Umushikiranganji wa mbere asaba abarimyi bafitiwe amahera na ANAGESSA ko bayaronswa vuba.
Вставка
- Опубліковано 3 жов 2024
- #Burundi: Abenegihugu baheraniwe amahera y'umwimbu w'ibigori n'ikigega #ANAGESSA bategerezwa kurihwa amafaranga yabo kugera ku munsi wa gatanu. Vyashikirijwe n'Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi Gervais Ndirakobuca mu nama yo kurabira hamwe aho igikorwa Reta yahaye ANAGESSA co kwegeranya umwimbu w'ibigori kigeze.
Chapa kazi 🇧🇮👊
Ndamwemera iyadegetse bijana ningiro
iyo ANAGESSA yatsindiyeiryo soko gute. ririmwo bande no ryabande?
Ibigori barabimaze mubenegihugu
Urumugisha kugihugu
Mzee baratugese batumena amaso
Chapa kazi
Ababijejwe nibabishiremwo inguvu bashize imbere inyungu z'abanegihugu.
Tweho ushoye baguharura kuri 1500 fbu ,kandi leta yatubwiye 1700
Ruswa zirimwo zizura inzara