Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
❤❤❤🎉🎉🎉komera
Nukuri fabrice❤iman yarakuduhaye burundi nukuri tukwitezeko byishyi urugendo rwiza mujyane nayesu
Hezagirwa hezagirwa Fabrice Imana ibakomeze murugendo mugiyemwo 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
Fabrice uvuga nezacane imana ikongere imyaka yokubaho mukore imana ikunda abakora nomuri bibiria baravuga uwudakoze ntakadwe
Oooooh!!!! It's Good
Imana ibaje imbere❤🎉
Good travel 🎉🎉
bravo
Imana ibane namwe 🎉🎉🎉
Welcome bro.hama ubereke bimwe wama uvuga ivyabazungu n'abarabu baduhishije
Amahoro Gael,nashaka ubwa mbere nipfurize urugendo rwiza Fablice na team yiwe bajanye mu urugendo,Imana ibazigame amaja n'amaza.Ubwa kabiri,Jewe mbona Fablice Manirakiza akwiye gushirwa k'urutonde rw'INTWARI Z'UBURUNDI. Kurya har integrity zarondeye Independence, intwari zaharaniye Démocratie, intwari z'urugamba,mbona ko na Fablice igihugu Co mugira intwari mw'iterambere ( HERO DE L'ECONOMIE ). Merci.
Uvuga ukuri kk uyu numuntu muzima basi muburundi yaba hariho nuwugira kabiri nkuyu ibintu vyobaye arivyiza
Ntibazogaruka 😂😂😂😂 uzogaruka wenyene😂😂😂😂
Komera Fabric
Ba MANIRAKIZA tumenyane
Ubakanation ndayikunda cane,imbere cane,nihombipfurije
❤❤❤❤❤❤❤
Songambere,team ubakanation,mwaratomboy kuronk booss,afise ivyiyumvir vyiza cane akundana ukwomuntu wese Ukwari mwaratomboy vrt ,tous
Ndakunda uwomumenyesha amakuru abaza ivyiyumviro vyubwenge kandi atuje
❤
Umuntu muzima fabrince
Komera cane
Wubahwe
❤❤❤🎉🎉🎉komera
Nukuri fabrice❤iman yarakuduhaye burundi nukuri tukwitezeko byishyi urugendo rwiza mujyane nayesu
Hezagirwa hezagirwa Fabrice Imana ibakomeze murugendo mugiyemwo 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
Fabrice uvuga nezacane imana ikongere imyaka yokubaho mukore imana ikunda abakora nomuri bibiria baravuga uwudakoze ntakadwe
Oooooh!!!! It's Good
Imana ibaje imbere❤🎉
Good travel 🎉🎉
bravo
Imana ibane namwe 🎉🎉🎉
Welcome bro.hama ubereke bimwe wama uvuga ivyabazungu n'abarabu baduhishije
Amahoro Gael,nashaka ubwa mbere nipfurize urugendo rwiza Fablice na team yiwe bajanye mu urugendo,Imana ibazigame amaja n'amaza.
Ubwa kabiri,Jewe mbona Fablice Manirakiza akwiye gushirwa k'urutonde rw'INTWARI Z'UBURUNDI. Kurya har integrity zarondeye Independence, intwari zaharaniye Démocratie, intwari z'urugamba,mbona ko na Fablice igihugu Co mugira intwari mw'iterambere ( HERO DE L'ECONOMIE ). Merci.