Це відео не доступне.
Перепрошуємо.

Amazu mashasha agira yubakwe muri Miroir na Fablice. (NEW HOUSING PROJECT IN BUJUMBURA)

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 12 лип 2024
  • ☎️ Contact now to get your home ☎️ Wipfuza insiguro irutaha, twiture kuri: +25768814704 / +257 76 07 47 77 / +257 72 49 83 93 / +257 79 17 02 71
    Subscribe now at: @FABSVISION TV to keep up with all Fablice’s work
    Fablice MANIRAKIZA Webside: www.fabsvision...
    Fablice MANIRAKIZA Twitter: fa....
    Fablice MANIRAKIZA instagram: ....
    Fablice MANIRAKIZA Facebook: www.facebook.c....
    Fablice MANIRAKIZA Email: fablicebookings@gmail.com
    #burundi #Fablice #Fablicemanirakiza #burundiandreamer #ubakanationgroup #fabhomes #bujumbura #CSBU #CSBUVILLAGE #Comeandseeburundi #burundirealestate #burundihomes #realestate #eastafrica #rwanda #tanzania #rwandarealestate #burundiepc #burundiconstruction #construction #wearebuildingburundi

КОМЕНТАРІ • 33

  • @userk23456
    @userk23456 Місяць тому +3

    Fabrice imana ikuje imbere ivyo uriko ukorera igihugu !! Hari benshi baryamye za Australie,canada,......ico bakora gusa nugutuka igihugu,ariko wewe uri kwigisha imitima y'abarundi benshi bakiri bato nanje ndimwo hamwe kugutez'imbere igihugu,ayo mafaranga agura izo nzu ava hanze,kandi harico azoterera mu gihugu.
    Bandanya ukomere natwe turi nyuma 👏👏👏

  • @ERIC-hz1vd
    @ERIC-hz1vd Місяць тому +3

    Nubwo atabushobozi mfise bwokugura inzu ngaho ndabakunda cane muriko mukorera neza uburundi nabarundi🇧🇮🇧🇮👏👏👏👏

  • @user-dm3xf8wd5g
    @user-dm3xf8wd5g Місяць тому +2

    Brother imanikujimbere kbx imana irakwiye kuturungikira nkabandi nkabatanu bakundigihugu nkaw kbx 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 Місяць тому +1

    Keep the good work brother

  • @wilsonkavany
    @wilsonkavany Місяць тому +3

    Be blessed Patriot❤🙌🇧🇮

  • @257-re7hb
    @257-re7hb Місяць тому +2

    courage pee

  • @julius875
    @julius875 Місяць тому

    Keep it up bro je ndagufana

  • @alaineIngabire-gq2li
    @alaineIngabire-gq2li 11 днів тому

    Courage cane mwana wigihugu akira amashurwe yawe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @B-Y-N
    @B-Y-N Місяць тому +1

    Amen Amen Amen Imana igukomeze cane 👏👏👏💒💒💒💒

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 Місяць тому +2

    Wewe twarubashe mutama ntawugupinga irambire🎉🎉🎉🎉

  • @SallmaXg
    @SallmaXg Місяць тому +2

    Wubahwe mutama ❤❤❤

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. Місяць тому +1

    Keep working brother Fab as burundians we love u so much❤ inzonza nkub mfis uburya naba nimero 1 kwitabira akokamo

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 Місяць тому +1

    Keeping good working 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza Місяць тому +1

    Imana imbere❤❤❤🎉🎉🎉

  • @manudiofficial
    @manudiofficial Місяць тому +3

    Kabisa

  • @J.PierreBemba-zt1ch
    @J.PierreBemba-zt1ch Місяць тому +1

    ❤❤❤ imana ibarinde ♥️♥️

  • @Vision2300
    @Vision2300 19 днів тому

    Si tu deviens président, nzi neza ko igihugu kizagira isuku cyane et surtout très bien construit, kuko uri umunyagihugu ukunda igihugu! Que Dieu t'accorde : kubera 6:24-27

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 Місяць тому

    Nezacane niwewe Burundi bwejokuko ivyukora abana bavuk ubu bazovugabati uburundi nibwizankuberaww witangacan so ndagukundacane🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @kwizera5503
    @kwizera5503 25 днів тому

    Urikubikora neza,Urunganwe rwawe ruri kwishimira ukubaho kwawe, nurundi runganwe rugiye kuza ruzishimira ukubaho rwawe, ariko urafise ico utaradukora FABRICE, nturatwubakira igorofa ingana na 25, kuburebure. Ico nico dukwishuza.

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 Місяць тому

    Ariko iyuvuga ama beyi niho umuntu yocayiyumva koyokurondera canke atirigwa arakurondera merci

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Місяць тому +1

    Turakwemera video zurazishirako Tik Tok haribeshi bababakwiye kuzibona vyobavyiza Pls❤❤🎉

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Місяць тому +1

    Amazu ni meza ndetse cane. Gusa, inzu iyo ari nziza ata ma barabara ntibiheza ngo biryohe neza. Ariko ndizera ko Imana izodufasha na mabarabara akubakwa kuburyo uburundi buba busukuye.

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana Місяць тому

      Muburundi nabonye hari amazu meza hishwe n'amabarabara yuzuyeko ivumbi

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k Місяць тому

      ​@@LarissaAkimanaun constat amère ! C'est à dire qu'il n'y a pas de projet en globalité du quartier même. Nyabugete c'est la honte, il n'y a pas de routes asphaltées ds le quartier et même entre les maisons.

    • @Vision2300
      @Vision2300 29 днів тому

      Oui mais ça c'est le projet du gouvernement ​@@user-nk3ue2cs4k

  • @Richesfam
    @Richesfam Місяць тому +1

    How long will this project take

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k Місяць тому

    How much is a two bedrooms appartement ?

  • @Sadikibit
    @Sadikibit Місяць тому

    Mutubwire ibiciro none

  • @niyonizeyeremy199
    @niyonizeyeremy199 Місяць тому

    Appartment igiciro ni gute? Kandi Imana ibaje imbere

  • @WelldoneBujatweets
    @WelldoneBujatweets Місяць тому

    Hello 👋🏽,, can I put this video on TikTok? Asking for permission 🙏🏽

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana Місяць тому +1

    Turagusaba uze wubake inzu ndende zigeretseko incuro nyinshi naho mwokubaka imwe imwe muga natwe tugire zigeretseko incuro nyinshi(30)canke kurenga