Najew narinkumbuy rey namuheruk mwishush yumukobw bella Weho waraduhevy muri bukey nez tora amashure yanyu na rey 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
ngaho rero ivyari umunezero bihindutse ukutumvikana kweli?aranse be aranse ko sister w'umugabo aza kumusanga ngo babanye batavyemera, ?ha, ngaho nzoba mbona reka turindire iyo bizoherera.big up sana iseke films
Ahantu har ray na bella sinohabura reka ntore agatebe🎉🎉🎉🎉
Basha ray niw atumy ndab iy film kl ndamubony nca ndabon k iy film iza gutesa
Bose twabamenyeye iwawe kwli uraramura💕💕💕
Nizina ry Imana najew ray singend ntaravy
Nanje ndayiravye kubera umuhunguwanj ley my first born name
Ego 'anj ndabakund can❤❤❤❤
Love from *_**#King** Christopher #* Hi, Koze& Noella,? Courage mwese
Mubikora nez vrt mubandany imana izobashits kuvy mwipfuza❤❤❤❤
Nn mwarimwaragiyehe nukur narinarahevye film❤❤🎉🎉
Mwongezek iminot
film ndundi hejuru❤
Turakeneye intererano zanyu kuko ntimuri aba Fans muri Umuryango wacu mudahari ntacotwokora , Mur' abagaciro mwubahwe cane , Muryoherwe na Film yacu AGAHINDA SERIES ❤
Urakoze
Yaeh courage vrement turabakund Can mukomez kbs
Mbega filamu weeee🎉🎉
😂harahiye❤🔥🔥🔥
Ngo vyose ni ukuja inama. Ahandi haravyuka ikibazo.
Mwabikoze neza vrt courage
Bella ubikor neuza kbx
Ray wee wari wagiyehe courage nyinshi kuri mwese❤❤❤
Crg mwabkoz nez cn👌👌🔥🔥
Abantu dukeneye urururirimbo rwa chrisitela koboruduha murihe jendarushaka kbx❤❤❤❤❤
Yararusohoy mwiza
Naje iyo ndirimbo ndayishaka🎉🎉🎉
Iyondirimbo uri kr nom ya christl
Nimwandike amahitamwo mabi bac bayibereka Kur UA-cam yiwe, cnke muje Kur Vidmate mwandike amahitamwo mabi by akijuru Christella muc muyironka, cnke munyandikir ndayibahe
Fire fire
Ley urakin nez 🙏🙏
Waouh!!!! Murashoboye peeeee.
Courage vrmt😂❤🎉
Najew narinkumbuy rey namuheruk mwishush yumukobw bella Weho waraduhevy muri bukey nez tora amashure yanyu na rey 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mubikora neza bagenzi mubandanye muvuguta umuti
Komutakiyiduha vyagenze gut nn❤❤
Wooow
Nkunda film zanyu ninziza cyane
❤❤Ndabakuze, cane💋nakuvungishe(??) muravyitwaza, ngonakazi(??) ❤
Ray dis akab aragaruts 😊😊warukumbuy kbx❤️❤️💪💪
Ego nukuri❤
Bella ngukunda kanin mwiza.
Koze wacu turagukunda
Joel , Christella , Bella ,......... iyi film ndayikunze kubi . KD udufyeri twanyu ndadukunda kubi
courage mes amoureux Kure caane niho tubofurije gushika Ray nabo bose mwakinanye mutore amashurwe yanyu❤❤❤❤❤❤
Ntimumbwirek mbaye number 1 anazanyuma rer ntimurengane mutampey like.muri bwabumwe❤❤❤
Muduha.ibintubiryoshe.ingoranezanyu.nimisegonda.nimwongeziminota
Sha nari ndabakumbuy kweri mamaweee?!!!asha rka ndabe gusa mwesee ndabakunda
Bella Na Daniela Koze❤️❤️❤️❤️❤️Sana mwese murashoboye gusa a banj baranyemeje Love From Don Claudio And Talentwisemedia
Ndakunda Christella, Ray n'a Bella muri film❤❤❤courage murandyohera
Kabisa wubahweeee ❤❤❤❤❤❤
Abantu narinkumbuye cne ley n'a Bella narimbakumbuye sana courage
Lay kiki Bella Daniella murampimbara courage💖💖💖 munyarutse iyikurikira🥰🥰
Mubikora neza❤❤❤
Mukina neza cane courage 🇧🇮☑️☑️☑️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Joachim nanje ndatoye. Agatebe🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓
Lay mambo habari zamasiku n'a kumiss you twari tugukumbuye cn caribu
Murakaze
Hhhhhh karatwika ahubwo mutwongere akandi
Ivyo mwigira muri mweseeee
Nfana mwese❤❤kure cane guyz💪💪
MB Mika mwamushizehe
Kbxa Burundi terimbere and Courage xana guys❤🇧🇮❤️
Waaaoooooo🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ray,Bella, christella na Daniella mwese hejuru cane✌️✌️ ndabikundira 💞💞💞💞 mubikira neza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mwubahwe sana
ngaho rero ivyari umunezero bihindutse ukutumvikana kweli?aranse be aranse ko sister w'umugabo aza kumusanga ngo babanye batavyemera, ?ha, ngaho nzoba mbona reka turindire iyo bizoherera.big up sana iseke films
Kombonyemwo ray reka ntore agatebe
Courage can ndabakunda can
Mbega film itesa courage bantu banj
Reyi na bella nimwakire amashurwe yanyu 💐🌹💐🌹💐🌹💐💐💐💐💐
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Yuuuu courage bantu bacu😂😂k harimw inkum nziza Gus,Bella Nar ndagkumbuy p kukubon mur film
Murabe izo Mekapu mwitera zibagaragaza Nabi.
Bera turagukumbuye muri bukeye neza
Welecom agahinda Lay wari waberewe knd wanakumbuwe muduh iyikurikira tubarinyuma ❤❤❤❤❤🎉🎉
Merci Chr wanje konegitsyo ntibikunda ntitwumvikana rungika odio
Continuez avec courage😅😅😅
Courage Ray uraz gukin vrt.
Ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤
Bella na Ray muribi bajou vrema😍courage ba disi
Mukina neza❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂dabakuda
😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅akazi Kari kamajanye mutahure😅😅😅nawe
Nc movie 🇧🇮
Aha rero muraba mutubangukira bataraducira 😂😂😂amawifi 😂😂😂😂 rrrree beeerra kiiiii ndabakunda caneé❤❤❤❤❤ muvyumve😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Welcome Ray warukumbuw komerezaho turabakunda Can❤❤❤🎉🎉🎉
Muburundi hasingaye hachuche
😮😮😮😮😮😮😮😢😢😢😢😅😅😅❤❤❤❤mumeze neza wrari tubakubuye renyi
Yesuuweee nacerew ndaje ndayirabe nitonze ndaziko mukora ibintu vyubwenge
Niwubahwe reyi turagukunda
❤🎉🎉🎉🎉❤ courage
Murabishoboye vrt
Courage mwakinyee nezaa
Waooooo courage
Courage mutunyarukirize igice gikwirikira
Mbonye Rey nciye ndayugurur ndakunda ukuntu akin
Nanje nayuguruye kubera nabonyemwo Reyi ndakunda sha ukuntu akina😂🎉🎉
Joe uradukorey Umuti akira amashurwe yaw🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Wow! Iseke films mwubahwe 🥰
Igezweho hubwo mwogeze iminota natwe turabakund
Korakazi cha
Courage birakaze
Courage mubirimwo neza ❤❤
Bera nari nakuyobewe muri buckeye neza
Courage🎤
Uraberewe renti❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉muduh suite maze ❤❤❤ lay wahorahe ariko 😮Gus nyn❤❤❤
Yoooooo😢😢😢❤❤❤❤
God bless you
Ndakund ababantu famana Bella, kiki,Noëlla, Ray na Sewabo Joël wa Ngozi
gumize aho nyene kabisa birahimbaye
Turabakuda cana😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Mvug iki ndek iki komunyemeje😮
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥
Kurira nibiki none😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢😅😅😅😅😊😊😊😊😮😮😮
❤❤❤❤har ukuntu nkunda Christella❤❤
NC 🎉Bash courage p kure cneee🎉🎉🎉🎉
Bera dagukuda canenarenyi❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤