Akataraboneka mu gisagara ca Bujumbura| Naho nakagendeye Ijuru ryo muri AFRICA ntahandi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 вер 2024
  • Turiko turabatembereza mu turere dutandukanye tw'igihugu cacu ubu twahereye ku murwa mukuru w'ubutunzi w'igihugu c'uburundi.
    Twobamenyeshako kandi dusanzwe dukora akazi ko kwubaka amazu, tukaba tubakorera imigero hamwe n'amadevis bivanye n'uburyo mufise.
    Ukeneye kuduhamagara wotwakura kuri +25777425724 kuri whatsapp canke Ukadumagara kuri appel isanzwe ukoresheje +257 62931499.
    Visit our blog for more news:
    sincinatech.bl...
    watch more of our video here:
    • HOSSY IRAKOZE Atanze $...

КОМЕНТАРІ • 26

  • @gakobwaadija7949
    @gakobwaadija7949 9 днів тому +1

    Urakoze cane ❤❤

  • @AlainNiyonzima-m4g
    @AlainNiyonzima-m4g 2 дні тому +1

    Merci de me faire voyager dans ce pays que j ai quitté il y a 30 le burundi me manque tellement 😢😢

    • @sincinatech
      @sincinatech  20 годин тому +1

      Pole sana kuba mu mahanga ntibiba vyoroshe twizere ko umusi umwe muzogaruka

  • @julius875
    @julius875 11 днів тому

    courage

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 12 днів тому

    LOVE MY COUNTRY

    • @sincinatech
      @sincinatech  12 днів тому

      Iciyumviro canyu ni ngirakamaro murakoze kudukurikirana

  • @juniornizigama2547
    @juniornizigama2547 11 днів тому +1

    courage mais impinga iracari ndende ugereranije namabarabara hamwe namazu tubona mubindi bihugu

    • @sincinatech
      @sincinatech  11 днів тому

      Urakoze kuri iyo ntererano ku bwawe ubona abarundi twokora iki kugira natwe tuje kurugero rw'abindi bihugu?

  • @amolam97
    @amolam97 12 днів тому

    Courage ❤💚🤍🇧🇮

    • @sincinatech
      @sincinatech  11 днів тому +1

      Murakoze cane ku ntererano nyanyu

  • @dundaentertainment6753
    @dundaentertainment6753 12 днів тому

    Dent tv loves you too and thank you 💞💞💞

  • @Simvura
    @Simvura 12 днів тому

    😂😂😂😂😂😂 delulu is the new solulu

  • @RodneyMugisha
    @RodneyMugisha 11 днів тому

    turazi kwishimira na bike dufise ibaze yoba harihasa nka New York

  • @Simvura
    @Simvura 12 днів тому

    Muraziko mu bindi bihugu Bujumbura iri inyuma yo mu cyaro

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana 12 днів тому

      Nw'amazi birahera

    • @sincinatech
      @sincinatech  12 днів тому

      Murakoze gushikiriza iciyumviro canyu

    • @Simvura
      @Simvura 12 днів тому

      @@LarissaAkimana kwibesha si umuti namba nta kataraboneka vrt oyaaaa

    • @LucasIganze
      @LucasIganze 12 днів тому

      Ibyiza bilimbere❤❤❤

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana 11 днів тому +1

      @@Simvura umwe wese afise ukwo akunda ikintu canke akibona ninkuko Nawe ushobora kuvuga KO urwanda ari ijuru ryawe kandi tuzi ko atabirenze biriho nkukwo wavuze uburundi,jewe ndatanganzwa n'banyarwanda bamwebamwe iyo twipostingiye tuvuga k'uBurundi bwacu muraza mugatera induru muvuga nabi twebwe KO tutavuga ivyiwanyu iyo mubipostinze ??nikihe kintu uburundi bwabatwaye kugira mubwamize mukanwa misi yose??KO twebwe tutabanezwe ,ivyanyu twebwe ntitubinezwe rero namwe nimurabane nivyanyu

  • @iranzidenise4916
    @iranzidenise4916 11 днів тому

    Banza urondere camela😂😂😂