- 163
- 615 836
DICO ENTERTAINMENT
Germany
Приєднався 13 лип 2019
𝑨𝒍𝒍 𝑬𝒏𝒕𝒆𝒓𝒕𝒂𝒊𝒏𝒎𝒆𝒏𝒕 𝑵𝒆𝒘𝒔 𝒂𝒕 𝒂𝒍𝒍 𝒕𝒉𝒆 𝒕𝒊𝒎𝒆, 𝒁𝑬𝑹𝑶 𝒕𝒐 𝑯𝑬𝑹𝑶 ,𝑾𝒆'𝒓𝒆 𝑻𝒉𝒆 𝒄𝒉𝒂𝒎𝒑𝒊𝒐𝒏𝒔 🎤
The brothers film 🔥 CADEAU RAVELLE - KIJAJA -GIHEKO- CHRISTIAN NSAVYÉ // ino iraza kuvugisha benshi
#cinéma #cadeau_ravelle #giheko
For more information : 68023566
For more information : 68023566
Переглядів: 619
Відео
Bagume hamwe bose ndabavuge :Biragayitse ivyo bakorera aba Diaspora NYAMA wanje bamureke
Переглядів 2,2 тис.7 годин тому
#Jojo #Nyama_pro #Izzo_chris #Ornella_Mutoni #Cadeau_Ravelle #Sabbas
Asavye imbabazi FANNY LAVINE : MUCO icabikweze ni ikibazo gishirweko akaburungu #Sabbas na NSORO🙏
Переглядів 9 тис.12 годин тому
#Sabbas #Nsoro #Ina_ligera #Fanny For more information : 257 68023566
Birakomeye muri WEMA ENTERTAINMENT bavuze amajambo aremereye kuri ALVELLA gasopo kuri NYAMA PRO
Переглядів 1,6 тис.12 годин тому
#Wema_entertainment #Alvella #Lénine_Manariyo #Nyama_Pro For more information : 257 68023566
400 Vidéos ba BALUTAZARO baruzuye/Modeste ahawe ikarata🟥Bubaye ubwambere MBAYAHAGA avuga ano majambo
Переглядів 28 тис.19 годин тому
#Apostle_Mbayahaga #Dico_Entertainment #Burundi #Gospel_time #Social For more information : 257 68023566
FANNY na INA LIGERA🙃NYAMA PRO aje yariye amavubi // Kino kibazo kirakomeye kurusha uko mucibaza!
Переглядів 4,8 тис.21 годину тому
#Fanny_Lavine #Ina_Ligera #Cinéma #Burundi For more information : 257 68023566
FANNY ikibazo na INA LIGERA biteye agahinda// acura amosozi mu maso avuze icamutandukanije na 3FA 😭
Переглядів 7 тис.День тому
#Intibagira #Ina_ligera #official_launch For more :68023566
TOP 10 ♥️Abakinyi ba films 10 bambere b'abarundi bambara neza bakaberwa kurusha abandi / Biratangaje
Переглядів 7 тис.День тому
#Nsoro #Sabbas #Fanny_Lavine #Cadeau_Ravelle #Alvella For more information : 257 68023566
Boom🔥 MEJJA TV bimukiye munzu nshasha baguriwe //Nibwo bwambere bibabaye muri Cinéma y' i Burundi,
Переглядів 67314 днів тому
#Mejja_TV #Nyama_Pro #Inzu_nshasha #Inkuru_y_umubabaro!
Tabara ALVELLA 😭NYAMA PRO ntanakimwe asize inyuma ❗WEMA ENTERTAINMENT na ALVELLA sinzi uko bigenda🙆
Переглядів 3,2 тис.21 день тому
Tabara ALVELLA 😭NYAMA PRO ntanakimwe asize inyuma ❗WEMA ENTERTAINMENT na ALVELLA sinzi uko bigenda🙆
FANNY LAVINE bifashe iyindi nzira // Urugo series ~iyindi film~ Agence ya Cinéma Behind the scenes
Переглядів 3,3 тис.21 день тому
FANNY LAVINE bifashe iyindi nzira // Urugo series ~iyindi film~ Agence ya Cinéma Behind the scenes
🔴 Boom_Boom🔥 BRUCE MELODIE live performance in Canada // Indirimbo ya KIDUM irakora ibara !
Переглядів 33421 день тому
🔴 Boom_Boom🔥 BRUCE MELODIE live performance in Canada // Indirimbo ya KIDUM irakora ibara !
😭MIMI MIREILLE 😍 atamvye igisirimba induru ziravuga // bahise bamusukako amavuta y'umukozi w'Imana
Переглядів 4,5 тис.21 день тому
😭MIMI MIREILLE 😍 atamvye igisirimba induru ziravuga // bahise bamusukako amavuta y'umukozi w'Imana
WARUBIZI yagiye he? Ng' aba turabazanye// CEO ANY ESPERANCE aguye mukantu😳ino film ni Surprisee
Переглядів 32821 день тому
WARUBIZI yagiye he? Ng' aba turabazanye// CEO ANY ESPERANCE aguye mukantu😳ino film ni Surprisee
INA LIGERA atoboje agatu urwara :PROPHET MODESTE na MBAYAHAGA muri film nshasha//Abakinyi b' umwaka
Переглядів 2,8 тис.28 днів тому
INA LIGERA atoboje agatu urwara :PROPHET MODESTE na MBAYAHAGA muri film nshasha//Abakinyi b' umwaka
FRIEND ZONE film ya MORIAH CHANNEL nyina wazo mubahebere//Wamu Director yongeye kwiraba mw'isunzu
Переглядів 40128 днів тому
FRIEND ZONE film ya MORIAH CHANNEL nyina wazo mubahebere//Wamu Director yongeye kwiraba mw'isunzu
Breaking News 🔥 FANNY LAVINE yuguruje agence ya Cinéma: JOACHIM na SETH tayali binjijwe muri 3FA,,🔥
Переглядів 6 тис.28 днів тому
Breaking News 🔥 FANNY LAVINE yuguruje agence ya Cinéma: JOACHIM na SETH tayali binjijwe muri 3FA,,🔥
💝FANNY na NORASQUE💝 Batekane sinobafuhira uwanje arahari MIMI & AMEDEE turi kumwe ntiduteze kuvana🙋
Переглядів 6 тис.Місяць тому
💝FANNY na NORASQUE💝 Batekane sinobafuhira uwanje arahari MIMI & AMEDEE turi kumwe ntiduteze kuvana🙋
🔥Boom_Boom 💝 PRANK y'umwaka FIKO FICO yinjiriye SOLUTION COUPLE s'ukuvuga mundimi yenda kuharara❗
Переглядів 6 тис.Місяць тому
🔥Boom_Boom 💝 PRANK y'umwaka FIKO FICO yinjiriye SOLUTION COUPLE s'ukuvuga mundimi yenda kuharara❗
Mw' ibanga ntangere CRHIS na ORNELLA MUTONI tubasanze munzu imwe // impamvu twabikoze uko,,
Переглядів 6 тис.Місяць тому
Mw' ibanga ntangere CRHIS na ORNELLA MUTONI tubasanze munzu imwe // impamvu twabikoze uko,,
🇧🇮BURUNDI🇧🇮 igihugu c' isezerano //Edeni twasomye mu bitabu //CCCR n' igikorane co gusengera igihugu
Переглядів 234Місяць тому
🇧🇮BURUNDI🇧🇮 igihugu c' isezerano //Edeni twasomye mu bitabu //CCCR n' igikorane co gusengera igihugu
ETAT CIVIL : Estimé na Luna bafashwe Kizimbabwé // bihangane tubishize ahabona: ikinyoma twabeshwe❗
Переглядів 655Місяць тому
ETAT CIVIL : Estimé na Luna bafashwe Kizimbabwé // bihangane tubishize ahabona: ikinyoma twabeshwe❗
🔥Boom🥳 Bubaye ubwambere FANNY LAVINE abivuga "Umugabo wanje yarabinkoreye // Igikombe ni rwanje!
Переглядів 6 тис.Місяць тому
🔥Boom🥳 Bubaye ubwambere FANNY LAVINE abivuga "Umugabo wanje yarabinkoreye // Igikombe ni rwanje!
💝 CHRIS & ORNELLA 💔 Kumbe vyabintu 🙄ibirori vyose uko vyagenze/ / ukuri kwa vyose Ng'uku !
Переглядів 23 тис.Місяць тому
💝 CHRIS & ORNELLA 💔 Kumbe vyabintu 🙄ibirori vyose uko vyagenze/ / ukuri kwa vyose Ng'uku !
Boom 🔥 ETAT CIVIL // SAVE_THE_DATE : CHRIS AND ORNELLA !
Переглядів 10 тис.Місяць тому
Boom 🔥 ETAT CIVIL // SAVE_THE_DATE : CHRIS AND ORNELLA !
INGARUKA SERIES S8 EP2 FANNY LAVINE we ALVELLA kuki ? CADEAU RAVELLE ? SABBAS ayiciye umurya !
Переглядів 8 тис.Місяць тому
INGARUKA SERIES S8 EP2 FANNY LAVINE we ALVELLA kuki ? CADEAU RAVELLE ? SABBAS ayiciye umurya !
IMVA YA MWĨHŌRO vs INTORE NTĪNDI // INTORE NTĪNDI iragarutse !
Переглядів 1,1 тис.Місяць тому
IMVA YA MWĨHŌRO vs INTORE NTĪNDI // INTORE NTĪNDI iragarutse !
INGARUKA SERIES S8 EP 1 , TATY kwa SABBAS ,DIVA na LADOUCE bagiye gufatanya urugamba
Переглядів 9 тис.Місяць тому
INGARUKA SERIES S8 EP 1 , TATY kwa SABBAS ,DIVA na LADOUCE bagiye gufatanya urugamba
INAMA PART 3 : intahe y' ubuzima MIMI yaciyemwo // ntivyari vyoroshe ariko IMANA yabanye nanje//
Переглядів 8 тис.Місяць тому
INAMA PART 3 : intahe y' ubuzima MIMI yaciyemwo // ntivyari vyoroshe ariko IMANA yabanye nanje//
TAYALI 🔥CHRIS ashikanye ORNELLA kwa maman wiwe NYAMA aje yariye amavubi "mundeke nihanize GIHEKO"❗
Переглядів 2,8 тис.Місяць тому
TAYALI 🔥CHRIS ashikanye ORNELLA kwa maman wiwe NYAMA aje yariye amavubi "mundeke nihanize GIHEKO"❗
Angel❤❤❤❤
Wakoze kunyereka Ganza
Ico ubarusha
Nonenkaho ntumaramara uriko urivugana? Icobikoz urafis umwany woguta
Hi
Mukomere
THE BROTHERS EP 1 ua-cam.com/video/6P5VIuKkWmw/v-deo.htmlsi=aGG3CIokCSoTCgJR
Number one
I like ton courage chérie and your confidence ❤aller de l'avant
Jojo nkunda uk ukina❤ ariko ukuvuga vyo ndabizinutswe😮🙄😇 akiryo niko kabi
😂😂😂😂😂Nyama❤❤❤❤
Ikindi ubukwiye gushimira Fanny kk nuwugukurikirana wese nuk kugir umenyekane vyaciy kur Fanny,gsa knd urumukobwa avugaguuuzwa,kk ABantu bakunda kuvuga abandi nabi,baba arabantu biurusaku,idigadige uzuravuga make
Muco ww urafitiye inzigo Fanny,ariko kumuvuga nabi,ntaho bizogushikana,Fanny tuzoguma tumukunda,nah womuvuma tuzoguma tumufana
Niwitekanire muco tukuri inyuma kbx Imana ihezagirira ah nyene
Twakumenye kubera fany rero menyako akurenze tekana ugabany umunwa kuba uwo kwafany Ubu rero wunva bigayitse ?
P
❤❤❤❤🎉🎉
Komera muc ni kimamiro boss
Muco Imana ikurinde
Nyama arasesangura pe
Muco ww urishima vrmt Fanny arakuruta muco
Vyukuri ivyo nivyo muga uwiteka fico fico mwamurenganije Nawe arabegwa
Nyama rero ndamukunda dico wadufashije ukazobahuza koko
Bash abant mwaman amajamb kuvan numunt ntibisigur amajamb nukur abakiyi babarund sinz uko mumez kwr non muvany bic bivamw amajamb kwr nkawew urinkumi ukaguman amajamb kwr
Chance ntanasumvya muco
King sabas uw1 fany uwa2 arvella uw3 sandy uwa4 atarivy nakarenganyo😢
Jew mbona mwese muvuga Imana nimba vyukuri mukijijwe subiza Hamwe mube bamwe guko Ijambo ry,Imana ritubwira ngo Urukundo dufitaniy nigo ruzoturanga ko turabana ba Yesu.nimba mwese mur ABA Yesu kabaganya mugiriranire uburwaneza n'a Bose . Hezagirwa
Wimanature kumuvyeyi????😅😅😅😅😅😅
Muco iritekanira disiii abantu ruri banti agirirwa urihoreramwiza nubundi umukobwa windero ntagenda aravuga ubusa zurivugira make kuk si wewe wambere mwavanye
😊
Nyama ninumwan kur wewe nukur
❤❤❤❤❤✅✅
Ntamuntu abimbwa.aho watukanye pe
Yoooo 🤭🤭
😂😂😂😂 hhhhhhh
Nahora ryohegwa nibiganiro vyokwa Dico iki kiganiro carikibishenukuri.imvugo iraho iranyishe .😂ntabirenzekwel niwigugire ikirundi cacu mbere numvise iyo ukivuze bikubera gusumba ibi uvuzengaha ngo nibinyagwanda.nkomezakwumigwa🤔
Jojo giheko mwarakinany muri the craziness kwa Abel ariko ntangajwe ningene uvuzeko atari muri interterment
Nkundukunt wibuk gusenga Imbereyikiganiro
uvungishije ukuri pe👌👌
Waooo jojo sinarinziko yavyaye nagira aracarinkumi
Uvuga amajombo meshi gusuvya,igikorwa
We kizwa kumunwa, umuntu araba imbwa,uri inyeruzi y'umukobwa.
Ariko nukuri uduhungu two mwiyi industry twoba twihanga hamwe Nyama vyukuri yoba akundanye na Benitha😂😂😂🙈🙈🙈🙊🙊🙊
Ngontasa nuwomukayanza. Ntanisoni ugira. Mukayanza. Urazabademubavayo ukobasa. Iyomukorogo wisiga. Abaomukayanza ugombakumbarira kwAtayo boronka
Sha nukuri yatwubesheko jewe nubwatawibona ndaziko tutoja HAMWE nuyope Kandi ntamukorogo nishiga.
Nahegeze dico 😂😂😂ayo makuru JoJo azanye nimashasha buja yahiye birababaj cane kugurisha umuntu kuber amaher nihatari 😊
Ikiganiro nisaw
Dicoooo entertainment ❤❤❤❤🎉🎉🎉bandanya ugira courage vrt tukur inyuma 🎉🎉🎉
Cyakoze ndabona ninaza nzokors ikiganiro kirekire kwa DICO kwel
Ego giheko Raba uze udutemw ahubwo 🎉🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥
Njew nkumbuy gihek😢❤❤❤❤
Abakimbuye giheko muzehano
Ng imbwaaaa 😂😂😂😂😂 Giheko is here rek niyumvire
Ng ingwejaaaaaaa😢 jojo aragakoz😂
Gusa Fanny numuhemu ndumvise ntamenyegwa kndi azogir ingorane😂😂😂😂😂ngo boje bambay ivyirabura nkabaje gukinda