Umukuru w'Igihugu Evariste NDAYISHIMIYE asaba abarundi bateye imbere kugaruka kuduza abandi.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024
  • Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste NDAYISHIMIYE asaba abarundi bateye imbere kugaruka hasi kuduza abandi nakare ''ntawusomera induru ivuga'' kandi ''ntawutungira mu boro''. Vyongeye Prezida NDAYISHIMIYE aranegura abateye imbere bagaca bibagira gufasha abavyeyi babo. Nayo Reta ngo igiye gushigikira cane abarimyi kuko ari bo mushinge w'iterambere. Ariko rero abiyita abatishoboye bari bafise inguvu zo gukora, ntakibanza bafise.

КОМЕНТАРІ • 19

  • @mosesstv3258
    @mosesstv3258 3 роки тому +1

    Ariko twirinda Corona virus guko tumaze kuba ata social distance ihari mubantu nkabo Kandi Corona atagihugu nakimwe itarimwo hama akaba ata face mask bambaye ivyo sivyo!!!!

  • @desirendiho4938
    @desirendiho4938 3 роки тому +3

    Mukomere mutama Imana irikumwe namwe👍👍👍

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 3 роки тому +1

    Komera! Ariko ikindi gikenewe muburundi kugirabuterimbere, nukugabanya amategeko kuko arimunzitizi ziterambere. Amategeko avukaburimwanya ivyobitumuntu atidegemvya, abahonkimbohe. Nkabirigwa bafatabantu bibereye kumakinga canke batembereza ibidandazwa, baronderere akazi ngirakamaro gakwiranye ningufu zabo.

    • @deobiho
      @deobiho 3 роки тому +1

      Tanga akarorero ka mategeko ubona yovaho maze tuyamurungikire

  • @raimondnduwi
    @raimondnduwi 4 місяці тому

    Komera urahayurakora icimana izokwibukirako

  • @deobiho
    @deobiho 3 роки тому +3

    Banza ukure igiturire tuzoza

  • @lutulalihim1585
    @lutulalihim1585 3 роки тому +1

    Good job Mr president General never

  • @bizimanaildephonse6201
    @bizimanaildephonse6201 3 роки тому +2

    Good work musaza

  • @mihigoally8232
    @mihigoally8232 3 роки тому

    Courage Mr president

  • @gaudenceharerimana7743
    @gaudenceharerimana7743 3 роки тому

    Uhezagirwe Mutama wacu twese abarundi nibyo nuguhiga ubuzima kubakiri bato. Ariko harinigihe uhiga ukabura. Ivyo nivyo ariko usanga bafise abakazana babi nuwo muhungu ugasanga yabaye nkikijuju ntajambo agifise murgo kubera umugorewiwe

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 3 роки тому

    Urimbonyi y'Abarundi Mutama Wacu bakeburi kandi ntuzoruhe koko dufise ibinebwe vyinshi bikeneye gukiburwa gukora kuko bikunda kurta vyicaye ntuzobihe agahengwe

  • @brncinenikikiza4876
    @brncinenikikiza4876 2 роки тому

    Imana. Iguhangaz

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 роки тому +1

    👍🏾🎩

  • @twahirwacharlies6375
    @twahirwacharlies6375 3 роки тому

    Burundi buhire Charles🇷🇼

  • @bukurubenjamin6813
    @bukurubenjamin6813 3 роки тому

    Muze komera ikibazo abarundi turikunda iyo bamaze gukira nabakene ntibabibuka.

  • @aayeshakhan9962
    @aayeshakhan9962 3 роки тому

    God bless you president

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 3 роки тому

    ???????

  • @elvisniyonkuru4290
    @elvisniyonkuru4290 3 роки тому +3

    Amajambo nimeshi gusumba ibikogwa

    • @deobiho
      @deobiho 3 роки тому

      Avuga amajambo menshi ariko ibikorwa narabihebuye ko bishika