Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Yesu aguhezagire!!!!!!Nkwipfurije kuja mw'ijuruuze urikorere cane atari kuririmba gusa!!!!!!
Jewe aho mperereye Volume ni yooose !!! Isaha iraheze ndiko nivugiriza Iyindirimbo gusa💞💞 Ibi nivyo bihe nari ndindiriye kuri Sandy Umwamikazi Wa Gospel 🌍
Uhezagirwe ncuti
Amen amen. Ni indirimbo nziza cane iruhura. Kandi yanditswe mu kirundi ciza cane kitavanze n'izindi ndimi nk'uko bamwe babigira bigaca bigora kubatandukanya n'abandi. Imana iguhe umugisha
Imana y'agakiza n'indirimbo yanditswe yongera iririmbwa na Sandy Nduwimana afadikanije na Sabbas Nkurunziza. mukubashigikira kora Subscribe,share and comment mwarahezagiwe.
Wubahwe!! Wakubise ho!!
Nyimbo nzuri ,mavazi mazuri,hongera Sana dada Sandy.
Nn. Ndabaz. Numutambukany. Waw. Komwamamurikumw. Mundirimbo
@@sosoirakoze3706 Oya nakazi gusa
Amen
Ndakunda sabass ukwafise ijwi ryiza😀🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦💙💙❤❤🤍💜💜😍😍😍🥰🥰🥰muyonorwe nampwe
Kararyoshe kweri Imana yongere ikugwiriza ahukura ivyutugaburira
Amen amen 🙏🙏🙏🙏 hezagirwa Sandy ukwo nukuri Imana ukwongerereze inkomezi ugum uduha ivyza🔥🔥🔥🔥♥️🌹♥️
Amen Amen,,nivyukuri n'Imana yumugisha.mukomeze guhezagirwa bene Data SANDY na SABBAS
Iman yanje yagakiza kanje sandi umenga wariwakamye amaraso pore dadawacu👌🙏🙏
Merc Dada kuturemesh 🙏nImana kok ntakiyinanir 🙅♂️🙌🙌🙌
Murampezagiye basha ,abaganga bonanirwa ariko uhanze amaso ijuru riratabara
Unajua Sana Sandy mungu azidi kukuinuwa zaidiiiiiiiii♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Iyoooo indirimbo nziza. Gusa ndarize 😭😭 courage
Amena Amena 🙈 mungu asifiwesana 🙈 ♥
Amen n'Imana yagakiza ni Ndiho Imana igororots
Mukoze guhezagirwa mu Mwami wacyu❤❤❤❤
Amen imana yumugisha niwe buhungiro❣️🙇♂️🙇♂️
Hezagirwa Dada 🙌na courage 🔥I Mana ibandany kukuj imbere mukwamamaz ubutumwa bwayo 🙌🙏
Amen Amen indirimbo y amavuta , kandi muraberewe😍👏🙏🙏
Imana ibongeriyerewa nanje naringezaho babwiyekobitagikunda arikondimuzima mberecaneeee yubahwe
Aman yitwa ndiho! Courage Sandy indirimbo nziza cane
Ni nziza sabbas afise ijwi nka stive sogo
MURAMPEZAGIYE. IMANA IBASHE KUBARINDA. UTUMYE NGIRA IVYISHIMO MUMUTIMA WANJE
Amen amen 🙌🏿🙌🏿 ubarikiwe saana dada Sandy
Amena mena🙏sandra
Muri Yesu kristo niho haru buhingiro gusa❣❣❣
Amen. Barikiwe sana
Wimbo mzuri kabisa. Big up Sandy
Amenaaaaa amavuta menshi ava kuri Ndiho ababeko
Amena courage vrmt bayita ndiho🥰🥰🥰🥰🥰🔥🔥🎼🎼🎼🎼🎧
Ohh yes Muhezagirwe kuduhezagira
Amn yitwa El shadaii👏👏👏
Wabikoze neza imana ishishikare kugishoboza gukora nubwo atarigikorwa coroshe
Iman iman iman iman iman yamahoro hallelujah hallelujah amen 🙌🙌🙏🙏💖
Yooooo nukuri murashoboye
Waooo courage cane pe 💪💪🔥🔥🔥🔥❤🌹
Hezagirwa
Amina kubwa vrt
Ndihooo abakomezee muririmba nezaa canee
🙌🙌🙌🙌 Courage Sandy 🙏🙏🙏
Amen. Une belle chanson ❤. Courage ma belle ❤❤❤
Amavuta menshi kbsa muhezagirwe bakunzi
Murashoboye imana yubahwe ndabakunda
Sabasi wubahw
Impuzu zose uyo mugabo yambara ziramubera. Muhezagirwe cn. Zananizindi ndirimbo nyinshi murikumwe mwese grp yanyu yose
Amen muhezagigwe dada wanj
Imana ibonger' amavuta❤️
Ni Imana yagakiza, Imana vyizigiro vyacu
Amen Amen mubarikiwe sana songa mbele
Muhezagigwe cane turabakunda🙏🙏🙏
Sabas na sandy courg mwabikoze neza cane pe
Nice Song Uburundi bwubahwe
Ubahwa Sandy Queen Of gospelmusic
Amen Amen ni Ndiho iyo Mana yacu 🙏
Congz Sandy & Sabbas be blessed
Indirimbo nzizacaneee gose yamavuta)
Amen Mungu awabaliki sana
Muhezagirwe kabisa
Ntabundi buhungiro kweri atari muri yesu
Murashoboye komeza🙏🙏🙏🌹👌
Wow ♥️♥️♥️mpaka nalia 🙏🙏🙏😭😭😭😭😭
Amen amena ubarikiwe
Indirimbo nziza cane Amen
Waoooooo uramfashij mwiza wanj
Muraduhezagira cane sandy
waooo courage Sandy end sabas
NiMana yumugisha NiMana yagagiza muhezagigwe
Wow mbigivyiz mihezagirw
Amen hallelujah Groly to Jesus 🙏🙏
Mubarikiwe ba kwetu 🇧🇮
Very beautiful song. God bless you servant or His
YOU GUYS LOOK GOOD AND GOD IS THERE FOR YOU AND US
Sandy vyukuri reka kwirengagiz vyukuri ndumukobwa nkawe ngum ngusab nimero yawe ico tuvugan wob ukoze cane
Egomesha haribihe hari N igihe harikandi nigice c igihe ivyovyose birakurana kumwana wumuntu
Amen cane bakunzi bacu from omani
Félicitation ma fille
Nimana yumugisha nimanayagakiza amen amen
Urimwiz uduhumuriz umutim🎉
Ni Imana yagakiza amen gose
Yitwa El-Shadai. Amen
Imana yagakiza
Wow this song is so nice
Ninzuli sana kabisa
Ndiho abahumugisha muririmbaneza
I love you ❤️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ my friend good video
Amén mubalikiwe sana
Indirimbo nziza irimwo amagambo meza
Felicitations ninziza
Ameeeeeen amen 👏👏👏
Ammen Ammen mubarikiw
Muhezagirwe kubutumwa bwiza muduha buciye mundirimbo
Indirimbo nziza irampezagiye gose
Much love
Hapo sasa
Hezagirwe benedata nikweri ugutabarwa tukuziga mwijuru
Sandy iyo ndirimbo yararyohey
Mpa nume yawe non
Amena🙌🙌🙌👌
Amena abahezagiwe nimume lik
Kiekk!! Kandi nkaha haraza kuboneka unlike!!!
Uranezeza abantu
Umugway ndabon waramwitayeho lman niyobuhungiro
Ndagukunze vraiment
muhezagirw bantu ba christo
Amen courage
Yesu aguhezagire!!!!!!
Nkwipfurije kuja mw'ijuru
uze urikorere cane atari kuririmba gusa!!!!!!
Jewe aho mperereye Volume ni yooose !!! Isaha iraheze ndiko nivugiriza Iyindirimbo gusa💞💞
Ibi nivyo bihe nari ndindiriye kuri Sandy Umwamikazi Wa Gospel 🌍