B-face na Mukombozi bahuye uratwenga n'imbavu zikuma...ibibazo 10 kimwe ku kindi
Вставка
- Опубліковано 15 вер 2024
- Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media
Mwubahwe vraiment ni Afande Senga jewe ahongeza nukuri ndabakunda abaririmvyi mukoribikorinka nukuri. Ntatabi ntarumigi ntanzoga sha Imana ibahe gushika Kure 🙏🙏🙏
Je nukur iyindwi iheze ndumuri mudu yahatare🤣🤣🤣kubwa bagabo 🥰🥰muratesa🎵🎵🎧❤️❤️❤️
Abaguma basubiramwo kuyiraba tumenyane🔥🔥
Rwanda on Vous aimez trop💞💞💞💞💞Rwanda 🇷🇼 and Burundi🇧🇮...B face and Mkombozi..Kwa kweliiii.. legend never dies...hip hop songa mbele...
B face aza yaronka uwumushobora!!gus mkombozi yaremew gutwenza abantu kbx mnouche keep it up
Ababasore nibubahwe nimtez'imbere umaiki w'uburundi congratulleshen👏👏👏👏i'love music of brnd🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Murarenze.mwubahwe basaza.Minouche merci sana
Waaooh waaooh ! Izi nizo bita interview zituma duterama tugatwenga.
Vraiment harimwo aga professionnalisme. Courage les filles.
B face wararose mukombozi gusa muramvuna imbavu ndatwenga nkeguka
Much love b face and mukombozi bug UP sana
Abant banj nemer sana B face &mkombozi 🇧🇮🇧🇮Tonto ndabakund sana
Big up sana Mukombozi with B-Face , ariko ico novuga kukuba aba Stars biwacu batuzuza stadium, dufise abantu bake ariko nabo bake aba Stars mugaca mutugabura kuri show biz ataco zimaze , bigatuma haba umu star Ari favorite kumuntu ariko bigaca Biba nkaho urya wundi nziko adahuza nawamuntu nshigikiye sinonavuza indirimbo yiwe , sinoyitaba ibiteramo vyiwe, Kandi bitew naba Stars😥 ariko iyaba hari ubumwe muba Stars, naba fans ntacobuza kudakunda ivyiwacu!!!
Ange minouche wakoze kutuzanira abagabo ndabakunda b face n'a mkombozi bahuye harashape 🔥🔥🔥🔥🔥
Nibaduhakandi karirimbo barikumwe indirimbo yabo yaratunyuze.
iyi interview ndayimaze, wow.
un constat, abarundi nitwebwe ba consommateurs bambere des produits locaux, BRARUDI nayandi ma entreprises ntagasubire guha ama millioni abanyamahanga, amahera tubaha mukugura ibintu vyabo nabo nibayahe abaririmvyi bigihugu
Abafana natwe, benshi turakenye, kwama muma concert yanyu vyotugora, ariko abarundi twigore turabe videos zabo kuri youtube, ... akamaro naka, Equipe za UA-cam zikorera kuma video ariko arabwa cane, uzosanga video ikwije ama vues menshi mumwanya muto ikwiye isi yose, ivyo rero bizotuma uBURUNDI bumenyekana, vraiment intererano yambere twobaha kandi tuyiha nuburundi biciye mumuziki, nukwo umurundi wese akoresha UA-cam yokwiyabonna kubaririmvyi bacu, indirimbo igisohoka tugahita tuyiraba. 30 secondes zirakwiye kugira ibe vue accordee
Abaririmvyi namwe, turabakunda, kandi turatahura komuririmbira abarundi, so MUKIRUNDI. Ariko, mwokwigora mukavanga nicongereza nigifaransa cumvikana bizofasha, le systeme google ariyo ama social medias yose akoresha atahura cane izo ndimi kurusha ikirundi, muvyo bita algorithm of keywords canke les mots cles,
Kuririmba icongereza wanasha bizagura fan base yanyu, aho muja hose muhasanga ababakunda, namwe batangira kubatumako hanze hose
Murashobora kuvyibonera nkomwizi ndirimbo
Sat B Beautiful ua-cam.com/video/q1_lKXtF0rU/v-deo.html
Chris MB Nyemeza ua-cam.com/video/iSvJCKtnkTE/v-deo.html
Usomye commentaire zabanyamahanga, ahuri uca wumva uryohewe tu
IMANA IDUHEZAGIRE
Wubahwe kbx boss
🔥🔥
Ndakwemeye
Mwubahwe baririmvyi bacu.🙏
Merci Minouche mwatuzaniy abashitsi twari dukeney.Magic tv on the top🔥🔥
Wihangane kuba ushonje,arik nturi umurundi kk iburundi turahaz twese
Mkombzi nyenye💪
Magic TV murakwiye agashimwe vrma...imbavu ngaha ndiko ndakanda kabisa...
Big up sana muranryohera..Ange Minouche Imana iguhe ivyo ushaka vrma hari vyinshi ushobora guhindura muri entertainment y'Uburundi kandi utabizi...ukora akazi neza cane..
Compliment to you Ange with the whole team Magic TV.
B face na Mkombozi jewe baranyica 😂😂😂😂 vraiment 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
BELLA, nubu nturatahura ko MINOUCHE yahereye *kunyishu* atabajije ikibazo, ... naje nagasubiyemwo kenshi kugira ndagatahure
Cyakoze turabakund 🇷🇼
Mkombozi est trs intelligent 💯☑️
Indirimbo irimwo mots saveurs
Nukuri ndanezerew cane kubwiyi interview mwakoze kuba mwatuzaniye ababatumirwa beza. Mimi et Bella mrc bcp B face and Tom umukama abatuzigamire bana bi burundi 🇧🇮💖♥
Mbegikiganiro wéeeee !!! nukuri muterimbere impano ibarimwo.
Wawoooo nice interview ,abo ndabakunda cane Minouche
B Face ndagukunda pee ❤❤
B.face na mkombozi bokina comédie
2 rapper nice
Mkombozi. 😍😍😍💯💯💯
Nice conversation ❤️👊😍
Twari dukumbuye aba rappers
Big up xan wakuu*❤❤
Mkombozi soga mbere sana.
Kabisa muratweguye
Voilà interview iba ikenewe courage Minouche na bella mukora avec perfectionnement
i love this 😆😆😆 double rapers 257. courage Minouche
🤣🤣🤣🤣🤣👌👌💋muranyishe kbx ubumaray gus😁😁😁nyumbakum namwe mwikebuk🤨🤨
Icambere félicitations @Minouche ikiganiro kirakwiriye iminota Hama congrats to these guys indirimbo yarimwo ubutumwa bwiza buhanura ahubwo barakeneye views kuriyi ndirimbo. It was good interview. Be Blessed fam!!!!!!!!
Mukombozi na b face bury ntimufyine comedy nayone barayishoboye sana
Turabakunda
b face and mkobozi turabakunda sana
Abo Bahungu bacu barasazeee nimubahebere
Toujours de l’avant 💪🏻✌️👌🏻🇧🇮🇧🇮❤️
Much love🤣🥰 B face &Mukombozi muratwenza sana🤣🤣🤣🤣🤣🤣
B-face na mukombozi ndabemera cane cane ikirundi mumvuga kiraryohera gose peee . Imiganiyo , nimigani mwifondeye hahahaha courage
Mkombozi na b face 🔥❤️💯
Kimwe kukindi aba banje nemera caane.
Murashoboye kbx
Bifes n'a mukomboz ndabakund Can kand indirimb zany zifis akanover ham naw mukayanz iwac uraheshej ishem
Sha mutama papa makamba uranyica ayeeee
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅Ange wakozeee ,, Imana ituzigamire abaririmvyi bacuu ibandanye ibah ubuzima burebure ibarind abansi😍😍😍😍
From BK Tv much respect Magic channel
Muranyica cane vrmnt so murashoboy
Mwarasaze 🎉
Ewegaweeee knd nibyo mug bella iyo pantaro
iy pantallo igizent ntacibay mwan
Ok ok b-face
Nukuri abo bajama baratwika kbx nayinyishu zirakzzije ndak
Hahaha icamwa kiryoha hagati. Abo baririnvyi NDA bafana Bose
Aba batyp bararuenze p🔥🔥🇧🇮🇧🇮
B face j ndakwemera kbx ntiwibagira nabatigaba kbx abayay nidanj umwany urabagora
Mmependeza sana
J ako ka bébé gakoran n minauche ndagakunda gateye neza
Komera bwana Mukombozi & BF
Merci mi nouche na Bella ariko agire mesure yisha nikinini patalo ni bien Bella geragez ushire kur mesure Tonto bigab
Mwubahwe
Wallah🤣🤣
Ibigayura vy iburundi
be face na mukombozi mukuwe na campany yenu plz
Iki kiganiro ndakk😂😂Mkombozi sawann,😅
Cakora muramvunye imbavu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Minouche terimbere
Ange uti keep it up turabashigikiy babikora bieee
Abo basaza bubahwe kbs
ikiganiro cararyoshe
B face agiye yaronka uwumushira hasi
Ndabasavye muzombarize iyo mistari yamajambo mukombozi iyo ayikura.maana arandenga pe
Mukombozi mbwirira B-face yumve yararembej aba journalist
B.face and Mkombozi full respect to you guys 🙏🙏🙏
Ikiganiro caheze kitarahera vrma...kuko twiteze Kimwe ku Kindi party 2
B-face nuwambere kweeri irwanda ni Burundi
biramara sana
Never Give up
Kino kiganiro cari kiryoshe kabisa
Ndabikundir peee
Iy interview ihez ntashaka 🤣🤣😂😂
iki kiganiro nicambere cumwaka wa 2020, 2021 na 2022
Vos eclairecissements sont vraiment constructifs.
Abo bagabo ndabemera kko imbavu ziramenets basha mwabay kigingi na kanyomvya hama kimw ku kindi ndayifana trop
Magic hejuru❤️❤️❤️❤️
😂😂😂 sawa imbavu zanje muravunye🙌
Like u guys. Inspired people like u are needed
Abobajama nyimba vyarabacanze ndak
Big up magic and our best rapper 👍
Mukombozi on top🤣🤣🤣🤣
Big up brother's
B face barakwemeje ch mwaratwegeje ryandaje🤣🤣🤣🤣🤣🤣💯💯🙏🙏💝
Walllah munkorey umunsii😅😅😅😅😅😅😅
Minouche urakwiye gutanga akazi kubahungu nabo.ntutubwire caméra man uwo ntitumuzi ahubwo turamwumva.
Mwese muvuga ukuri ariko mukabitwara mumi kino
aky nyinyi
Mubikor nez
Ikiganiro cambere kbsa ,, big up kubatumire