Ndababay trop kuko abarundi benshi twuzuye uburyarya!! N'Imana yo mw'ijuru irabizi yuko indirimbo za mbere nkunda ari iza Africa Nova ariko ndababajwe n'uko ata n'umwe aramubwira yuko iyi remix ya MWIRIWE ibishe kuri irya ya mbere!!
Umuh Umu mu Uuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu.m.u.u.muuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu
Merci kukaririmbo karyoshe mutam🇧🇮👌🙏
Iyi ndirimbo ni indirimbo yisoneye...yimbitse i bwina itosoye mu nyandiko...
😎🙏🇧🇮
Africanova ni umu MAGNAT peeee. Nibyiza peeee kuvuma. Wagati ni keye ⌚️⌚️
ndayisuiramwo kuyumva incuro nyinshi sindayihimba_nukuri wubhwe!nimugaruk mufash abuzukuru banyuuuuu
Indirimbo irarunduhura kabisa jewe nari nagize ubwoba nibaza ko amajambo azohinduka ariko numva ari yayandi amasanamu ameze neza!! Umuncuraranzi nemera ari mubakera indirimbo zabo zitabora. Ndipfuza ko Générations zuyu musi zibigirako akarorero!! Hezagirwa my lovely musician.
Urakenuye muhanyi kuri runo ruririmbo
Murakoze cane kudukumbuza izindirimbo twakunze kandi tugikunze nubu👍👍
oooo mana yanje soo nice and sounding sweet baba .duhe twinshi papa
Ngaka akanovera k'umudiho ndundi !
Neza cane goseeeeee 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾💯%✅🇧🇮
Wagasubiyemwo neza cne✔️
legendsDynasty mwarakoze kuduha aka kantu kadutembereza mubibe vya kera
Zisa neza cane yarazisubiyemwo🎉❤
Komera mutama nukuri ntaryohegwa nindirimbo zawe
Mwiriwe neza
Nakunze Africanova kuva cyeraaaa...muri les annees 80 twiga muri high school. Thanks !!
Wubahwe cane,papa!!...nta gitangaje kuko ivyiza vyama bitaha iwanyu!..👏👏💯♥️
Ndahimbarwa n,indirimbo zawe sogokuru wange♥
Wubahwe caaaane, Imana ibandanye iguha inkomezi ugume utera imbere🥰🥰🥰🥰🥰
Merci beaucoup chère cousine!
Mutama wanje Africa Nova ,ijwi ryawe nturihinduka WEWE URAKAZE
Le Papa Nova honnetmnt parlant wari wararindiriye iki????
Nagukunda indirimbo zaw p!!!
Mbega indirimbo yamajambo meza anyengetera
Oooo my GOD irijwi ryama rimpimbara gushika ibwina mumutima nomumaraso
Mutama wubahwe twaridukwiye kugufatirako akarorero bivany nuko wandika
Muzehe Ari ryohera komera mutama
Ndakunda indirimbo zawe ,ziryoshe impande zose
Mwiriwe neza vraiment
Bjr!Mr Africanova nakuze numviriza indirimbo zanyu,Niki Dave,Canjo Amisi….Narakunda na Dede Major birerekana combien les Burundais bafise talent.Vos chansons zitanga msg…..Merci et merci bcp.Hageze kuriyi ndirimbo hoho irandegeza
Respect musaza, wubahwe tena
Vyiza cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mbega akaririmbo keza
Safi sana i song namavuta .Production nakaja Bass ni dori kabisa
Good message
Uyu muririmbyi rurangiranwa Africa Nova aracyariho!! Twajyaga twumva uturirimbo twiwe turyoshye cyane kera tukiri abana bato cyane!! Twakundaga kumva Radio Burundi cyane hano ku mupaka w'u Rwanda n'u Burundi.
Aracariho ari hanze y'U burundi
Toujours en forme Mutama wacu. Ugume uhezagigwa ❤❤❤❤❤
Mutama wubahwe kabisa ukora ibikora inka
Vyiza cane !!
Wubawe Mutama
Mwiriwe 🔥😍👏👏🙏
Egoo kbsaaa
Agashitsi ka kera...
Umuzika mwiza cane
Seulement pour les burundais.
May the Mighty God bless you again and again!
Waouh Nice song
🔥🔥🔥
Africanova, ntawunzokundutira mu baririmvyi Bose! Uracari wa mbere!!!🙏🏿🙏🏿🙏🏿
🔥🔥🔥🔥🔥 waooh merci 🙏🏽 twari dukumbuye indirimbo zidushika kumutima.
Wouuh! Indirimbo zishika kumutima. Irambire mutama
😌😌😍😍
AfricaNova ndakunda cane umuziki wawe. Instrumental za kera nizo ziryoshe kuruta izubu
Wao Wao
good song 🔥🔥🔥🔥🔥🔥👏🏼👏🏼👏🏼 mwiriw i like it 🥰
Legend 💯
Beautiful vibe!! Hezagigwa 🙏🏽🔥
Merci bcp !!t'es l'histoire vivant!!respect et longue vie
Ce monsieur il est spécial comment je peux lui parler je suis Burundais commerçant in DRC
@@EliasHope-vq2kq www.africanova.co
Kbs
🙏🙏🙏irambire mutama wanje
Beautiful touch😍😍
Ndababay trop kuko abarundi benshi twuzuye uburyarya!! N'Imana yo mw'ijuru irabizi yuko indirimbo za mbere nkunda ari iza Africa Nova ariko ndababajwe n'uko ata n'umwe aramubwira yuko iyi remix ya MWIRIWE ibishe kuri irya ya mbere!!
Amisi yose iyo ndirimbo interactive marira sinzi igituma
Legend Legend
Woaw! This is amazing. I can't hold my comment on this.
🇧🇮🇧🇮
Merci beaucoup Cher Monsieur Africa Nova!!
Wirambire
Mbona vyoba vyiza asubiyemwo indirimbo ziwe zose zakera. Zikaronka
Nkunda indirimbo zawe peeeee
💥💥💥💥
Africa nova
Mwiriwe indirimbo nziza
😍😍😍😍😍
Sibamwe baririmba bataragurika
Mutama ukwiye ikidali cubwami
Abo bahanzi bafisuburyo baribakwiye kugaruka bakegeranya ugwaruka rufisingabirano nkiyo rutagiruburyo.live stong
Umuh Umu
mu
Uuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu.m.u.u.muuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu
❤
🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤩
Thank you Mutama !!!
Nduwambere kugira commentaire mpa like na 100$
Mutama agira atwibagize umuzik wurwanda
niww gusa usigay uwumviriza😂
🔥🔥🔥
good song 🔥🔥🔥🔥🔥🔥👏🏼👏🏼👏🏼 mwiriw i like it 🥰
❤❤🎉
❤