Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abumvise kakaririmbo king sabass yaririmbir diva mungaruka mumpe rikes
Ndabakunda cyane nifuza kuba mu muryango wanyu kuko wararyoheye kweri
Dico mumperer amashurwe Mimi ❤❤❤❤❤❤❤Kandi nababona ko Mimi yarijujwe numunezero mumpe like tubandanieize
Yooooooo murakundana disi muzakomereze Aho pe
yaramaze imisi ariko aratunezereza, none namwe muhise mumunezereza, Imana ibahe kwama mukundana, kandi mufatana mu nda.❤❤❤❤❤❤
Mimi ndagukunda cyane Imanishimwe kowajyezeyo amahoro ♥️♥️♥️♥️ narivera ndagukunda cyane ♥️♥️♥️♥️♥️ izamusuhurijecyane uwiteka abahe umugisha🥀🥀🥀
Yooooo😭 mbega urukundo mufite, Imana ihe umugisha Ineza family kubwo kwakira Mimi wacu
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉wakoze dico kudukorer umuti
Ndaryohewe cane gose kurukundo mwamugaragarije abarundi oyeee🎉🎉 mbega urukundo
Mimi uri umwana mwiza we love you 🥰🥰
Waaaaoooo vyiza cane Imana ibahezagire mwagize neza kwakira umuvukanyi
Wau ndabikunz cyan mwakiriy mim nez❤❤❤❤.
❤❤karibu kandi mimi mu gihug cacu cuburundi🎉🎉🎉🎉🎉❤
Niyisange🎉🎉🎉
🫶🫶🫶from Rwanda 🇷🇼 warakoze kudusura Mimi
Warakoze cyane kuza iwacu Irwanda twarishimye knd uzagaruke.
Turaryohewe cane Imana irakoze kugarukan Diva amahoro
Mubikozenezaaa❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Mimi welcome my love ndagukund vya caaan twar tukunyotew bzuuu
Imana ishimwe mimi kowahagez amahoro warakoze kudutemberera uzanagaruk mukundwa❤
Ivyo nivyo tuba dukeney urukundo mu bantu apana amatiku❤
Waoooo munyarwanda &murundi tube bamwe
Ndabakunda cyane 🌹❤❤❤❤ Mim , Alvella , n'Abarundi Bose Ndabakunda cyane 🌹 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ NDABAKUNDA CYANE 🌹❤
We love you too.
Natwa turagukund cne mwz
Mimi uzogaruke murwanda turagukunda❤❤❤❤❤❤
Mimi milee niwanyu baribagutegereje disiwe❤❤❤🎉turabakundamwwsep
💞💞💞💋💋💋💋🥳🥳🥳💃💃💃karib sha Mimi
Mwarakoze cane mwaramweretse urukundo
Vrm mwubahwe caneee ndabaknda gose mimi wacu kalibu
❤❤❤❤mon pays
Murakundana nukuri yooo Imana ibahe umugisha
Iman ikor ibirengey nanj ndashak izomfash
Rwarukundo nyene bwabumwe nyene nivyo bizotuma vyose bishoboka 👏👏
Waoooo diva wanj💃💃💃💃💃
Yooo!Mimi uziko utumyenange ndira gsa Imana igikurinda amarira yumubabaro iguheguhorana ibyishimo
Mimi twaragukunze nkabanyarwanda uzagaruke❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Umva mbesi 😂uzaba urarivuze mwa 😂
Burundi 🇧🇮 Rwanda 🇷🇼 one love
Ico twosaba abarundi nabanyarwanda turibamwe vraiment dushigikirane ntatandukaniro Riri hagati yacu umurundi umwe akoze ikosa suburundi bukoze ikosa umunyarwanda uko Twubake Urundi-rwanda yacu
Bien dit
Urantanze kubivuga❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Uvuze neza cne
Mutumye ndira 😢kubwurukundo mugaragarije mimi wacu❤❤🌹
Ndabakunz mwes abarundi bez muz mwaman ugworukund❤
Iconkundira imana nico habibihe vyokurira nibihe vyokunezerwa ibihe vyogusavura nibihe vyugutwenga .amarira warize arahagije sha mimi nkwifurije icitwa ciza cose uzukiboneshe amaso yawe ❤
Jew muntahirize uwo mwami Sabbas wo mungaruka💐
Uragiye ❤❤❤❤❤
Vyar ibirori disi 🎉🎉🎉
Mimi turamukunda kandi caane umwanka amwandureko
Ayiii natwe twaramukunze Mimi bambiii azagaruke
Nkunda uburyo abarundi bakundana
Wow. Umukobwa wacu turamukunda cyane
Kalibu imuhira mimi chr wanje ❤❤
Ndabona vyari amavuta 😂😂😂komerezahooo🎉🎉🎉
Mimi❤❤️❤️❤️ndagukunda Canée❤️❤️❤️
❤❤❤ndagukundaaa cyane❤ndifuzakuzokubona ugarutse mu rwanda 10:29
Karibu mimi twaritugukumbuye iwacu lburundi
From Independent Voice , ❤❤❤❤❤❤❤
Karibu cane muvyeyi mwiza knd nyagasani abandanye aguhezagira cane turagukunda❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇮🇶🇮🇶
Mimi love you so much naj ndakugumbiriy mwizaa
Burundi movie industry tuzokwama turi inyuma avuye muburundi akubiteye murwanda mukashorera kumwakira umega navyo mufise vyomwokora
Mimi birababaje kuba turi mugihugu kimwe nkipfuza kukubona bikanka❤❤❤❤❤😊
Ouaaaah karibu mukunzi wacu twati tugukumbuyeeee
Kalibu Sha mimi❤❤❤
Yooooh Mimi nukuri ubandany kugubwanez
Intasho zo murwanda turazakiriyeeee sawa byeee
Love you guys.
Karibu mimi❤
💝💓💕💞💟💟💟💟💝💝mm ndagukuandacan bidasanzwe💝💝💝💝
Waoo karibu iwacu❤❤❤kibaju caju❤️❤️❤️❤️
😂❤❤❤❤❤❤ ibintu biri fresh sana
Iman yaragukunze rek nabantu bagukunde najew nzorikuzanir ndagukunda
Mwarakoze caneeeeee 🎉non aho yaravuye kuri rwarungend?
Ooow thx Dico🎉
Komera cane mimi wacu urambe cane ndagukunda cane mba USA nipfuza inamba yawe
❤ From Mr Khan 🇧🇮
Abo kwa killer man like hano
Mimi ch uzagaruka murwnda ryari ch ndakwikundira😢😢😢😢
Muzatuzanire na alvella
Songa mbele di Mimi wanje
Ndashaka kumenya mimi icobipfana nasabasi kakaririmbo arakasubiriye kukamuririmbira
Kaze mimi twari tugukumbuye mubikogwa
Mwakoze kumwakira mweseeeee
Karibu gikundiro wacu
❤❤❤❤🎉🎉🎉wweeeeeee
Wow
Mimi karibu cn kand turakeney ntahoyagiye
Dico kuba utandiye akara ngo nze gutegera Mimi nukuntu ndamukunda ako kantu karimwo inzigo 😂😂😂😂
Mimi damukunda cyane uwabona numberze yazima yarakoze cyane Kandi akunda imana Kandi akunda abanyarwanda murakoze
Iyo intro reo irya zos❤
Abarundi nabarundi Kazi nabana bez bineza familly ndabakunda cn bez banj
Aha rero twebwe muburundi ntidukora uragabanya gusuzugura Aho uvuka
Mm nukuri ndashaka basi kuvugana nw cankwa kubonana nw bas rimwe gusa urampa bas nimero yawhatsap ndabigusavy?
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Dico umeze neza??😂😂😂
Abarundi ntimumuherane nabasure agaruke ikigali chap chap
Yooo ndanezerewe bashe ararize kuber umunezero gus bibonek ko azosubirayo ababony igihe yagend bakabon nukuntu agarutse mumbarire je mbon kazosubirayo
Muribeza m dukeney intore ntindi😢😢
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤😢❤❤
DICO reka nguhe aka abonner ubikora neza
❤❤❤❤
Dore Kani munkuru yumubabaro mutebutse iyosizoni 2 ababyumva nkanjye mumpe agatima
Ivyo bintu vyingidii reo😂😂😂
Ngo Nakageso ko kurira 😂😂😂
Abumvise kakaririmbo king sabass yaririmbir diva mungaruka mumpe rikes
Ndabakunda cyane nifuza kuba mu muryango wanyu kuko wararyoheye kweri
Dico mumperer amashurwe Mimi ❤❤❤❤❤❤❤Kandi nababona ko Mimi yarijujwe numunezero mumpe like tubandanieize
Yooooooo murakundana disi muzakomereze Aho pe
yaramaze imisi ariko aratunezereza, none namwe muhise mumunezereza, Imana ibahe kwama mukundana, kandi mufatana mu nda.❤❤❤❤❤❤
Mimi ndagukunda cyane Imanishimwe kowajyezeyo amahoro ♥️♥️♥️♥️ narivera ndagukunda cyane ♥️♥️♥️♥️♥️ izamusuhurijecyane uwiteka abahe umugisha🥀🥀🥀
Yooooo😭 mbega urukundo mufite, Imana ihe umugisha Ineza family kubwo kwakira Mimi wacu
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉wakoze dico kudukorer umuti
Ndaryohewe cane gose kurukundo mwamugaragarije abarundi oyeee🎉🎉 mbega urukundo
Mimi uri umwana mwiza we love you 🥰🥰
Waaaaoooo vyiza cane Imana ibahezagire mwagize neza kwakira umuvukanyi
Wau ndabikunz cyan mwakiriy mim nez❤❤❤❤.
❤❤karibu kandi mimi mu gihug cacu cuburundi🎉🎉🎉🎉🎉❤
Niyisange🎉🎉🎉
🫶🫶🫶from Rwanda 🇷🇼 warakoze kudusura Mimi
Warakoze cyane kuza iwacu Irwanda twarishimye knd uzagaruke.
Turaryohewe cane Imana irakoze kugarukan Diva amahoro
Mubikozenezaaa❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Mimi welcome my love ndagukund vya caaan twar tukunyotew bzuuu
Imana ishimwe mimi kowahagez amahoro warakoze kudutemberera uzanagaruk mukundwa❤
Ivyo nivyo tuba dukeney urukundo mu bantu apana amatiku❤
Waoooo munyarwanda &murundi tube bamwe
Ndabakunda cyane 🌹❤❤❤❤ Mim , Alvella , n'Abarundi Bose Ndabakunda cyane 🌹 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ NDABAKUNDA CYANE 🌹❤
We love you too.
Natwa turagukund cne mwz
Mimi uzogaruke murwanda turagukunda❤❤❤❤❤❤
Mimi milee niwanyu baribagutegereje disiwe❤❤❤🎉turabakundamwwsep
💞💞💞💋💋💋💋🥳🥳🥳💃💃💃karib sha Mimi
Mwarakoze cane mwaramweretse urukundo
Vrm mwubahwe caneee ndabaknda gose mimi wacu kalibu
❤❤❤❤mon pays
Murakundana nukuri yooo Imana ibahe umugisha
Iman ikor ibirengey nanj ndashak izomfash
Rwarukundo nyene bwabumwe nyene nivyo bizotuma vyose bishoboka 👏👏
Waoooo diva wanj💃💃💃💃💃
Yooo!Mimi uziko utumyenange ndira gsa Imana igikurinda amarira yumubabaro iguheguhorana ibyishimo
Mimi twaragukunze nkabanyarwanda uzagaruke❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Umva mbesi 😂uzaba urarivuze mwa 😂
Burundi 🇧🇮 Rwanda 🇷🇼 one love
Ico twosaba abarundi nabanyarwanda turibamwe vraiment dushigikirane ntatandukaniro Riri hagati yacu umurundi umwe akoze ikosa suburundi bukoze ikosa umunyarwanda uko
Twubake Urundi-rwanda yacu
Bien dit
Urantanze kubivuga❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Uvuze neza cne
Mutumye ndira 😢kubwurukundo mugaragarije mimi wacu❤❤🌹
Ndabakunz mwes abarundi bez muz mwaman ugworukund❤
Iconkundira imana nico habibihe vyokurira nibihe vyokunezerwa ibihe vyogusavura nibihe vyugutwenga .amarira warize arahagije sha mimi nkwifurije icitwa ciza cose uzukiboneshe amaso yawe ❤
Jew muntahirize uwo mwami Sabbas wo mungaruka💐
Uragiye ❤❤❤❤❤
Vyar ibirori disi 🎉🎉🎉
Mimi turamukunda kandi caane umwanka amwandureko
Ayiii natwe twaramukunze Mimi bambiii azagaruke
Nkunda uburyo abarundi bakundana
Wow. Umukobwa wacu turamukunda cyane
Kalibu imuhira mimi chr wanje ❤❤
Ndabona vyari amavuta 😂😂😂komerezahooo🎉🎉🎉
Mimi❤❤️❤️❤️ndagukunda Canée❤️❤️❤️
❤❤❤ndagukundaaa cyane❤ndifuzakuzokubona ugarutse mu rwanda 10:29
Karibu mimi twaritugukumbuye iwacu lburundi
From Independent Voice , ❤❤❤❤❤❤❤
Karibu cane muvyeyi mwiza knd nyagasani abandanye aguhezagira cane turagukunda❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇮🇶🇮🇶
Mimi love you so much naj ndakugumbiriy mwizaa
Burundi movie industry tuzokwama turi inyuma avuye muburundi akubiteye murwanda mukashorera kumwakira umega navyo mufise vyomwokora
Mimi birababaje kuba turi mugihugu kimwe nkipfuza kukubona bikanka❤❤❤❤❤😊
Ouaaaah karibu mukunzi wacu twati tugukumbuyeeee
Kalibu Sha mimi❤❤❤
Yooooh Mimi nukuri ubandany kugubwanez
Intasho zo murwanda turazakiriyeeee
sawa byeee