@user. Uti ``ko yavuze bisaba uburyo bwinshi nyenuburyo reta ifise arabuzi." Muri industrie miniere harimwo risques financiers et autres nyinshi, hari Reta nke kw'isi zija muvyo kwimba ubutare. Ugiye kuraba muri Tanzania canke Uganda, ntabwo ari Reta iriko irimba ubutare. RETA Y'UBURUNDI NTAMAHERA IFISE YO KWIMBA YONYENE UBUTARE. Mugabo Chili muri Amerique latine yarashoboye gushinga CODELCO ryimba ubutare bwa cuivre kandi rirongowe neza. fr.wikipedia.org/wiki/Codelco Izo miliardi 50 z'amadolari ziri muri uwo musozi wa Murehe ntaco zivuze mugihe uburundi budashoboye kugira cout de production d'une tonne iri nettement inferieur au prix d'une tonne sur le marche international (nka kurya n'ikawa abanyagihugu bashobora kuyirandura iyo ibiciro vyamanutse cane). www.barchart.com/futures/quotes/Q1Y00/interactive-chart Projet imaze gushika nk'aha iyi ya Murehe ishitse, haca haza major mining companies kuko nizo ziba zifise uburyo zirondera capital, kandi n'ukurondera abafise ubumenyi. Ahubwo ho perezida yari akwiye kuvuga ko agiye kurondera le meilleur expert bijanye n'umushahara azomuha, hanyuma uwo muntu aze yigishe abo bajeunes ingenieurs des mines. Jewe nize exploration des gisements, kuronka aba ingenieurs des mines b'abarundi ntibizokoroha.
@user. Jewe hari uwandungikiye ikarata ngo iriko irazunguruka kuri reseaux sociaux yerekana ngo ``ZONES MINERALISEES" za or, nickel et autres metaux. Aho usanga bavuga ngo hari nka zone mineralisee ya nickel yova nko muri Muyinga hanyuma igashika nka Makamba. Nk'aho hari hakwiye kwitwa ceinture de nickel yerekana roches favorables a la mineralisation du nickel qui s'etendent du Burundi jusqu'aux autres gisements de nickel de Kabanga en Tanzanie pres de la frontiere burundaise. Ivya zone mineralisee bivugwa ahantu kuri mine bashobora kuvuga bati aha na hariya hariho contenu iyi y'ubu butare. Raba nk'uku compagnie canadienne Ivanhoe Mines yerekana zones mineralisees en cuivre muri mine zo muri Congo. www.ivanhoemines.com/news-stories/news-release/ivanhoe-mines-reports-mineral-resources-for-makoko-and-kiala-discoveries-in-the-western-foreland/
Nice
Muradedemba,mwamenyereye gukoregwa reka tubirabe!Muburundi murafise agakengere k'umukuru wigihugu.Ubutare buzokwimbwa butunganywe ki_byashara
None uwomuhinga kubwiwe tuvyitege mumyaka 100? Burya nokwikukira ku BURUNDI bavugako hataragera.
Reka dukoreshe amaso mashasha tuje nomubihe vyiza Imana yateguriye bene Burundi.
Abatavyumva biyakire.
Ntawundi muhinga usivye Abo baducuze bufuni nabuhoro ?
Harimo kwibeshya muri iyinkuru cg hakabamo kubura amakuru Refinery yo murwanda Yitwa Luna Smelter iko ra Cassiterite nkiyo mwifuza gukora ntabwo ifunze irakora neza , ushobora gukurikira website yayo cg ugakora indi research , but Courage , kwiga ni ukwigana dukomeze duteze imbere ibihugu byacu
Murwanda hariyo cassiterité?😂
Oya iri Kwa so😂@@maishacenter-eastafricatv3976
Narababaye cane numvise umukuru wigihugu avuze ko umushikiranganji wubutare nagataka yavuze ko burya ko atari ubutare babeshe, kandi président yabwiboneye. Nimba arivyo koko buhari,uyo mushikiranganji ntiyobogozwa ningoga akataburirwa nimpamyabushobozi yiwe hama akaba umwenegihugu guko nimba yarabihakanye ntampavunimwe yotuma atirukanwa
@user. Jewe mbona ubwambere twari dukwiye kumenya exactement ivyo uwo mushikiranganji yavuze.
Ivyo kubogoza uwo mushikiranganji perezida arabifitiye uburenganzira.
Wewe wirukanywe ahantu kukazi, boss wawe ntafise uburenganzira bwo guca agutaburira impanyabushobozi yawe ngo n'uko ari perezida.
Nibuka aho perezida wenyene yigera kuvuga ko hari ngo igihugu co muri Asia cigeze kwiyumvira kwaka abantu amadiplome yabo kugira ngo ntibashobore kuja gukora mubindi bihugu. Nkaca nibaza: none bofata diplome ya nde: umwarimu, umuganga, umugoronome?
Ubutare bwa mbere bwo mu Kirundo ni culture.😅❤
Ubutare bwabaye ubutare
😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
Nku muntu yiyumvira ivyo vyubutare sindavyemer ijana kwijana harimwo ibishobisho nkuko uwo muhinga yabivuze kuva aho bavugie ubutare bwama miliyari ko tutaraterimbere???!!??😮😮😮
Muta President Wacu!! Ikintu abuz Nabantu banufasha Barabimutanyeeee niwe wenyen ark yirwanako!
Bihutire gusubiza agaciro ifaranga ryuburundi guko abarundi bararira
Nimba 50milliards zitoboneka motifs ngo bakuyemo ama dépense,. Iyo singorane nahoboneka na 40milliards bakuyemo abakozi nibindi mbona ataruhombo. Rero nibaje kukivi kandi igisata cubutare gihagurukirwe guko ntahandi hohutisha iterambere gusumba aho
Mbe uwo muhinga muvuga ninde yamubwiye ngo atwigire ingene twobutunganya ubutare bwacu. Murabwirane ko twe ino iwacu, twikije!!! C'est tout!!!
Mugafasha natwe dukenye asha muri ibipfu
Ubundi butare bwari busanzw bucukugwa bwari busanzw buzanira iki igihugu?
🧠🧠
Uyo muhinga numusazi mumutwe Kandi nimba ivyo tuvuga bimushikira namenyeko ubusazi bwiwe twabuhinyuy ko yavuze bisaba uburyo bwinsh nyenuburyo reta ifise arabuzi abo nibavakoroni nabandanye agirubuhinga mukuvuga kodukenye ibindinavyo avyirekere
@user. Uti ``ko yavuze bisaba uburyo bwinshi nyenuburyo reta ifise arabuzi."
Muri industrie miniere harimwo risques financiers et autres nyinshi, hari Reta nke kw'isi zija muvyo kwimba ubutare. Ugiye kuraba muri Tanzania canke Uganda, ntabwo ari Reta iriko irimba ubutare. RETA Y'UBURUNDI NTAMAHERA IFISE YO KWIMBA YONYENE UBUTARE. Mugabo Chili muri Amerique latine yarashoboye gushinga CODELCO ryimba ubutare bwa cuivre kandi rirongowe neza.
fr.wikipedia.org/wiki/Codelco
Izo miliardi 50 z'amadolari ziri muri uwo musozi wa Murehe ntaco zivuze mugihe uburundi budashoboye kugira cout de production d'une tonne iri nettement inferieur au prix d'une tonne sur le marche international (nka kurya n'ikawa abanyagihugu bashobora kuyirandura iyo ibiciro vyamanutse cane).
www.barchart.com/futures/quotes/Q1Y00/interactive-chart
Projet imaze gushika nk'aha iyi ya Murehe ishitse, haca haza major mining companies kuko nizo ziba zifise uburyo zirondera capital, kandi n'ukurondera abafise ubumenyi.
Ahubwo ho perezida yari akwiye kuvuga ko agiye kurondera le meilleur expert bijanye n'umushahara azomuha, hanyuma uwo muntu aze yigishe abo bajeunes ingenieurs des mines. Jewe nize exploration des gisements, kuronka aba ingenieurs des mines b'abarundi ntibizokoroha.
abo bigira abahinga nibobambere badindiza iterambere barondera ibintu biguca intege kugira uhebe kubucukura kugira uce uja kubarondera ngomubikorane bace bakwiba
None bazofash aband abanyagihug baduhaye ayacu cank ngo igihug cubakigwe nkayand mahang emw rek turab
@Uwimana. Sha, ntiwitege ngo wewe bazoguha ayawe kugira ngo uce wigurira inkwavu zitanu canke yamodoka rutura ya V8 woba wipfuza. N'iyo ayo mafaranga yoboneka yokoreshwa kunyungu y'abantu bose nko mubisata vy'indero, vy'ubuvuzi, vyo gutanga amazi meza, kubaka canke gusanura amabarabara.
Nihweje ukuntu reta yofata neza iki kibazo. Reta nigikore yisunze amategeko yose bisaba, ikindi mbona nuko ivyokorwa vyose ahamuburundi,nimba babona ko bafise ubutare bwinshi nibaterereze abarundi namakungu hubakwe ihinguriro ryabwo apana kwitwaza ngo birazimvye guko kuzimba iyo singorane,iyobavuga ko biraboneka. Twofuma dusonza imyaka 3 muga ubutare bugahingurwa ndazi ivyatanzwe vyoza vyigwije.
Ubutare bwabaye ubutare
😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
@user. Igihugu ca Chili muri Amerique latine nico cashoboye kwifatira muminwe ugucukura ubutare bwa cuivre, cashizeho CODELCO.
Iyo habaye catastrophe naturelle niho Reta isaba abanyagihugu n'amakungu ngo baterere, kandi Reta y'Uburundi iheruka kubigira inyuma y'ukuduga kw'amazi ya Tanganyika. Industrie miniere ni tres risquee financiellement abashiramwo capitaux zabo ni ababa bihevye, canke bavuga bati ayo agiye hari aho nzokura ayandi.
fr.wikipedia.org/wiki/Codelco
Ko mutagura ibitoro
Ubutare bwabaye ubutare
😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
Abo bigira abihinga Nino badindiza ibintu muze murabe mubintu vyose nibo badutevya mwikorosi twebwe urwaruka duhaguruke tuzoshika kure
Ubutare bwabaye ubutare
😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
@ndabwarukanye. Abantu ntibigira abahinga, baravyigiye, barafise amadiplome kandi barafise experience mukazi.
None mwebwe urwaruka muzohaguruka muje mugisata technique ca industrie miniere kandi atan'aho murabona mine ya cassiterite?
We sha muhungu uzanye iki kivideo ngaha, ukorera umwami uyuhe? Bagutumye ngo utubwire amaEtude bakoze? Hahaha😂, ndabatwenze!! Nimutureke tube turirira maanu, kandi uru rugendo nukuri turarugenze, ... Notre cher Président de la République, gaanza, sabwabwa!"NTAKUGANZA KUTAVA *KUMANA*.
Uwo muhinga Siw yubats UBURUNDI kirets nimba ashaka kuzakutunyaga ISI(UBURUNDI) Nubwacu ahubwo EVALISTE NABE MAGABO UBUHOHO BARAJE BANSUMIRINDA BASUBIRE BUTURYE TUBONA!!
Imbere yo gutuka uwo muzungu, wari ukwiye kugerageza kumenya ingene industrie miniere imeze, hanyuma ugaca uvuga uti aha yihenze.
@@stansiyomana1239
Ntagitutsi navuze!!🙌
@@IduhangazePrince-pp3pn None aho uvuga ngo aje kukunyaga isi ninde yakubwiye qu'il s'interesse au Burundi. Nosubira kugusaba ko ugerageza gusoma ibintu bimwe bimwe biraba ivyo ubutare.
@@stansiyomana1239
Umviriza Bro Ntudug Uvug Ibintu vyinshiiiiiiiiii Wewe Ntaho utandukany 😂 nabami Bakera babona Ko Umuzonwabazungu wajee Gutabara Africa Ubweng Bwawe nibwizaaaa cane🙌😂
@@IduhangazePrince-pp3pn Mbega woducira kumayange abo bami bakera babona koumuzo w'abazungu waje gutabara Africa. Mbega umwami w'Uburundi Mwezi Gisabo nawe yoba ari mur'abo bami.
Kuvy'ubwenge bwanje nabwo wewe ntituzinanyi, de toute facon sinari ikijuju mw'ishuri. No muri commentaire tugerageze kubahana kandi ntuzi n'imyaka y'amavuko wewe noba ngusumvya. Ntakamaro ko kuzanamwo attaque personnelle, wewe wari ukwiye kuzana gusa arguments zisunze ivyo woba uzi muri industrie miniere. TUZORABA AHO UKO KWIMBWA K'UBWO BUTARE BUZOBA BWIFASHE NKO MU MYAKA ITANU.
Je ndiko ndiyumvira,nimba reta yorondera abahinga,nibaje mubindibihugu apana ububirigi guko bo nubu riraniga ntibovuga ikintu kirashe.
Ko bivurwa ko uburundi bufise ubutare bwinshi kandi butandukanye, je mbona reta yova muburengeti ikashira inguvu zose muricogisata bagacukura tukikenura,ntayindinzira ihari mbona
@user. Jewe hari uwandungikiye ikarata ngo iriko irazunguruka kuri reseaux sociaux yerekana ngo ``ZONES MINERALISEES" za or, nickel et autres metaux. Aho usanga bavuga ngo hari nka zone mineralisee ya nickel yova nko muri Muyinga hanyuma igashika nka Makamba. Nk'aho hari hakwiye kwitwa ceinture de nickel yerekana roches favorables a la mineralisation du nickel qui s'etendent du Burundi jusqu'aux autres gisements de nickel de Kabanga en Tanzanie pres de la frontiere burundaise.
Ivya zone mineralisee bivugwa ahantu kuri mine bashobora kuvuga bati aha na hariya hariho contenu iyi y'ubu butare.
Raba nk'uku compagnie canadienne Ivanhoe Mines yerekana zones mineralisees en cuivre muri mine zo muri Congo.
www.ivanhoemines.com/news-stories/news-release/ivanhoe-mines-reports-mineral-resources-for-makoko-and-kiala-discoveries-in-the-western-foreland/
Ubutare bwabaye ubutare
😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.