Amakuru yo ku wa 02 Munyonyo 2024

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 5

  • @haragirimanachristian8562
    @haragirimanachristian8562 2 дні тому +2

    Nyakwunahwa Umukuru w'inama Nkenguzamayeka, muvuze ukuri nk'umurundi w'umutima. Vyukuri nitwemere ko abarundi twongerekanye, ntivyumvikana ingene SOSUMO kuva igishingwa, iracafise ligne imwe gusa ya production, none vyogenda gute ngo isatisfeze abenegihugu bose isukari, niyo ligne mwumva irashaje...SOSUME IRINJIZA AMAHERA NIYISANURE MUBUHINGA BWUKUGWIZA ISUKARI NAYO IMIRIMA IRAKWIYE...NIBONGEREKO IZINDI LIGNES NKA ZITATU IPFUME ISAB'IDENI ISANURE IBIKORESHO VYOMWIHINGURIRO BIKIGENDEKA SINON, RIZUGARA KUBERA KWIRENGAGIZA IMBONO YUKURI YIHINGURIRO...

  • @JeanPaulNDAYIZEYE-g4b
    @JeanPaulNDAYIZEYE-g4b День тому

    Turabakwirikirana 100/100 .

  • @Kwisongatv-n4d
    @Kwisongatv-n4d День тому

    Tura bakunda can

  • @DishaniDisha-zm2gm
    @DishaniDisha-zm2gm 2 дні тому

    Komere

  • @saidindizeye2206
    @saidindizeye2206 День тому

    Ariko vraiment gutwarwa n’abantu batigez bagira planification n’imwe mu mitwe yabo kuvyerekey igihugu kuvaho batwariye ningorane kweri 20 ans au pouvoir mais 0 œuvre 🤦🏾‍♂️ birababaj kwri.