Ijambo ry'Imana niry rivuga riti at ntimurab ivyo nkora arik mwumv ic ijambo ry'Imana rivuga mim narengan mwese sindabaz nuw mugab wawe eg uzoger kur arik ntama horo uzoronk pe kuk aban wabihakaniy kuri reseau sociaux niyo mpamvu Claude yaciy aj kum camera avuga kur umugore wiw knd mwagize mariag mur make niw watumye amen ibang ryurugo vyiza itekanir inzir ij mwijuru iz Iman yonyen
Murasubiy kuvyong Claude murarush ash yarabahakany kur kirezi media knd yar noraske nyene yamukoreshej ikiganiro mimi butinya Imana Claude kuv muvan nt camera yar bwajeko yagiy kur camera aruk were kany intoki ng nt mpeta wambay 🤔bar bakubajij kufis aban uc were Kan ibiganz ng ah Har mpeta mumbonn wew tekan ico mwapfuye numugab niw ukiz hamw numugab wawe nay ng ntaban wikany Har kumugaragar
Uy muvyeyi ari variable iyari kumw n'umukwe aramuvugir arikumw na mimi akamuvugira ikind naco umugabo ntiyokwirukan ngo mwenewanyu ahagume non numugab wamber yaramwirukany k yamutany umwan yonka?ham norasque ik kiganiro nica kera
Gus ic wokwibuk Fanny afis aban sandrine umwan ari nawe knd umugab baravany sabbas arakin Films knd nicamamar ba Dod ba grace ba Abel. NBand bensh mais batang ubuhamy kuban bab ✍️knd niw munezero wabo rr rek kurira iyab wabakund bary ban nt 5ans bar bafis kubury umugab yar kubakwim muburundi turafis ubutungan 💪💪
Butinya Imana uwo mama wawe bomutamik amajambo ng vuga ibi hahaha Imana irihangan 🤔🤔🤔🤔Emwe nuk utawumeny iherezo ryuwundi ahand hoh noravy iherezo ryawe ury mutoyi wawe yar kukuvugan Nabi knd mwaraban ub uraba kumbuye aban ndagutwenz 🤣🤣🤣🤣🤣🤣jew ndi umu mama knd ndafis aban nah umugab dushwan ndavug at twaravany arik mfis aban mug wew mim sindik nkwagiriz kuk sindabaz arik ko washimy kubivug kur media ng Hari mpeta mumbonan noraske yarik akubaz kuvyerekey ikiganiro koreshumwany yari yakoz wihakan aban noraske akubajij ucuvug ng barambesher umanik amabok imbere ya camera ng Hari mpeta mumbonan Emw narakiravy cos ndagihez mber wararirimvy ni ndirimb mwic kiganir nn ng barakubesher Tekan wamamar iconz nuk Imana itarengany
Nugusenga cn mimi IMANA yonyene niyo iroranya ibintu knd ntija inanigwa🤌
Ijambo ry'Imana niry rivuga riti at ntimurab ivyo nkora arik mwumv ic ijambo ry'Imana rivuga mim narengan mwese sindabaz nuw mugab wawe eg uzoger kur arik ntama horo uzoronk pe kuk aban wabihakaniy kuri reseau sociaux niyo mpamvu Claude yaciy aj kum camera avuga kur umugore wiw knd mwagize mariag mur make niw watumye amen ibang ryurugo vyiza itekanir inzir ij mwijuru iz Iman yonyen
Uyu mu mama mwamiza mwubu bu TV .aaaahhh
Nayibony mukiganiro numero hing ndayikurungikir kur watsap kuk wew noraske wabony bikomey mim acakubwir ngo ugifute 😅😅😅😅ndagagay so terimber mukobwa muga wibuk ko bensh mukoran bubats consolatte ub ntegez kur bukebuk knd yubats mwe mushak kuvuk muc mwiruk mutabanj kwicar hma mwavure mugir dede ham mushingure mubon kwiruk 🏃♀️uwo muvyeyi natekan ukuri ni kury kwa mbere Imana niy muc rubanz
Mpore di Mimi ntayigw idahta abantu bunomusi nihatari arko Imana irahari sh Mimi
Ihorere ma chérie mimi,turakwikundira sha kd lmana izagusubiriza mundumane pfukama usenge lmana dusenga si bayari izakwiyerekana witurize sha.ihorereee mamaaa
Mimi ihorere witekanire urekane nakirya kigaba cumugabo abana nabo imana izobakuzanira
Mimindakundacyaneugewihaganaimanairahari
Murasubiy kuvyong Claude murarush ash yarabahakany kur kirezi media knd yar noraske nyene yamukoreshej ikiganiro mimi butinya Imana Claude kuv muvan nt camera yar bwajeko yagiy kur camera aruk were kany intoki ng nt mpeta wambay 🤔bar bakubajij kufis aban uc were Kan ibiganz ng ah Har mpeta mumbonn wew tekan ico mwapfuye numugab niw ukiz hamw numugab wawe nay ng ntaban wikany Har kumugaragar
Niatari ntivyoroshe pe mimi pore sana ivyubuzu nibabe bareka kuvyinjiramwo sivyiza
Nukuri mimi ntukihakane abana bawe sha kuvyara biraruhisha Hama ivyingo vyovuga ababizi kuko abagabo ntakigumba gumba nagira
Ihorere mama Mireille abana Imana usenga izobakuzanira
Mimi ihangane mwana wa mama ivyo Mungo nukwo kandi umugabo iyo muvanye ntaba yipfuzako wotera intambwe ariko vyose bizohera komeza wizere Imana.
Kazima nabonye ar abahungu Mimi tekana bazizana!✍✍
Twaravyumvise kuvakera
Jewe ndi Mireille ntaco nokubwira,rondera amakuru ahandi ureke uyo muvyeyi
Claude numunyanyanga naje hariya
Kumbe bimwukinan'agahinda tukibazango n'ukumenya gukina kumbe ugendan'agahinda?
Arik yibagir ko ab bos bakin Films bagw kuban mim nguraseng
iconzico imana iriho kubwacu mimi uzoguhorera
Gabanya urusaku wamumenyesha amakuru mbega tv on line zo muburundi nuguteranya abantu gusa?
Uy muvyeyi ari variable iyari kumw n'umukwe aramuvugir arikumw na mimi akamuvugira ikind naco umugabo ntiyokwirukan ngo mwenewanyu ahagume non numugab wamber yaramwirukany k yamutany umwan yonka?ham norasque ik kiganiro nica kera
Mimi iturize ma chérie ivyo bizi abantu tumaze kubicamwo rekananabahaze
Mimi igumire ku Mana ifise inzira nyinshi
Birambabaje uko mudedaguza uwomuvyeyi pe mwige uko mushaka amakuru apana gushaka iryane
Ikikiganiro sicubu usigsye ubesha
Gus ic wokwibuk Fanny afis aban sandrine umwan ari nawe knd umugab baravany sabbas arakin Films knd nicamamar ba Dod ba grace ba Abel. NBand bensh mais batang ubuhamy kuban bab ✍️knd niw munezero wabo rr rek kurira iyab wabakund bary ban nt 5ans bar bafis kubury umugab yar kubakwim muburundi turafis ubutungan 💪💪
Noraske arik ahakan kwataban yihakany mpa numer yawe ndayiguh iy videos kur WhatsApp Imana irihangan kweli jew ndaz ing ziragoy knd kuvan naw nibisanzw mug yarik any aban vrt na jew ndababar ah mboney umugab wiw aberekany😭nta wundi mugisha dufis kwis usumb aban 🙅♂️
None wewe wabonye birya biganiro umugabo atanga uca uremeza ko Ari ukuri?
Ntare hejuru cane
Uwutazi abagabo bubu niwe yovuga ivyatazi ihorere mimi wanje imana irishura umuntu ava murugo yaratuntuye ahasigay crod ngarerekwa arumunyakibi gus akima nabana nyina wabe nukuntu igse kibabaza imana izobimubaza
Mimi itekanire imaniriho
😂😂
Ivya bagabo biragoye caan.gusa iconzi nta muntu yokwihakana aban yavyaye kandi urya mugabo ntiyorosh waapi
Umviriza kub yarashwany numugab cNk bakavan nuburenganzir bwiw arik mim ubwiw yabihakany kumugaragar ico kiganir kirahar hing ndakirond nonger ndagishir mum group Har kur kirezi media knd yakoreshwej ikiganiro na noraske 🤔umugab wiw ntakos afise vrt yaj kur camera agaragaz ububesh bwuwo mugore avug kwataban afis ng nta ni mpeta yambay ahand hoh kuvan nibisanzw kuk imyeng yinzu imenyw na nyeney
Imana irihangana basha,igise kirababaza kweli ntiwokwihakana icakuvuyemwo
🙆🙆🙆❤️
Butinya Imana uwo mama wawe bomutamik amajambo ng vuga ibi hahaha Imana irihangan 🤔🤔🤔🤔Emwe nuk utawumeny iherezo ryuwundi ahand hoh noravy iherezo ryawe ury mutoyi wawe yar kukuvugan Nabi knd mwaraban ub uraba kumbuye aban ndagutwenz 🤣🤣🤣🤣🤣🤣jew ndi umu mama knd ndafis aban nah umugab dushwan ndavug at twaravany arik mfis aban mug wew mim sindik nkwagiriz kuk sindabaz arik ko washimy kubivug kur media ng Hari mpeta mumbonan noraske yarik akubaz kuvyerekey ikiganiro koreshumwany yari yakoz wihakan aban noraske akubajij ucuvug ng barambesher umanik amabok imbere ya camera ng Hari mpeta mumbonan Emw narakiravy cos ndagihez mber wararirimvy ni ndirimb mwic kiganir nn ng barakubesher Tekan wamamar iconz nuk Imana itarengany
Wew nyamba wahindutse Claude urarusheee hhhhh
Birambabaje uko mudedaguza uwomuvyeyi pe mwige uko mushaka amakuru apana gushaka iryane