ico yashize muri wewe urakoze kubwindirimbo Ivuga Ubuntu twagiriwe mur Kristo
Ukugira neza kwawe kuntera kwihana oooooohooooooh oooooh 😭😭
😭😭🙌🙌amjmbo n make y kuvuga urukundo rwawe MANA
words are so weak to explain how faithfull you re Lord...im humbled😭😭😭such annointed song.bless youuuu
Paster vyukuri nawewe urandengera caaaane kuko ikirere c'impwemu kiri kuri wewe.Impamvu indirimbo zawe zikora k'umutima wanje cane kandi vyukuri ndafashwa
Fise vyishi vyo kukuvugako yesu 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Cool ndakunda indirimbo zawe.Uhoraho akomeze akwagurire imbibe
Aaamen aaamen turahezagirwa caaane nibikorwa bidasanzwe mukora turafashwa caaane, Imana ibahezagire can
Ameen
Left 99 for 1 and that one is me. Thanks Lord. Indirimbo nziza caane vyose vyuzuyemwo ubumote bwa Mpwemu yera. Ndahezagiwe caane. Aaamen
Urandengera yesu urukundo wangiriye ruransiga amajambo ambiante make yo kubivuga urandengera yesu we urakoze pastor lopze
Thank you again Pastor
Ndimubafashwa cane nibikorwa IMANA ikorana namwe
#Urandengera Mana 🤦🏽♂️
Glory to God alone
Halleluyah uwomwami arandengera😢😢igikorwa cuzuye 🤌🤌amavuta menshi kumukozi wImana Lopez
Urandengera Mwami wanje Yesu. Uteramira ico wavuze ukagishitsa. Ur'umwizigirwa mu masezerano.
Que Dieu amene plusieurs comme toi.qui sont des vrais adorateurs.pas seulement des chanteurs ou musiciens.mais plutot adorateur
😇numva ntoronka Nico NOVUGA kuri iyi ndirimbo
Gusa ivyo ntavuze vyuzuye ivyiza
Amajambo ambanye make kubisobanura. Ariko arandengera mwami!
Niyo tutoba abizigirwa we ahora ari umwizigirwa
Urandengera Mana💐
May God bless you abundantly Pastor
Allelua uko niko kuramyaaa kuva ibwinaaaa alleluaaaa ndafashijweeee caneeee mbega ihishurigwaaaa
Kumunsi kumunsi ndarengerwa...mine Pastor!!!much lov
God keeps His anointing on you Pastor Lopez. Am blessed with all your songs. Thank you and be blessed for this song
Définition yurukundo ndavyumva muriyindirimbo. Hallelujah. Also I see an amazing team. Pasta urumugisha Imana yatanze
Kwisi
Imana ikwonger amavut mashasha pasteur
Ameen
Ameen
Nukuri jewe ndahezagiwe sinzi nk,abandi nimba nawe aruko vuga Amen
Amen
My loving father
Your unconditional love for me surpass my understanding 😭😭🤲
Thank you Jesus 😢
Can’t stop listening to this amazing powerful song,uraturengera Mwami🙌🙌,thank you Lord to inspire such words of love through your servant Pastor Lopez🙏🙏
Asante sana... Yesu akomeze kubasiga mwese
Imbabazi zaw ziransiga vyukuri!
Ingene wahevye intama 99 kubw'1 iyo 1 yari jewe nakubabaje uranyihanganira nububi bwanje ooh what a love 🙊 urandengera Mwami vyukuri bless u again Pastor u are a blessing to all nations 🙌🙌
Ameeen
Imana ibahezagire cane ibahe,ihishurwa,ryo kuyiririmbira,natwe,duhezagirwe Amen Amen
Ameeen
Amen iyindirimbo ishitse kumutima kbs
Pasteur uzoronder dudu mufatanije mwoduha indirimbo yamavuta kabisa
An anointed song God increases you the power and the anointing
Shimwa Yesu christo kubwurukundo rwawe Oooh oooh🙌🙌
Pastor Lopez umukunzi w,Imana, biragaragara
Imana ibandanye isuka amavuta🙏urandengera mwamiiiii🙌
J’avais très envie yukubona iyi ndirimbo cane cane kumva message yayo . None ndanyuzwe cane n’amajambo akomeye ayirimwo. Imana Ikomeze kugusiga amavuta ni kukugururira iyindi miryango, isuke izindi ndirimbo mu buhimbano bw’umutima wawe. 🙌🏻
🙏🙏
🙏🏽 Uhoraho akomeze akurengera pastor🙏🏽 And thank you for this powerful song!! You are blessed!
I keep coming again and again this worship is so good🙌🏿🙌🏿🔥🔥
The song of the moment....that love that surpasses all knowledge.
I can't describe I much this song helped me....Thank God for you ...God blesses your works Pastor Lopez
Glory be to God
Yesu habwicubahiro muri vyose mwami
Thank you so much for blessing us! more grace upon your life
Like the way you perfomed this song; it's like prayer.Be blessed Pastor
This is a blessing to our generation
Bless you sir for this prayerful song... 🙌🏼 🙌🏼 🙌🏼 🙌🏼 🙌🏼 🙌🏼
🙏🙏
Thank you so much for this powerful song may God bless you abundantly 💎
Thank you Jesus🙏, you are too much for me 🙌
Powerful moment of worship...😭😭😭God you are faithful regardless our failure ....ain't nothing will stop you from pouring your mercy on us 🙏🙏
Thank you pastor🙏🙏
I love this song thank you my paster
Imana iguhezagire lopez
Yesu aguhe Imigisha pasteur
Ameen
Woooooh How powerfull worship is this!!! May God increase the anoiting to Pastor Lopez and also to all the team.Hallejah 🤗🤗
Ameeen
Wooah it sounds good to feel this words.
Thank you pastor Lopez
Ooooo God 😢,ni koko urandengera mwami
thank you for this _song Pastor Lopez‼️
Shimwa Yesu🙌🏽🙏
Awesome !!! God bless you Pastor Lopez!
Ameeeen
What a powerful song.... God bless you Pastor🤝
Ameeen
Amazing song 😭😭
Bless up Pastor
How deep is the love of our father
Ayayayaya mbegindirimbo weee!!
Always amazing, the nature of our God
Powerful song🎉🎉
More and more Blessing.
😭😭😭Thankk uuu Pastor. Good song 🙌
Amazing song 🙏🏽. God bless u 🇸🇪
Salut ma tantine Ninette 🥰 et Soyez abondamment bénis pour l'oeuvre de Dieu que vous faites 🙏🏽