Buja : isuku ni kananirabahinga ?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 гру 2024

КОМЕНТАРІ • 8

  • @SafYves
    @SafYves 4 місяці тому

    ❤❤❤💪

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 4 місяці тому +1

    Umuvyeyi,nyamuvyeyi iyo abwiye abana gukora bakanebwa arabyikorera!!! Abarundi niba mutisonera!! Kaba arakumiro!!!

  • @hassanjonas1491
    @hassanjonas1491 4 місяці тому +1

    Umukuru wigisagara cabujumbura niwe ategerezwa gusemerera

    • @sese667
      @sese667 4 місяці тому

      Perezida NEVA niyemere ace bugufi abaze aho mu babanyi kwa Perezida Kagame uko babigenjeje kugira isuku ribe ryose mu Gihugu na cane cane mu gisagara ca Kigali kuko unomusi muri classement, igisagara cambere gisukuye muri Africa, ni Kigali mu Rwanda, twokwigira ku Banyarwanda kuvyerekeye isuku ...

  • @gakokoko
    @gakokoko 4 місяці тому

    Niba abarundi bashaka isuku irambye,bahere mu bukangurambaga bambyumvishe abaturage bakoresheje itangazamakuri ryose kuri wese abigire ibye. Ubundi ibikorwa by isuku babyegurere abikorera,reta yo ige ibagenzura mbere yo kubishyurira akazi bakoze.

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 4 місяці тому

    Uwurongoye igisagara akwiye kwiruka

    • @sese667
      @sese667 4 місяці тому

      Perezida NEVA niyemere ace bugufi abaze aho mu babanyi kwa Perezida Kagame uko babigenjeje kugira isuku ribe ryose mu Gihugu na cane cane mu gisagara ca Kigali kuko unomusi muri classement igisagara cambere gisukuye muri Africa ni Kigali mu Rwanda, twokwigira ku Banyarwanda kuvyerekeye isuku ...

  • @Musindi736
    @Musindi736 4 місяці тому

    Abarundi ntitumaramara aha mubona koko bikwiye ko président afata umukubuzo twikebuke ibi ntibikwiye