Sorry to be so offtopic but does anyone know of a method to get back into an Instagram account?? I was stupid forgot my account password. I love any tips you can give me.
Turamenyereye ko impeta yo kurutoki rukurikira musumba zoose igaragaza ko umuntu yubatse,mugisha Jew ndabona utari gukina urumusore Kandi wambaye iyompeta, Jew nibaza ko wari kuyikura muntumbero yo gukina role yawe neza.
Mbaye uwamber peee mump izo like mukomerezaho murashoboye cane gose ❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏
Aida Hacimana utakanyarwa
wawooo💖💖💖💖
Coulge mugisha nkwemera Imana ikomeze ikwagure mubyo ukora💙💙💙💙
waoooo love my team Mugisha Fafa Fanny From 🇧🇮🇲🇴🇧🇮🇧🇮🇲🇴🇧🇮
Courage mwubahwe👌🙏
Am happy for you mugisha courage from Rwanda 1🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Hello
❤️❤️🍇🍇Ndabakunda cyane nimunyarutse
mwagarutse eeeeeh twaritubiteze🔥🔥🔥🔥🔥
Assalam alaykum nawapongeza kwa kazi mzuri Allah aendelee kuwapa nguvu muendelee kulitea movie mzuri
Mugisha hejuru cane ndakwemera
Ngira nitwaduzezo batwemere reka ndebe muyindi indwi nkunomusi😍😍😍
Mzeeee sesee 😂😂😂😂😂😂Jamaniiii mzeeee wakalamu nakubalii kabisa yanii 😂😂😂
Iwijana numwe mwamubonye kandi nkunda mugisha cane mukomeze Brother murigisha cane.
Ndagukundaaaa Allah akujimbere
Woow So Nic Mov yakizazi sana big up brother myaka elfuu😍
asante sister
Ndaramukije mwese mwakinye iyi filim Imana Ibahumugisha murashoboye
mahoro neza jonasi
❤muduhe karirwi kuri murekatete
courage mugisha mu kazi kawe
Yemwe igikino ni igikino kabisa muri flime mugisha uyu mubyeyi yakinnye yitwa Bakunda agatoteza Mugisha akanamwanga cyaneeee hariya naramwangaga cyaneeee ahanaho abaye maman wa Mugisha nkore iki none?
Amashush meza lots of love from Rwanda 🇷🇼
Sorry to be so offtopic but does anyone know of a method to get back into an Instagram account??
I was stupid forgot my account password. I love any tips you can give me.
@Dash Karson instablaster :)
😄😄😄😄😄😄ngo Inka zarasamy zifis imbanyi yooo ew mugisha ❤️
Ebana mugisha arakina arik ikirundi kiramuroka
Mugisha wowe ndakwemera kudu film twawe vraiment komerezaho turimo inyigisho
merci pascasie
@@mugishamedia2632 ntakibazo muvandimwe
I am so proud of u my bro wacu urashoboye kbx gusa naje narinifuza nze nkinana namwe🙏
My favorite actor mugisha but uransekej KL ink iribungenga😄😄😄😄😄?
ati inka zine zarasamye zifise imbanyi urantwengeje mugisha wanje bavuga kwima sha hanyuma turagushimira cane kubikogwa vyiza uguma udushikiriza courage turagukunda from🇧🇪
murakoze goreth.
Nice movie big up Great Mugisha
Uyo mama yake namugisha nimempenda san
Murakoze cane kabisa turi kumwe...kabisa imana ibaje imbere kabis
Mashalla nzuli
aaminaa aaminaa.murakoze
Ndabakunda mukina neza cane
Mashalaah ongereni kabisa kwa mafunzo ktk jamii
asante sana
Mzeeee sese kirundi nomaaa Brother Hassan 😂😂😂huchekii ?? Ni kama wifi yangu 😂😂😂😂❤️❤️❤️💋💋💋💞❤️❤️Nawakumbuka🌹🌹🌹🌹🌹
Wooow umwaka mwiza mwese Ndabakunda.
natwe turabakunda
Vyiza mugisha
Inka zarasamye uranyishe.komeza kutwingishe murakoze🇧🇮
Wooow.courage bana biburundi
Nawapenda san ariko Mugisha gira uhe umukazan abavyeyi😂😂numwuzukur
Nono Nila hhhhhhh 😂 😂 Nikweli
🤣🤣🤣🤣🤣🤣zasamy inda hahahaah ndabikundir kanini 🇧🇮mugish urantwengej😃
🤣🤣🤣🤣🤣Yo nilipitwa ga kweli duuuuuuuh ariko nta Co
Amahoro bavandimwe banje imisi myishi nari mbakumbuye cane reka ndabe imbamba musazawacu yadutekereye uyumusi
mahoro cane
Movie nziza cane courage
Mugisha ngo inka zamaze gusama hahahahaha cnk zamaze kwima
soit courage kbsaaaa abarundi turashoboye peee
merci
Neza🎉🎉🎉❤❤
Wifi wake mariam nakubalii français kama Yotee yanii 💋💋💋💋💋💋💋
Mmmmhhh bantanz kbs .murabizi bro so nc movie
Uyo mze wakipara namjuwa rugombo ningali naceza rugombo amezeeka
Nimewaii Jana nimeisudiri sans.nic
Mugi nizere ko igice cya kabiri kiri munzira man
ntimugire ikibazo.
Mais c’est Bonn!!! Cette série ne lâchez pas c’est spécial avec des paroles spécial
merci aussi pour tes paroles speciales
Mugisha Hassan Official c’est gentil
Mwubanhwe kbx nice
Safi saaana tunasubiria part 2❤️
Beautiful mugisha ndagukunda pé
Mugisha gut non
Ni jew niyonkuru Charles ndashaka kukubwira ya nimero nakoreshe barayinyivye pe
Ubunkoresha iyindi
MashaAllah💕
Film zanyu ziranezera,iyi murayiduha yose,inkomezi z'urukundo
Tuzokwama tubasabira Ku Mana,ariko iyo nkomezi yurukundo muraza murayinyarutsa ntituryama tutabonye igice gikurikira
Mwamini ufise memoire de poule namanabikubwiye ukagr ndakwanka😂😂😂😂
Ngo shaka umwuzukur wumuhungu uyundi ngoshak umwuzukur wumu kobwa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Komeza bana bibirundi
asante
Mugisha nakunze iyistori
Komezamutsinde.ndabakurikiye.cane
Haaaa, Mugisha, inka zarasamye, ngo zifise imbanyi? Nahatswe gukumbagara hasi ndavyumvise.
🤣🤣🤣🤣 can u imagine
Ndabona abarundi turi guterambere mugukurikira cinéma za barundi biwacu ndabona gushika 2022 tuzoba tumaze kugira iterambere
Mukomere bantu bacu
What!!!!ngo inka zifise imbanyi vremaaa Hahahahahhahahhahahah
Turabakunda cane mubakinyi bama Film muburundi muri abakabiri hambamvu yaba NINDE , mukomereze ahonyene turabakunda kuko mukina ibintu vyiza vyigisha bikanahanura abantu bikanatwigisha kubijanye nimibereho iyonibutse Film BIRIKUNZIRA emwe mumisi itari myinshi naba NINDE muzobarusha.
murakoze cane.
@@mugishamedia2632 gusa narindabakumbuye kbs kandi nkunda impanuro muduha
Ururugo kwer ni ijuru rito
Nice one 👏👏👍👍🙏
A
👍🤲🤲🙏❤️💪
Msh Allah
Nawapenda snaa Allah Azid kuibarik kazi yak Pia nasubir 2 part
aaminaa.msijali.namba mbili ipo njiani
Tusiojua kirundi mtuwekee za kiswahili tuzidi kufaidika na kuwadhika in shaa Allah. From Tz
@@ummuayhan5081 ndio tunakufikirieni wala msijali.msiku za usoni zakwenu pia zitaanza kupita.kuweni na subra kidogo tu
Ngwika irafise inda ngo yarasamye😂😂
Komerezaho urashoboy impano niyawe
asante
Bravo
Hahaha rongora mugisha
S
Ndabakunda caaaaaaaaaaaaaane nukuri sukubesha pe
natwe turabakunda mwese
Kazabuti nduguyangu
Mungu akufanyiye wepesi
Murakoze caan
namwe murakoze
Abaje hano tuvuye kwa Chita 🏃♀️🏃♀️
Jewe😂😂😂
🤣yarasamye. Mueanyishe p
heeh nilikuwa nimekawiya
mutugezaho film nziza mikomerezaho
Nezereza abavyeyi Hasan weeeee, ariko ikibazo nuko urugo arurwawe nuwomuzorwubakana. Nivyagucanga ntibazogufasha bazokubariranti nikozubakwa.
urarivumereye
🔥
😅😅😅😅ngo inka irafis imbany mung weeeh ico kirund nicah😆 gsa courag 😂
Nivyiza arko mugisha ntabwo inka isama cank ngwifira imbanyi inka irima
neza cane.twasha turabo ko abatahura ikirundi neza muriho.komera komera
Umugore arasama hanyuma bakavuga ko yibungenze. Inka nayo irima hanyuma ikagira amezi.
Uyo mudada avuga neza kbs
Courage
merci
Niho nkishika ariko ntaco mugisha salut
Mwebw muyirabira muvyuma da!!!narinziko nduwamber
🎉🎉
Muendelezo plz plz 😍😍😍
upo njiani
Mansha allah
❤️❤️❤️❤️😍😍😍😍😍
Mugisha
Ndakund ukunt aisha avuga igifaranc nez
Turamenyereye ko impeta yo kurutoki rukurikira musumba zoose igaragaza ko umuntu yubatse,mugisha Jew ndabona utari gukina urumusore Kandi wambaye iyompeta, Jew nibaza ko wari kuyikura muntumbero yo gukina role yawe neza.
Inka ntigira imbanyi bavuga zifise amezi
Ego turabizi.it was just a funny words
🔥🔥🔥🥰🥰🥰
Murashoboy
💕💕💕💕📣
Ewe mugisha yababyeyi umwuzukur arik witonde iyihuse yabyaye ibihumye ndabilundira cane filme zanyu ni nziza pee
Ese Mugi? Hari umukirisitu ujya ukinisha?!?!?!
Mukama inka igirimbanyi?bavuga amezi Mugisha ntuzovuge imbanyi kandi.bavuga ifise amezi.
Mutunyarukirize iyindi part ikurikir