Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Uhabwe intebe yimbere🙏🙏
Kbx urandyoher
Terimbere bwana Fajos Burundi
Nc brother is song imistary nkiy uyikurah bro kirenz
Wabikoze neuza cna musaza wubahwe
Wabikoze neza nkumurundi wakaranga courage mugenzi,💪💪💪
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮Uwuri murukundo n'uyu mudiho wakaranga nka nje ampe likes mes chers
Wubahwe musaza
Abatwayinda kubwuwo mudiho😂😂😂
Reka kuntwenz
Neza cn mta....✌️
👊👊
Ndakunda uburundi bwanje ndashima kuba ndumurindi
Good song 🇧🇮🇧🇮🎉🎉
Thx
Courage Bwana Fajos. Haranira akaranga n'ishusho nziza y'igihugu U Burundi
Waoh merci
Thx sana musaza
Iyaba , bose,baririmba indrimbo nkizi, Ibintu vyofashe,inzira peee
😂😂😂 ok thx
Courage cane ndakunze iyi song vrt Kandi cane ishike Kure ❤ndabakunda
👊👊👊
Umurundi wakaranga komez imber 'Niheza burundi bwubahwe
🙏🙏🙏🔥🔥
Ewana ntaco novuga atari kuvuga ati Fajos hejuuuruuu guko urashoboy de Plus impano yaw ninziza kbxa ww guma kukivi natwe turinyima yaw, courage kwer kwer
Murakoze cane musaza
Kazi nzuli , courage bro
Asante bro
Sha urankoze aho mbabara🙆🙆
Vya kwel? Ok thx
Ubikora neza cane muhungu wacu uraduserukira neza Rutana ❤
Waoh murakoze😂😂😂
Harukuntu kano kantu kanyuze mumutima uwumva ko twokunda igihugu cacu nkanj arihe??
Jewe nyen😂😂
Very nice song ,very well produced ❤💖💓💗 je naho nzoba ndumwe I,ll always be your fan urazi kuririmba ,kwandika hoho umenga niwe wabizanye 😘😍
😂😂😂 merci bcp maze 🙏🙏🙏
Iyi ndirimbo iraryoshe na burna boy yoyitamba
Ubikora neza wubahwe❤❤
Brother good sana murika hashye🔥🔥
Washa🔥 Fajos UMURUNDI W'akaranga reo 🥰 👉Twika🔥💥👊 Hashake hahire rimwe🔥🇧🇮💪🤸
Nibazako hamaze gusha🔥🔥🔥
Kbxa🔥🔥🔥🇧🇮✌️
Sagamba Burundi 🇧🇮 ♥️ ❤️ 💖 😍
Akaranga kacuuu❤❤
KING of RUTANA big up sana❤
KL ntacokabaye
✌️✌️
Kbx gumizak nkimvur yurushana ej nihez so courage✊📢
🙏🙏🙏
Igikorwa ciza Benewacuuu...🔥🔥🔥
Ikiyaga cohoha From kirundo hejuru Fajos burundiImana iguhezagira kwaka karirimbo Gihugu canje
Amen
❤❤❤❤❤ murashoboy cne ncuti,best song
Mn iyo ndirimb irarenze wallh💪💪💪😃
Murakoze🙏🙏
Courage brother ndakundibikogwa vyaw❤❤❤
Murakoze
Neza cane berry song
Tera imbere mtama 👏👏👏
✌️✌️✌️
Bu🇧🇮🇧🇮🇧🇮igihugu canje💪💪💪💪💪🇧🇮
Courage bro💪
uwakaranga hejuru love from gigi
Neza cane courage bro
🙏🙏
Waoooh fajos burundi Lac cohoha Lac aux oiseaux from kdo my home Gihugu canje❤️❤️❤️
😂😂 narakuvugiyibintu mpinzoga ninywere🤦🤦🤦
@@fajosburundi5306 hhhhhhhh musaza kbx wew wubahwe Jew ndi mu kirundo niwahaza uzombwire kbx ndakuzimane inzoga irahari kbx
👊👊👊👊
Ndakunda uburundi gihugu canje
Bravo bravo bravo
Neuza cane murundi wakaranga ntiwayaze amasigar cicaro💪💪💪💪💪👏👏👏👏
Waoh merci 😂😂😂
Big up sana 🇧🇮💓🇧🇮🇧🇮💓 🇧🇮 hejuru cane
Hejuru cane musaza❤️❤️❤️
Waoh murakoze
cool musaza
Umurundi wakaranga 🤝💪
Niho MBA ndi
Fajos Kuyindi ntambwe! 🎬🔥🔥
Merci bcp
Fajos neza bro . Hugura hugura
😂😂😂ok merci
Waiting for it
Oook
Kali brother
Kure cane m'y brother nihonnkwifurije
Waoooooo Amazing Kaka From Rutana
✌️✌️✌️🔥🔥
komerez aho
Burundi gihugu canje❤🇧🇮
❤️❤️🇧🇮🇧🇮💪💪
Komera mon frère, wubahwe cne, Rutana oyeeeeeeeeeee,
Waoh thx
Courage fajos burundi
Ewe ntiworoshe Pajos🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏
Merci sana
Courage mon frere
Wabikoze neza cane Kuko amajambo Na vidéo birajana.ubandanye utera imbere abafise uburyo nabo bakumene mwimitahe❤
Yeyeye twimanukir
💪💪💪
Hari n'inkumi nziza zinaringa na hariya ku mu Mutanga eka ni i Burundi bwa Nyaburunga. Uranyemejz ndakurahiye
Kabisa uranyemeje
😂😂😂ok👊👊👊
Big up mon frere
🙏🙏🙏🙏
keeep it up brother love from Ninjaa
🙏🙏🔥🔥
Love in Burundi
Imana ikujimbere nomubisigaye vyose.
Mwubahwe caane
Courage Love from Taizon TV
Thx musaza
Eeeh muta so cool bro aga collaboration kwr one day
😂😂😂 ok karibu
Komera di murundi wakaranga
Twes mugenzi
Nice song bro
Murakoze cane
Murakoz namw
Ndumvishe vyinshi vyiza kweri dufise wakoze neza cane.indirimbo ndara ndayivuza kweri.ewe Burundi bwanje ndagukunda urumva ivyo vyiza vyose 🇧🇮🇧🇮❤️❤️
😂😂😂ok murakoze
Hit
Burundi gihugu canjeee❤
Yesaa
Fajoooooss
Yesaaa
So good my brother 🇧🇮❤️ ulijitaidi sana 🙏 wubahwe
🙏🙏🙏❤️❤️🇧🇮🇧🇮💪💪
Big up bro nice song❤
Zana uwo muti bro🔥🔥🔥
nice
Turakaze wallah😂❤❤
😂😂😂😂 ok thx
Courage bro
Komeza
Rekura hashe❤❤❤
naharaye ndanahirirwa kubera ukuryoherwa niyi mbyino
😂😂👊👊👊
warandonse pe kw'ino ndirimbo
😂😂😂👊👊👊
Kora umuti
Vyabaye😂😂😂
❤❤❤
Good job 💪
🔥🔥♥️♥️
I love The Song💝 #Ntitwisondeka
Upp to date bro
Iyi ndirimbo ndayumvise kuri radio nciye ninjira you tube iraryoshe na beat irasara
😂😂😂sawa merci
Atarakandi umuti wakoretse kwel Turira hashake hale👟
✌️✌️🔥🔥
Mbega kutunyoteza 😢😢😢😢😢
Nibazako inyota yaheze🤷🤷
Ubu hasigaye 🍾🍾🍷🍷,,🤣🤣🤣 ntakindi 🙅🏽♀️🙅🏽♀️🏃🏃🏃🏃
TERIMBERE MURUNDI WAKARANGA
Terimbere frère kure cane nkwifurij kugera
Let's go 🔥🔥🔥🔥🔥
Indirimbo nziza iteriteka igihugu cacu
Uhabwe intebe yimbere🙏🙏
Kbx urandyoher
Terimbere bwana Fajos Burundi
Nc brother is song imistary nkiy uyikurah bro kirenz
Wabikoze neuza cna musaza wubahwe
Wabikoze neza nkumurundi wakaranga courage mugenzi,💪💪💪
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uwuri murukundo n'uyu mudiho wakaranga nka nje ampe likes mes chers
Wubahwe musaza
Abatwayinda kubwuwo mudiho😂😂😂
Reka kuntwenz
Neza cn mta....✌️
👊👊
Ndakunda uburundi bwanje ndashima kuba ndumurindi
Good song 🇧🇮🇧🇮🎉🎉
Thx
Courage Bwana Fajos. Haranira akaranga n'ishusho nziza y'igihugu U Burundi
Waoh merci
Thx sana musaza
Iyaba , bose,baririmba indrimbo nkizi, Ibintu vyofashe,inzira peee
😂😂😂 ok thx
Courage cane ndakunze iyi song vrt Kandi cane ishike Kure ❤ndabakunda
👊👊👊
Umurundi wakaranga komez imber 'Niheza burundi bwubahwe
🙏🙏🙏🔥🔥
Ewana ntaco novuga atari kuvuga ati
Fajos hejuuuruuu guko urashoboy de
Plus impano yaw ninziza kbxa ww guma kukivi natwe turinyima yaw, courage kwer kwer
Murakoze cane musaza
Kazi nzuli , courage bro
Asante bro
Sha urankoze aho mbabara🙆🙆
Vya kwel? Ok thx
Ubikora neza cane muhungu wacu uraduserukira neza Rutana ❤
Waoh murakoze😂😂😂
Harukuntu kano kantu kanyuze mumutima uwumva ko twokunda igihugu cacu nkanj arihe??
Jewe nyen😂😂
Very nice song ,very well produced ❤💖💓💗 je naho nzoba ndumwe I,ll always be your fan urazi kuririmba ,kwandika hoho umenga niwe wabizanye 😘😍
😂😂😂 merci bcp maze 🙏🙏🙏
Iyi ndirimbo iraryoshe na burna boy yoyitamba
Ubikora neza wubahwe❤❤
Brother good sana murika hashye🔥🔥
🙏🙏🙏🔥🔥
Washa🔥 Fajos UMURUNDI W'akaranga reo 🥰 👉Twika🔥💥👊 Hashake hahire rimwe🔥🇧🇮💪🤸
Nibazako hamaze gusha🔥🔥🔥
Kbxa🔥🔥🔥🇧🇮✌️
Sagamba Burundi 🇧🇮 ♥️ ❤️ 💖 😍
Akaranga kacuuu❤❤
KING of RUTANA big up sana❤
Waoh merci
KL ntacokabaye
✌️✌️
Kbx gumizak nkimvur yurushana ej nihez so courage✊📢
🙏🙏🙏
Igikorwa ciza Benewacuuu...🔥🔥🔥
🙏🙏🙏
Ikiyaga cohoha
From kirundo hejuru
Fajos burundi
Imana iguhezagira kwaka karirimbo
Gihugu canje
Amen
❤❤❤❤❤ murashoboy cne ncuti,best song
🙏🙏🙏
Mn iyo ndirimb irarenze wallh💪💪💪😃
Murakoze🙏🙏
Courage brother ndakundibikogwa vyaw❤❤❤
Murakoze
Neza cane berry song
Tera imbere mtama 👏👏👏
✌️✌️✌️
Bu🇧🇮🇧🇮🇧🇮igihugu canje💪💪💪💪💪🇧🇮
Courage bro💪
👊👊👊
uwakaranga hejuru love from gigi
Neza cane courage bro
🙏🙏
Waoooh fajos burundi
Lac cohoha
Lac aux oiseaux from kdo my home
Gihugu canje❤️❤️❤️