Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Imana ibahezagir ndabakunda cyan sabbas imana iguhe kuroranigwa
Ndabakunda mwese nukura Imana Ikoneze kubana namwe.Sabbas numufasha we bakomeze kugubwa neza🙏🙏Imana Igume muruhande gwabo👏👏👏👏👏
Urugo ruhire Sabbas n'a Nadia mukomere Imana ikomeze kubashigikira muzavyare muheke abahungu babakobwa bazoranrwe murugo rwanyu
Vyari vyaryoshe peee! Mwubahwe
Imana izohumugisha iyo famille Sabas amazimisi ampezagira mundirimbozihe imana izeyamahafiyabo mwarahezagiwe
Urugo ruhire Sabbas na Nadia❤❤Yesu aze ababere umushinge w urugo rwanyu
Waoooh imana ishishikare kububakira
Yarinduru ntamutuzo kweli gusa barabashajije Imana ibahezagire murugo rwanyu
Kabix ibintu ni vyiza cne 🌹🌹🌹🌹🌹
ndabasabiye umugisha murugo ryamyu
Uwo mu journaliste nawe ararenze ngo ehe raba ingene bibereye kubahungu n'abakobwa mutinya kugira mariage burya nugutinya canke nukubura uburyo Cank kutaba urabona uwo muvyumva k'umwe hama bamubanza murindire gukoresha interview urubanza rutarahera but it was wonderful a moment
Cycy ngwashaka Mariage vuba izoboneka mukobwa mwiza
Uyu Sabbas kumengo afise amahera menshi akoriki
None ntatwa where comefrom se afise 🤑
Akora umurimo w'Imana🤣
Hmmm 🤔
Iyi kanzu yumugeni 😘
Urugo ruhire sabbas muze muvyare hungu na kobwa
Waoo vyaribiryoche macha alah
Murabamakara ntimuburubeya😘😘👨❤️💋👨💞💞🥰🙏🙏
Iyo Szene 15:00 yatumye uyo mu mama ashavurira uyo Journaliste 🙈🙈🙈🙈🤣🤣
Mwabahungumwe orever yabahah Karib komutamubon
👍👍👍👍🙏🙏🌹🌹❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Imana izibubakire
Abantu bamwambariye wapi bishinga akavuyo bakibagira nivyo barimwo abakobwa rero hhmm Gusa vyari biryoshe vrt kndi bibereye ijisho mugire urugo rwiza
Yatway umukobw mwiz yitwa Nadia yarantway inzin
Abaririmvyi baranryoheye😘😘😘😘
Mariage absss yarivyoshe
Alvella ntagiswahili uzi🤣🤣🤣ingo tumenyane ur nkanje😂😂😂
Ilana ibubakire
💗💗💗💗❤❤💗❤❤❤
Congratulations
Ndabafana
Mana ndababunda nukuri ndashaka gukina comédie nukuri mwompuza nuwo mumama
Waaaaoooooo
Ciza is next
Cycy yirabura araberewe
Ndakunduwo mumama akavugape avuganurufasonirureze
Waoooh
Vyiz can
Waaa.muzogire.urugo.rwiza.Muvyare.abahung.Na.bakobwa
Vyarivyiza
Murabe amakara nimube urubeya
None uyumugabo konegezekubona umenga yakoze Marriage none vyagenzegute ubizinambarira
Oya ushobora kuba wabonye film yakinye.yayikoze le 10/10
@@alvellamuhimbareofficial ok murakoze cane
Muraba makara ntimube urubeya ndabakej cane
Uwomugore ntakirundazirro
Imana ibahezagir ndabakunda cyan sabbas imana iguhe kuroranigwa
Ndabakunda mwese nukura Imana Ikoneze kubana namwe.Sabbas numufasha we bakomeze kugubwa neza🙏🙏Imana Igume muruhande gwabo👏👏👏👏👏
Urugo ruhire Sabbas n'a Nadia mukomere Imana ikomeze kubashigikira muzavyare muheke abahungu babakobwa bazoranrwe murugo rwanyu
Vyari vyaryoshe peee! Mwubahwe
Imana izohumugisha iyo famille Sabas amazimisi ampezagira mundirimbozihe imana izeyamahafiyabo mwarahezagiwe
Urugo ruhire Sabbas na Nadia❤❤Yesu aze ababere umushinge w urugo rwanyu
Waoooh imana ishishikare kububakira
Yarinduru ntamutuzo kweli gusa barabashajije Imana ibahezagire murugo rwanyu
Kabix ibintu ni vyiza cne 🌹🌹🌹🌹🌹
ndabasabiye umugisha murugo ryamyu
Uwo mu journaliste nawe ararenze ngo ehe raba ingene bibereye kubahungu n'abakobwa mutinya kugira mariage burya nugutinya canke nukubura uburyo Cank kutaba urabona uwo muvyumva k'umwe hama bamubanza murindire gukoresha interview urubanza rutarahera but it was wonderful a moment
Cycy ngwashaka Mariage vuba izoboneka mukobwa mwiza
Uyu Sabbas kumengo afise amahera menshi akoriki
None ntatwa where comefrom se afise 🤑
Akora umurimo w'Imana🤣
Hmmm 🤔
Iyi kanzu yumugeni 😘
Urugo ruhire sabbas muze muvyare hungu na kobwa
Waoo vyaribiryoche macha alah
Murabamakara ntimuburubeya😘😘👨❤️💋👨💞💞🥰🙏🙏
Iyo Szene 15:00 yatumye uyo mu mama ashavurira uyo Journaliste 🙈🙈🙈🙈🤣🤣
Mwabahungumwe orever yabahah Karib komutamubon
👍👍👍👍🙏🙏🌹🌹❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Imana izibubakire
Abantu bamwambariye wapi bishinga akavuyo bakibagira nivyo barimwo abakobwa rero hhmm
Gusa vyari biryoshe vrt kndi bibereye ijisho mugire urugo rwiza