UBURUNDI BWARARONSE INTAHE by Orchestre JRR

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 13 жов 2024
  • Mu 1962 U Burundi BWARARONSE INTAHE Y' UKWIKUKIRA , umurundi wese yishire yizane mugihugu c'Amavukiro , iyo ntahe Turafise Abayitangiye Ntiyizanye , Abayiduhaye Barahasize Agatwe n' Imiryango yabo irahona kugira Jewe nawe Uyumunsi twidegemvye , UMUGANWA RUDOVIKO RWAGASORE DUSABIRE

КОМЕНТАРІ • 3